Amakuru - Amakuru yo kwidagadura

Ayandi Makuru

Lolilo afise igiteramo muri Congo.

Lolilo afise igiteramo muri Congo.

Umuririmvyi Lolilo ari mu rukurikirane rw’ibiteramo aho ariko ashira ahabona ireresi nshasha.Inyuma y’intara zitandukanye z’uburundi,ubu haramukiwe igihugu ca Congo.
Amakuru y'Inkino - Jul 27th 2015, 21:29
Emirates Cup 2015 : Arsenal 1-0 Wolsbourg , raba ibice bimwe bimwe vyaranze urukino.(Vidéo)

Emirates Cup 2015 : Arsenal 1-0 Wolsbourg , raba ibice bimwe bimwe vyaranze urukino.(Vidéo)

Umurwi wa Arsenal niwo uramutswa igikombe ca Emirets Cup c'uyumwaka w'2015 . Ikinyamakuru afrifame.bi cashimye kubashikiriza youtube y'ibice bikuru bikuru vyaranze urworukino .
Amakuru y'Inkino - Jul 27th 2015, 12:38
Umwana w'umuhisi Whitney HOUSTON ntagihema mubazima.

Umwana w'umuhisi Whitney HOUSTON ntagihema mubazima.

Bobbi Kristina Brown yitavye Imana afise imyaka 22 . Bobi yitavye Imana kuri uyu wa 26/7/2015 inyuma y'amezi 6 arwaye , akaba yaratowe muri W.C yataye ubwenge kubera ibiyayuramutwe yafashe .
Amakuru y'Inkino - Jul 27th 2015, 12:01
Imiriyoni 38.500.000 y’amarundi  niyo yagabuwe mudushimwe twatanzwe na FFB mugusozera ihiganwa Primus League A & B, amafoto

Imiriyoni 38.500.000 y’amarundi niyo yagabuwe mudushimwe twatanzwe na FFB mugusozera ihiganwa Primus League A & B, amafoto

Amafaranga angana n'imiriyoni 38.500.000 y'amarundi niyo yakoreshejwe mugutanga udushimwe kumirwi ndetse nokubakinyi , abamenyeshamakuru , igisata c'abahagarikizi , icogutegura inkino . Ibirori bikaba vyabereye kukibuga c'Umuganwa Rudoviko Rwagasore kw'igenekerezo rya 25/7/2015 .
Amakuru y'Inkino - Jul 26th 2015, 11:19
Laudit MAVUGO yiyandikiye amateka mugihugu c'Uburundi.

Laudit MAVUGO yiyandikiye amateka mugihugu c'Uburundi.

Umwe mubakinyi bitumwako mumurwi wa Vital'o ndetse n'umurwi nserukiragihugu , Laudit MAVUGO yakoze ibikora inka muri uyumwaka w'inkino 2014-2015 kuruhande rw'umupira w'amaguru mu Burundi .Ikinyamakuru afrifame.bi cashimye kugaruka kukazi katoroshe yakoze mugutuma umurwi wiwe yifadikanije n'abandi ushika kuntsinzi yogutahukana ibikombe 3
Amakuru y'Inkino - Jul 26th 2015, 10:02
SUPER COUPE 2015 : VITAL'O FC 3-0  Athletico Olympic .

SUPER COUPE 2015 : VITAL'O FC 3-0 Athletico Olympic .

Urukino rwanyuma rwogusozera ihiganwa Primus League 2014-2015 rwakinywe kuri uyu wagatandatu kukibuga c'Umuganwa Rudoviko Rwagasore hagati y'umurwi wa Vital'o Fc na Athletico Olympic , urukino rukaba rwari rwitabwe n'abakunzi b'inkino batari bake harimwo n'indongozi z'umupira w'amaguru mu Burundi . Vital'o Fc yatsinze Atlhetico 3-0.
Amakuru y'Inkino - Jul 26th 2015, 09:25
Eliminatoires Coupe du Monde 2018 : Uburundi buzohura n’igihugu c’izinga rya Sychelles murukino rwambere.

Eliminatoires Coupe du Monde 2018 : Uburundi buzohura n’igihugu c’izinga rya Sychelles murukino rwambere.

Mugihugu c’uburusiya (Russie) ,mugisagara ca St Petersbourg niho habereye itombora y’ibihugu 208 uko bizohura munkino zogukura kuranamwo z’igikombe c’isi kizobera muri icogihugu mumwaka w’2018. Ibihugu 31 nivyo bizoronka itike yogukina inkino zanyuma (Phase finale ) . Uburundi bukaba buzohura n’igihugu c’Izinga rya Sychelles
Amakuru y'Inkino - Jul 25th 2015, 19:13
 Dr Hage Geingob Trophy / Namibia : Yamin Selemani na Fiston Abdul Razzak nibo batsindiye imirwi yabo mishasha.

Dr Hage Geingob Trophy / Namibia : Yamin Selemani na Fiston Abdul Razzak nibo batsindiye imirwi yabo mishasha.

