Amakuru - Amakuru yo kwidagadura

Ayandi Makuru

 Ihiganwa rishasha ry'umupira w'amaguru 2015-2016 rizotangura kw'igenekerezo rya 12 / Nyakanga / 2015 ( Ikirangamisi)

Ihiganwa rishasha ry'umupira w'amaguru 2015-2016 rizotangura kw'igenekerezo rya 12 / Nyakanga / 2015 ( Ikirangamisi)

Ihiganwa rishasha ry'umupira w'amaguru mu Burundi 2015-2016 rizotangura kw'igenekerezo rya 12/9/2015
Amakuru y'Inkino - Aug 29th 2015, 11:03
INTAMBA MURUGAMBA /Senior :Umukinyi azoshika ubwanyuma azoza kuwambere igenekerezo rya 31/8/2015.

INTAMBA MURUGAMBA /Senior :Umukinyi azoshika ubwanyuma azoza kuwambere igenekerezo rya 31/8/2015.

Amakuru dufise kuvyerekeye umwuzo w'abakinyi b'abarundi bakina hanze bazokwitabira urukino ruzohuza Uburundi na Niger kw'igenekerezo rya 5/9/2015 nuko umukinyi wanyuma ashobora gushika kw'igenekerezo rya 31/8/2015.
Amakuru y'Inkino - Aug 29th 2015, 10:32
Gomen naho atabaye uwambere mu matora ngo ikibanza yaronse azokijamwo.

Gomen naho atabaye uwambere mu matora ngo ikibanza yaronse azokijamwo.

Ku musi wambere igenekerezo rya 24 Myandagaro 2015 niho mu gihugu cu Burundi haba amatora y’abakuru b’ama Quartier n’imitumba,umuririmvyi Gomen ni umwe mu bari bitoje.
Amakuru y'Inkino - Aug 27th 2015, 20:10
Lolilo mu giteramo i Kamanyola muri RDC.

Lolilo mu giteramo i Kamanyola muri RDC.

Lolilo arikumwe n'umugore wiwe bazokorera igiteramo muri Kongo ahitwa Kamanyola kw'igenekerezo rya 5 Nyakanaga 2015.Ico giteramo kiri murukurikirane rw'ibindi bifise intumbero yo kwegereza abafana biwe ireresi yiwe nshasha"The Hostage".
Amakuru y'Inkino - Aug 27th 2015, 18:52
Amasaha make  imbere y’igiteramo c’I Muyinga, August asohoye indirimbo nshasha.

Amasaha make imbere y’igiteramo c’I Muyinga, August asohoye indirimbo nshasha.

Ku musi wa 6 igenekerezo rya 29 Myandagaro niho umuririmvyi August azokorera igiteramo mu gisagara ca Muyinga bukeye bwaho naho ace akorera ikindi aho bita ku masanganzira,k’urugabano rwa Muyinga na Ngozi.
Amakuru y'Inkino - Aug 26th 2015, 23:36
Souza akeneye umukobwa aha amahera  kugira aje mu masanamu y’indirimbo yiwe.

Souza akeneye umukobwa aha amahera kugira aje mu masanamu y’indirimbo yiwe.

Imbere yuko asubira mu gihugu ca Tanzaniya gukorerayo amasanamu y’indirimbo Usikate Tamaa ,umuririmvyi Souza akeneye umukobwa bakorana amasanamu mu gisagara ca Ngozi.
Amakuru y'Inkino - Aug 24th 2015, 22:38
I Ngozi hari umuririmvyi yitoje mu bashaka kuba abakuru b’imitumba.

I Ngozi hari umuririmvyi yitoje mu bashaka kuba abakuru b’imitumba.

Kuri uno wambere niho hazoba amatora yanyuma mu gihugu c’u Burundi.Muntara ya Ngozi umwe mu baririmvyi bo muri iyo ntara ari mu bitoje kuba umukuru w’umutumba kugira ateze imbere uwo mutumba avukako.
Amakuru y'Inkino - Aug 23rd 2015, 20:05
FEASA / Football : Umurwi w'ishure rya E.T.G watahukanye igikombe i Butare mu Rwanda

FEASA / Football : Umurwi w'ishure rya E.T.G watahukanye igikombe i Butare mu Rwanda

Ihiganwa rihuze amashure yabaye ayambere mubihugu vyabo , muri unomwaka Uburundi bwaserukiwe na E.T.G , iryoshure rikaba ryatahukanye igikombe c'uyumwaka w'2015 .
Amakuru y'Inkino - Aug 23rd 2015, 15:03
COMORES : Umurwi NGAYA Fc umenyerezwa na NDAYIRAGIJE Etienne niwe aramutswa igikombe c'unomwaka w'2015 mugihe hagisigaye inkino 2 ihiganwa rirangire.

