Amakuru - Amakuru y'inkino

Ayandi Makuru

Raba video ya 1 mubitsindo 17  vyinjiye kumusi ugira 4 w’ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaguru mu Burundi .

Raba video ya 1 mubitsindo 17 vyinjiye kumusi ugira 4 w’ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaguru mu Burundi .

Ihiganwa rikuru ryabandanije kundwi igira 4 , imirwi 16 yarakinye mubibuga bitandukanye . Umurwi wa Vital’o niwo uguma uri kw’isonga inyuma yokwirahira Olympic star i Muyinga mukuyitsinda 1-0 . Ihiganwa rizobandanya kuwa gatandatu n’uwa mungu.
Amakuru y'Inkino - Sep 23rd 2015, 18:49
Ihiganwa ryo kurondera abafise impano yo kuririmba I Ngozi.

Ihiganwa ryo kurondera abafise impano yo kuririmba I Ngozi.

Umuhinyanyuzi Endo Mike akongera akaba n’umuririmvyi mu murwi Amasuka wo mu gisagara ca Ngozi agiye gutunganya ihiganwa ryo kurondera abazi kuririmba neza umudiho wa Hip Hop mu gisagara ca Ngozi nyene.
Amakuru y'Inkino - Sep 22nd 2015, 20:46
Mbe mwoba muzi umukunzi w'umukinyi mpuzamakungu w'Umurundi KWIZERA Pierre ?

Mbe mwoba muzi umukunzi w'umukinyi mpuzamakungu w'Umurundi KWIZERA Pierre ?

Kumakuru ajanye na show twari tumaze imisi tutabashikiriza, ikinyamakuru canyu unomusi cashimye kubamenyesha ko kumakuru twagiye turatohoza mumisi iheze twarashoboye kumenya ko Pierrot asohokana n'umuririmvyikazi ASHLEY Diva.
Amakuru y'Inkino - Sep 22nd 2015, 19:27
Landry Gateka arashima uko igiteramo c’I Ngozi cagenze.

Landry Gateka arashima uko igiteramo c’I Ngozi cagenze.

Umuririmvyi Landry Gateka mu mvugo yuzuye umunezero arashima uko igiteramo yakoreye mu gisagara ca Ngozi kumusi wa 6 igenekerezo rya 19 Nyakanga cagenze.
Amakuru y'Inkino - Sep 21st 2015, 21:23
Inkino z'umusi ugira 4 w'ihiganwa rikuru ryomucicaro cambere mu Burundi zizokinwa ukuri kwamye.

Inkino z'umusi ugira 4 w'ihiganwa rikuru ryomucicaro cambere mu Burundi zizokinwa ukuri kwamye.

Inkino zari zitegekanijwe gukina kumusi wa 4 w'ihiganwa rikuru ryomucicaro cambere mu Burundi zagumijweho , izonkino zikaba zitegekanijwe gukinwa kuri uyu wakabiri igenekerezo rya 22/9 n'igenekerezo rya 23/9/2015 mu Burundi hose.
Amakuru y'Inkino - Sep 21st 2015, 21:17
‘ MFASHA TUBYINE’ n’indirimbo nshasha ya MK Issaco na Auddy Kelly

‘ MFASHA TUBYINE’ n’indirimbo nshasha ya MK Issaco na Auddy Kelly

Umuririmvyi Isaac MURWANISHAKA asanzwe afise ubwenegihugu bw’urwanda yashize hanze ururirimbo rwiwe rushasha ruri murutonde rw’urukurikirane azosohora vuba yise” Humura “ . Ururirimbo rugira gatanu kundirimbo amaze gusohora yarukoranye na Auddy Kelly asanzwe aba mugihugu c’Urwanda.
Amakuru y'Inkino - Sep 21st 2015, 21:07
Uko inkino zagenze mucicaro cambere umusi ugira 3.

Uko inkino zagenze mucicaro cambere umusi ugira 3.

