Amakuru - Inkuru nyamukuru

Ayandi Makuru

Ururirimbo 'Amahoro' rwa NATACHA rwarahawe ikibanza cambere mugiteramo c'umusi mpuzamakungu w'amahoro ...

Ururirimbo 'Amahoro' rwa NATACHA rwarahawe ikibanza cambere mugiteramo c'umusi mpuzamakungu w'amahoro ...

Igenekerezo rya 21/9/2015 kukibuga c'Umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore niho habereye igiteramo coguhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe amahoro kw'isi . Ivyobirori bikaba vyatewe iteka n'icegera cambere c'Umukuru w'igihugu SINDIMWO Gaston hamwe n'Umukuru w'igisagara .
Inkuru nyamukuru - Sep 22nd 2015, 18:48
Ambassadrice Natacha wa UNFPA  ntiyavyoroshe mugiteramo citswe 'CONDOMIZE' cabereye kuri Jardin Public( Raba Vidéos )

Ambassadrice Natacha wa UNFPA ntiyavyoroshe mugiteramo citswe 'CONDOMIZE' cabereye kuri Jardin Public( Raba Vidéos )

Igiteramo cokwugurura ibikorwa vy'umugambi 'Condomize' vyatanguye kuri uyu wa 18/9/2015 kukibanza (Jardin Public) ,abanyakwubaha batandukanye harimwo abashikiranganji babiri , uw'urwruka inkino n'imicokama ndetse n'uwujejwe amagara y'abantu hamwe nokugwanya SIDA.
Inkuru nyamukuru - Sep 19th 2015, 11:59
NGENDABANKA Natacha mubiteramo vyagakura i Bujumbura…

NGENDABANKA Natacha mubiteramo vyagakura i Bujumbura…

Umuririmvyikazi NGENDABANKA Natacha inyuma y’ingendo yagize mugihugu ca Italie na Tanzaniya , kuri unowagatanu igenekerezo rya 18/9/2015 n’irya 21/9/2015 azoteramisha abakunzi biwe mubiteramo vyagakura . Ivyo yabivugiye mukiganiro yahaye abamenyeshamakuru .
Inkuru nyamukuru - Sep 18th 2015, 11:11
Imyiteguro y'igiteramo Bye Bye Vacance yamaze kurangira.

Imyiteguro y'igiteramo Bye Bye Vacance yamaze kurangira.

Muntumbero yo gufasha abanyeshure bariko baritegurira gusubira kumashule gutangura umwaka wishure,Label Isangi izaniye abanye Ngozi umuririmvyi Landy kugira abafashe kwidagadura mu giteramo bise Bye Bye Vacance.
Inkuru nyamukuru - Sep 8th 2015, 17:08
COMORES : Umurwi NGAYA Fc umenyerezwa na NDAYIRAGIJE Etienne niwe aramutswa igikombe c'unomwaka w'2015 mugihe hagisigaye inkino 2 ihiganwa rirangire.

COMORES : Umurwi NGAYA Fc umenyerezwa na NDAYIRAGIJE Etienne niwe aramutswa igikombe c'unomwaka w'2015 mugihe hagisigaye inkino 2 ihiganwa rirangire.

Umumenyereza w'Umurundi NDAYIRAGIJE Etienne yigeze kubica bigacika mumirwi y'i Bujumbura nka Inter star , Lydia Ludic mumwaka uheze yatahukanye ibikombe bibiri aramutse atwaye igikombe c'umwaka w'inkino 2014-2015 mugihugu c'Izinga rya Comores .
Inkuru nyamukuru - Aug 22nd 2015, 13:33
 Raba amafoto yerekana  NGENDABANKA Natacha ari mugihugu ca Italie...

Raba amafoto yerekana NGENDABANKA Natacha ari mugihugu ca Italie...

Umuririmvyikazi NGENDABANKA Natacha mukaruhuko mugihugu ca Italie yatumenyesheje yuko akaruhuko yafashe gatuma amererwa neza naho igihe yahashika vyasa nibimugora gushikaho akura amameshe , akirirwa mumazi nkuko bigaragara muri ayomashusho .
Inkuru nyamukuru - Aug 8th 2015, 16:21
CECAFA KAGAME CUP 2015 : LL S4A yatanguye inganya murukino rwambere yahuye n'umurwi womuri Somalia.