COMORES : Umurwi NGAYA Fc umenyerezwa na NDAYIRAGIJE Etienne niwe aramutswa igikombe c'unomwaka w'2015 mugihe hagisigaye inkino 2 ihiganwa rirangire.

Umumenyereza w'Umurundi NDAYIRAGIJE Etienne yigeze kubica bigacika mumirwi y'i Bujumbura nka Inter star , Lydia Ludic mumwaka uheze yatahukanye ibikombe bibiri aramutse atwaye igikombe c'umwaka w'inkino 2014-2015 mugihugu c'Izinga rya Comores .
Inkuru nyamukuru - Aug 22nd 2015, 13:33
 INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi bakina hanze batumweko kwitabira urukino ruzohuza Uburundi na Niger igenekerezo rya 5 Nyakanga 2015 (Officiel).

INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi bakina hanze batumweko kwitabira urukino ruzohuza Uburundi na Niger igenekerezo rya 5 Nyakanga 2015 (Officiel).

Uburundi bwimirije urukino rudasanzwe kw'igenekerezo rya 5 Nyakanga 2015 i Bujumbura , urworukino rugira kabiri muri zankino zogukurakuranamwo mukurondera itike yogukina igikombe ca CAN 2017 kizobera mugihugu ca Gabon . Abakinyi 11 nibo batumweko harimwo n'umunyegori 1 ari i Bujumbura yimenyereza kuva mundwi iheze.
Amakuru y'Inkino - Aug 22nd 2015, 12:38
Masterland mundwi iza arashira ahabona audio na video y’indirimbo ihimaza Imana.Turagaruka no kugiteramo ci Ngozi.

Masterland mundwi iza arashira ahabona audio na video y’indirimbo ihimaza Imana.Turagaruka no kugiteramo ci Ngozi.

Masterland yamaze gukora indirimbo yacurarangiwe Imana(Gospel) muburyo bw’amajwi ndetse n’amashusho yayo.Ariko rero izoja ahabona inyuma y’igiteramo co kuri uyu wa 6 kibera mu gisagara ca Ngozi.
Amakuru y'Inkino - Aug 21st 2015, 23:30
Indirimbo yambere ifise amasanamu irasohoka muri ino ndwi, Leninos.

Indirimbo yambere ifise amasanamu irasohoka muri ino ndwi, Leninos.

Umumenyeshamakuru Lenine Manariyo wa Radio na Tv Rema ariko akora cane muntumbero yo kumenyekanisha umuziki wiwe.Indirimbo imwe muri 4 amaze gukora kuva atanguye azoshira ahabona amasanamu yayo kumusi wa 6 wiyindwi.
Amakuru y'Inkino - Aug 20th 2015, 18:39
BIPFUBUSA Joslin niwe agiye kumenyereza umurwi wa Aigles Noirs  w’i Makamba

BIPFUBUSA Joslin niwe agiye kumenyereza umurwi wa Aigles Noirs w’i Makamba

Kw’igenekerezo rya 16/8/2015 niho umumenyereza muto mumyaka mubamenyereza bamenyereza mucicaro cambere yasinya amasezerano yokumenyereza umurwi ugiye kuduga mucicaro cambere uva i Makamba. Tubibutse yuko mumwaka uheze yari mumurwi wa Messager Ngozi.
Amakuru y'Inkino - Aug 17th 2015, 12:01
Itegurwa rya Album  yakabiri y’umurwi Amasuka rigeze kure.

Itegurwa rya Album yakabiri y’umurwi Amasuka rigeze kure.

Umurwi Amasuka ugejeje hafi ku bice 50 kw’ijana utegura urukurikirane rwabo rwa kabiri ruzoja ahabona mu mpera zuno mwaka.
Amakuru y'Inkino - Aug 15th 2015, 22:50
Mkomboz  ariko ategura album kandi igeze kure.