Ihiganwa rikuru ryomucicaro cambere ryabandanije muri , inkino 8 zikaba arizo zakinywe mubibuga bitandukanye vyomu Burundi . Munkino 3 , Vital'o yonyene niyo imaze gukwiza amanota 9 /9.
Amakuru y'Inkino - Sep 20th 2015, 18:21
INTAMBA MURUGAMBA : Abakinyi batumweko kwitegurira inkino zimirije mukwezi kwa Gitugutu .

INTAMBA MURUGAMBA : Abakinyi batumweko kwitegurira inkino zimirije mukwezi kwa Gitugutu .

Abamenyereza b’umurwi nserukiragihu w’Uburundi bashize hanze urutonde rw’abakinyi batumweko mumwiherero kuva kuri uyu wambere 21/9/2015 igihe c’isaha umunane z’umuhingamo.
Amakuru y'Inkino - Sep 19th 2015, 15:43
Umusi ugira kabiri w’ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaguru mu Burundi ( Vidéo )

Umusi ugira kabiri w’ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaguru mu Burundi ( Vidéo )

Ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaguru mu Burundi ryarabandanije hagati mundwi , inkino 7 nizo zakinywe mubibuga bitandukanye . Umurwi wa Vital’o , LL S4a , Aigles Noirs , Olympic Muremera , Jeunes athletiques hamwe na Messager Bujumbura yaratahukanye amanota 3.
Amakuru y'Inkino - Sep 17th 2015, 14:21
Vital'o Fc yakubitse impaga umurwi wa Flambeau de l'Est

Vital'o Fc yakubitse impaga umurwi wa Flambeau de l'Est

Urukino rwanyuma rusozera umusi wambere mw'ihiganwa rikuru ry'igihugu rwari guhuza umurwi wa Vital'o na Flambeau de l'Est . Umurwi wa Flambeau ntiwashitse kukibuga uca ukubitwa impaga .
Amakuru y'Inkino - Sep 13th 2015, 16:14
Natacha NGENDABANKA yashitse amahoro i Bujumbura inyuma y'indwi zibiri murugendo rw'akazi i Dar Es Salaam...

Natacha NGENDABANKA yashitse amahoro i Bujumbura inyuma y'indwi zibiri murugendo rw'akazi i Dar Es Salaam...

Inyuma y'ukwezi ari mugihugu c'Ubutariyano mukaruhuko , yaragarutse i Bujumbura yongera kandi arafata imisi 14 y'akaruhuko mugihugu ca Tanzaniya , kuri uyu wagatanu igenekerezo rya 11/9/2015 niho yashika i Bujumbura .
Amakuru y'Inkino - Sep 12th 2015, 19:14
Ihiganwa ry'igihugu mucicaro cambere ryatanguye ukuri kwamye / Umusi wambere.

Ihiganwa ry'igihugu mucicaro cambere ryatanguye ukuri kwamye / Umusi wambere.

Umusi wambere w'ihiganwa ry'igihugu kuruhande rw'icicaro cambere wagenze neza , inkino 5 nizo zakinywekubibuga bitandukanye vy'igihugu.
Amakuru y'Inkino - Sep 12th 2015, 18:21
Isabukuru nziza kumuririmvyi POP G

Isabukuru nziza kumuririmvyi POP G

Umuririmvyi asanzwe aririmba umudiho wa rap azwi kw'izina rya POP G unomusi yakwije imyaka 27 y'amavuko , POP G n'umwe mubaririmvyi bamenyekanye cane mumurwi wa Wanavesi Kikosi .
Amakuru y'Inkino - Sep 12th 2015, 13:38
Raba igipande ca video c'urukino rwahuje Uburundi na Niger (2-0)

Raba igipande ca video c'urukino rwahuje Uburundi na Niger (2-0)

Ikinyamakuru afrifame.bi ntaho kitashoboye kubashikiriza inkuru yerekeye urukino rwahuje Uburundi na Niger cashimye nkuko mwagiye murabisaba kubwinshi kugaruka kuri video y'urwo rukino . Unomusi mukaraba ibice bikuru bikuru vy'iminota 40 yambere.Twashoboye nokwitiza iyindi sanamu igaragaza ibitsindo 2 ukuntu vyinjiye.
Amakuru y'Inkino - Sep 8th 2015, 18:51
Kermesse  yo gufasha  abatishoboye I Ngozi.