CECAFA KAGAME CUP 2015 : LL S4A yatanguye inganya murukino rwambere yahuye n'umurwi womuri Somalia.

Uburundi muri unomwaka bwaserukiwe n'umurwi wa LL S4A munkino zigira 38 z'igikombe ca CECAFA KAGAME Cup . Murukino rwambere LL S4A yanganije n'umurwi wa HEEGAN womuri Somaliya.
Inkuru nyamukuru - Jul 20th 2015, 12:10
Tour préliminaire CHAN RWANDA 2016 : Abakinyi 11 batangura mukibuga kuruhande rw'Intamba Murugamba murukino rubahuza na Djibouti.

Tour préliminaire CHAN RWANDA 2016 : Abakinyi 11 batangura mukibuga kuruhande rw'Intamba Murugamba murukino rubahuza na Djibouti.

Umumenyereza mukuru Ait ABDELMALEK arikumwe n'abasanzwe bamufasha kumenyereza umurwi nserukiragihugu bashize hanze urutonde rw'abakinyi 11 batangura mukibuga murukino ruza kubahuza n'umurwi wa Djibouti igihe c'isaha 3 n'igice z'ijoro (20h30 amasaha y'i Burundi ).
Inkuru nyamukuru - Jun 21st 2015, 14:42
INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Ikibuga 'Urukundo' c'i Ngozi kirashobora gukoreshwa mumyiteguro ya CAN na CHAN.

INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Ikibuga 'Urukundo' c'i Ngozi kirashobora gukoreshwa mumyiteguro ya CAN na CHAN.

Abamenyereza b'umurwi nserukiragihugu b'intamba murugamba kw'igenekerezo ry'8/5/2015 baragendeye igisagara ca Ngozi kuraba ndetse nogusaba nimba vyoshoboka bofata iyinga canke imisi 5 bitegurire kukibuga c'i Buye citwa 'Urukundo stadium' .
Inkuru nyamukuru - May 11th 2015, 14:58
Championnat d'afrique Judo 2015 : Ibikorwa bijanye n'ukwitegurira izonkino yuguruwe icese .

Championnat d'afrique Judo 2015 : Ibikorwa bijanye n'ukwitegurira izonkino yuguruwe icese .

Ubushikiranganji bw'urwaruka , inkino n'imicokama kuri uyu wa 24/4/2015 bwifadikanije n'ishirahamwe rya Judo mu Burundi baruguruye icese ibikorwa bitanguza igikombe ca afrika ca Judo kubakinyi ba Junior na Cadet.
Inkuru nyamukuru - Apr 24th 2015, 10:04
ISANGANIRO Awards 2015 : Murashobora guhitamwo indirimbo y'umwaka mubicishije kuri www.afrifame.bi

ISANGANIRO Awards 2015 : Murashobora guhitamwo indirimbo y'umwaka mubicishije kuri www.afrifame.bi

Ikinyamakuru canyu afrifame.bi carifadikanije n'insamirizi yigenga Isanganiro mukubaha uburenganzira bwoguhitamwo indirimbo mwipfuza yuko ifata ikibanza cambere mw'ihiganwa ry'uyumwaka .
Inkuru nyamukuru - Apr 21st 2015, 09:22
J B Production yamaze gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Ntawukuruta ya Lady Grace.

J B Production yamaze gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Ntawukuruta ya Lady Grace.

Mundwi iheze twari twababwiye ko amasanamu y’indirimbo Ntawukuruta ya Lady Grace ariko akorerwa muri JB Production,kuri uyu wa 3 w’iyi ndwi turimwo akaba ariho ayo masanamu yaja ahabona.
Inkuru nyamukuru - Apr 9th 2015, 22:01
Umurwi Amasuka wateguye gusangira Pasika  n’abanyengozi.

Umurwi Amasuka wateguye gusangira Pasika n’abanyengozi.

Hari haheze amezi 8 umurwi amasuka udateguye igiteramo ari nayo mpamvu uwo murwi wateguye gusangira Pasika n’abakunzi bawo mugisagara ca Ngozi kugira babereke ivyo bamaze imisi bakora.
Inkuru nyamukuru - Apr 4th 2015, 21:17
Iryavuzwe riratashe,JB Production niyo iriko irakora amasanamu y’indirimbo ya Rally Joe k’ubuntu.

Iryavuzwe riratashe,JB Production niyo iriko irakora amasanamu y’indirimbo ya Rally Joe k’ubuntu.