Mkomboz ariko ategura album kandi igeze kure.

Mugihe umuririmvyi Mkomboz ata rukurikirane na rumwe yarafise kugeza ubu,muri kino gihe ariko aca kubiti no kumabuye kugira yuzuze indirimbo zizoba zigize urukurikirane rwiwe rwambere.
Amakuru y'Inkino - Aug 13th 2015, 20:27
BURUNDI- NIGER : Abakinyi bakina hanze bazoza gufashanya n’abandi bakina aha iwacu , NDIKURIYO Reverien

BURUNDI- NIGER : Abakinyi bakina hanze bazoza gufashanya n’abandi bakina aha iwacu , NDIKURIYO Reverien

Igenekerezo rya 5 Nyakanga 2015 , igihugu c’Uburundi kizotana mumitwe n’umurwi wa ‘Mena National’ yomugihugu ca Niger . Imyiteguro ikaba yaratanguye kuva kuri uyuwambere 10/8/2015,uwomusi nyene abakinyi bakaba barinjiye mumwiherero .
Amakuru y'Inkino - Aug 12th 2015, 11:30
KAZE Cedric yanse kuba icegera c’umumenyereza  DYLAN Kerr wa Simba SC yomuri Tanzaniya .

KAZE Cedric yanse kuba icegera c’umumenyereza DYLAN Kerr wa Simba SC yomuri Tanzaniya .

Mubiganiro KAZE Cedric yagiranye n’umurwi wa Simba yomugihugu ca Tanzaniya ntacavuyemwo kuko ico bamushakako ntabwo bagihurijeko . Yaciye ashima kugaruka mu Burundi .
Amakuru y'Inkino - Aug 12th 2015, 11:08
KAZE Cédric ari mubiganiro n'umurwi wa Simba wo muri Tanzaniya.

KAZE Cédric ari mubiganiro n'umurwi wa Simba wo muri Tanzaniya.

Umumenyereza w'umurundi KAZE Cedric yigeze kuba mubamenyereza umurwi nserukiragihugu , yongera kandi aramenyereza umurwi wa Athletico yawuhaye ikibanza coguserukira igihugu munkino z'igikombe ca Confederation umwaka uza , amakuru dukura mugihugu ca Tanzaniya atumenyesha yuko ari mubiganiro n'umurwi wa Simba Sports Club kuba icegera c'umumenyereza .
Amakuru y'Inkino - Aug 11th 2015, 11:04
INTAMBA MURUGAMBA / SENIOR: Imyimenyerezo yogutegura urukino rwa NIGER igiye gutangura kuri uyu wambere 10/8/2015

INTAMBA MURUGAMBA / SENIOR: Imyimenyerezo yogutegura urukino rwa NIGER igiye gutangura kuri uyu wambere 10/8/2015

Inyuma y’ukwezi umurwi nserukiragihugu uri mukaruhuko , kuri uyu wambere igenekerezo rya 10/8/2015 niho imyimenyerezo igiye gusubira gutangura ukuri kwamye kukibuga kijejwe ubuhinga (C.T.N) igihe c’isaha icenda z’umuhingamo.
Amakuru y'Inkino - Aug 9th 2015, 17:44
 Raba amafoto yerekana  NGENDABANKA Natacha ari mugihugu ca Italie...

Raba amafoto yerekana NGENDABANKA Natacha ari mugihugu ca Italie...

Umuririmvyikazi NGENDABANKA Natacha mukaruhuko mugihugu ca Italie yatumenyesheje yuko akaruhuko yafashe gatuma amererwa neza naho igihe yahashika vyasa nibimugora gushikaho akura amameshe , akirirwa mumazi nkuko bigaragara muri ayomashusho .
Inkuru nyamukuru - Aug 8th 2015, 16:21

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32

Inkuru zasomwe

Ayandi makuru - Jun 13th 2014, 00:03
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 11:42
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 10:30
Ayandi makuru - Jun 14th 2014, 14:35
Amakuru y'Inkino - Apr 13th 2014, 12:38
Amakuru y'Inkino - Aug 1st 2014, 15:27
Amakuru yo Kwidagadura - Mar 13th 2014, 09:30
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32
Ayandi makuru - Aug 8th 2014, 14:25
Amakuru yo Kwidagadura - Feb 18th 2014, 11:22