Kermesse yo gufasha abatishoboye I Ngozi.

Kumusi wa 6 muri Hotel New Bervedere mugisagara ca Ngozi hazobera Kermesse (igiteramo) kizoba kirimwo udukino tw’ubwoko butandukanye aho hazonatangwa n’udushimwe kubazoba babaye abambere.
Amakuru y'Inkino - Sep 3rd 2015, 18:25
Mu Rwanda turakora ariko umurundi  kubona promotion ntivyoroshe,Clobajizzo.

Mu Rwanda turakora ariko umurundi kubona promotion ntivyoroshe,Clobajizzo.

Clobajizzo,umwe mu baririmvyi b’abarundi bari murwanda ariko kumvo z’ishule arabandanya n’ibikorwa vy’umuziki naho kumenyekanisha ibikorwa vyabo muri ico gihugu ngo bitaborohera.
Amakuru y'Inkino - Sep 1st 2015, 19:40
 Ihiganwa rishasha ry'umupira w'amaguru 2015-2016 rizotangura kw'igenekerezo rya 12 / Nyakanga / 2015 ( Ikirangamisi)

Ihiganwa rishasha ry'umupira w'amaguru 2015-2016 rizotangura kw'igenekerezo rya 12 / Nyakanga / 2015 ( Ikirangamisi)

Ihiganwa rishasha ry'umupira w'amaguru mu Burundi 2015-2016 rizotangura kw'igenekerezo rya 12/9/2015
Amakuru y'Inkino - Aug 29th 2015, 11:03
INTAMBA MURUGAMBA /Senior :Umukinyi azoshika ubwanyuma azoza kuwambere igenekerezo rya 31/8/2015.

INTAMBA MURUGAMBA /Senior :Umukinyi azoshika ubwanyuma azoza kuwambere igenekerezo rya 31/8/2015.

Amakuru dufise kuvyerekeye umwuzo w'abakinyi b'abarundi bakina hanze bazokwitabira urukino ruzohuza Uburundi na Niger kw'igenekerezo rya 5/9/2015 nuko umukinyi wanyuma ashobora gushika kw'igenekerezo rya 31/8/2015.
Amakuru y'Inkino - Aug 29th 2015, 10:32
Gomen naho atabaye uwambere mu matora ngo ikibanza yaronse azokijamwo.

Gomen naho atabaye uwambere mu matora ngo ikibanza yaronse azokijamwo.

Ku musi wambere igenekerezo rya 24 Myandagaro 2015 niho mu gihugu cu Burundi haba amatora y’abakuru b’ama Quartier n’imitumba,umuririmvyi Gomen ni umwe mu bari bitoje.
Amakuru y'Inkino - Aug 27th 2015, 20:10
Lolilo mu giteramo i Kamanyola muri RDC.

Lolilo mu giteramo i Kamanyola muri RDC.

Lolilo arikumwe n'umugore wiwe bazokorera igiteramo muri Kongo ahitwa Kamanyola kw'igenekerezo rya 5 Nyakanaga 2015.Ico giteramo kiri murukurikirane rw'ibindi bifise intumbero yo kwegereza abafana biwe ireresi yiwe nshasha"The Hostage".
Amakuru y'Inkino - Aug 27th 2015, 18:52

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32

Inkuru zasomwe

Ayandi makuru - Jun 13th 2014, 00:03
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 11:42
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 10:30
Ayandi makuru - Jun 14th 2014, 14:35
Amakuru y'Inkino - Apr 13th 2014, 12:38
Amakuru y'Inkino - Aug 1st 2014, 15:27
Amakuru yo Kwidagadura - Mar 13th 2014, 09:30
Ayandi makuru - Aug 8th 2014, 14:25
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32
Amakuru yo Kwidagadura - Feb 18th 2014, 11:22