Mundwi iheze niho hamenyekana amakuru avuga ko amasanamu y’indirimbo Apple agiye gukorwa na JBProduction.Ayo masezerano ntiyabaye amasigaracicaro kuko gufata amasanamu vyamaze gukorwa.
Inkuru nyamukuru - Mar 29th 2015, 21:03
Inyuma y’imyaka 10 ataboneka mu muziki,Appolinaire Habonimana azanye urukurikirane  rushasha yise  “Muri Wewe”- Kahise kiwe.

Inyuma y’imyaka 10 ataboneka mu muziki,Appolinaire Habonimana azanye urukurikirane rushasha yise “Muri Wewe”- Kahise kiwe.

Inyuma y’imyaka 10 atabikorwa vyiwe bishasha biboneka,Appolinare Habonimana agiye kugaruka mu muziki ashira ahabona album yiwe nshasha.Muri ino nkuru turaza no kugaruka kuri kahise kiwe kuva mu bwana.
Inkuru nyamukuru - Mar 23rd 2015, 21:22
Kidum mu giteramo categuwe na KONKA Group  I Kigali.

Kidum mu giteramo categuwe na KONKA Group I Kigali.

Inyuma yo kuva muri leta zunze ubumwe za Amerika n’iburaya,umuririmvyi Kidum yitezwe I Kigali mu Rwanda aho azitabira igiteramo yatumiwemwo na KONKA Group,ishirahamwe ridandaza ibintu bitandukanye harimwo na telefone ngendanwa.
Inkuru nyamukuru - Mar 23rd 2015, 19:23
Chris Brown yaronse umukunzi mushasha  asubirira Karrueche ?-Amafoto

Chris Brown yaronse umukunzi mushasha asubirira Karrueche ?-Amafoto

Umuririmvyi Chris Brown ashobora kuba yabonye uwundi mukobwa asubirira Karrueche.Muri ino nkuru turagaruka ku bimenyetso bimwe bimwe.
Inkuru nyamukuru - Mar 21st 2015, 21:53
Amwe mumashusho aranga isanamu ya NATACHA na BANANA ZORO.

Amwe mumashusho aranga isanamu ya NATACHA na BANANA ZORO.

Inyuma yaho tubashikirije inkuru yerekeye indirimbo NATACHA yakoranye na BANANA Zoro tubamenyesha yuko bimirije nogukora igipande c'isanamu ino mu Burundi , ivyo umuhinyanyuzi PACY yabishitseko.
Inkuru nyamukuru - Mar 20th 2015, 16:03
Gusezera AK 47 vyarijije benshi kubera intahe yashinzwe n’umugore wiwe.

Gusezera AK 47 vyarijije benshi kubera intahe yashinzwe n’umugore wiwe.

Mw’ijoro ry’igenekerezo rya 16 rishira irya 17 Ntwarante Emmanuel Mayanja Hummertone azwi cane kw’izina rya AK 47 mu muziki w’ubuganda ,akaba yari na murumuna wa Chameleone , Weasle ndetse na Pallaso niho yitaba Imana.Kuri uno wa gatatu wiyi ndwi akaba ariho ikiziga ciwe bagisezera ubwanyuma.
Inkuru nyamukuru - Mar 18th 2015, 20:39
Robin Thicke na Pharrell Williams baciwe amande inyuma yo gusubiramwo indirimbo y’abandi.

Robin Thicke na Pharrell Williams baciwe amande inyuma yo gusubiramwo indirimbo y’abandi.

Inyuma yo gusubiramwo indirimbo ‘Got to Give Up’ y’umuhisi Marvin Gaye badafise uburenganzira bw’umuryango wiwe, Robin Thicke na mugenziwe Pharrell Williams baciwe amande ya miliyoni 7.4 z’amadorali ya Amerika.
Inkuru nyamukuru - Mar 11th 2015, 22:08

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32

Inkuru zasomwe

Ayandi makuru - Jun 13th 2014, 00:03
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 11:42
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 10:30
Ayandi makuru - Jun 14th 2014, 14:35
Amakuru y'Inkino - Apr 13th 2014, 12:38
Amakuru y'Inkino - Aug 1st 2014, 15:27
Amakuru yo Kwidagadura - Mar 13th 2014, 09:30
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32
Ayandi makuru - Aug 8th 2014, 14:25
Amakuru yo Kwidagadura - Feb 18th 2014, 11:22