Murukino rwahuje umurwi wa Mamelodi Sondowns usanzwe akinamwo Fiston Razzak hamwe n'uwa Yamin Selemani NDIKUMANA witwa Premeiro de Agosto FC rwangiye bateye ama penalti , Fiston na Yamin bose akaba aribo batsindiye imirwi yabo.
Amakuru y'Inkino - Jul 24th 2015, 12:29
SUPER COUPE 2015 : VITAL'O FC izohura na Athletico Olympic murundi rukino kuri uyu wagatandatu 25/7/2015

SUPER COUPE 2015 : VITAL'O FC izohura na Athletico Olympic murundi rukino kuri uyu wagatandatu 25/7/2015

Inyuma yogutwara ibikombe 2 bigize amahiganwa y'umupira w'amaguru mucicaro cambere , umurwi wa Vital'o Fc uzosubira kandi guhura na Athletico murukino rwanyuma (Final) kur uyu wagatandatu kukibuga c'Umuganwa Rudoviko Rwagasore igihe c'isaha icenda .
Amakuru y'Inkino - Jul 24th 2015, 11:01
CECAFA KAGAME CUP 2015 : Soma amajambo ateye ikigongwe BIGIRIMANA Issa Walcot yanditse muguhoza LL s4A yatsinze igitsindo kigira kabiri.

CECAFA KAGAME CUP 2015 : Soma amajambo ateye ikigongwe BIGIRIMANA Issa Walcot yanditse muguhoza LL s4A yatsinze igitsindo kigira kabiri.

BIGIRIMANA Issa benshi batazira Walcot yigeze gukinira umurwi wa LL s4a imbere yuko agurwa mu Rwanda mumurwi wa A.P.R , yakinira inyuma mugabo igihe yashika muri A.P.R baciye bashima kumushira imbere bivanye n'ubukerebusi afise igihe asatiriye. Issa kurubuga rwiwe rwa facebook akaba yashimye gusaba imbabazi ndetse n'uguhoza umurwi yakiniye.
Amakuru y'Inkino - Jul 24th 2015, 10:10
CECAFA KAGAME CUP 2015 : LL s4a bye... bye... ( LL s4a 1-2 A.P.R )

CECAFA KAGAME CUP 2015 : LL s4a bye... bye... ( LL s4a 1-2 A.P.R )

Umurwi LL S4A uva mugihugu c'Uburundi wasezerewe n'umurwi wa A.P.R yomu Rwanda inyuma yogutsindwa ibitsindo 2-1 , LL s4a Ntamahigwe yari kuba ifise inyuma yaho itakarije urwo rukino rwanyuma rwomumatsinda . Ikaba yategerezwa n'imiburiburi kuronka amanota 3 kugira igire icizere cokubandanya .
Amakuru y'Inkino - Jul 24th 2015, 09:46
Umuririmvyi Landry Gateka ariko ategurirwa  i giteramo.

Umuririmvyi Landry Gateka ariko ategurirwa i giteramo.

Hariko hategurwa igiteramo cambere giteguwe na Isangi Label iheruka kugirana amasezerano yo gukorana n’umuririmvyi Landry Gateka.
Amakuru y'Inkino - Jul 23rd 2015, 20:33
Raba video nshasha ya KEBBY Boy yakoreye muri Tanzaniya.

Raba video nshasha ya KEBBY Boy yakoreye muri Tanzaniya.

Umuririmvyi asanzwe afise ubwenegihugu bw'uburundi HAKIZIMANA Yussuf Kabeza benshi batazira Kebby boy aherutse gusohora isanamu y'indirimbo yiwe nshasha yitwa 'Igikomangoma' .
Amakuru y'Inkino - Jul 23rd 2015, 13:32
 Eliminatoires Coupe du monde 2018: Uburundi buzomenya igihugu buzohura naco igenekerezo rya 25/7/2015

Eliminatoires Coupe du monde 2018: Uburundi buzomenya igihugu buzohura naco igenekerezo rya 25/7/2015

Inkino zogukurakuranamwo mukurondera itike yogukina igikombe c'isi 2018 kizobera mugihugu c'Uburusiya zizokinwa kumagenerezo ya 5 na 13 /8/2015 , imirwi 26 niyo izohura hagati yayo, 13 izoca ironka uburyo bwokubandanya muguhura n'iyindi mirwi 27.
Amakuru y'Inkino - Jul 23rd 2015, 12:49
CECAFA KAGAME CUP 2015 : LL S4A yatanguye inganya murukino rwambere yahuye n'umurwi womuri Somalia.

CECAFA KAGAME CUP 2015 : LL S4A yatanguye inganya murukino rwambere yahuye n'umurwi womuri Somalia.

Uburundi muri unomwaka bwaserukiwe n'umurwi wa LL S4A munkino zigira 38 z'igikombe ca CECAFA KAGAME Cup . Murukino rwambere LL S4A yanganije n'umurwi wa HEEGAN womuri Somaliya.
Inkuru nyamukuru - Jul 20th 2015, 12:10
RALLYE Joe feat AFISA Raj B bashize ahabona video y'indirimbo bakoranye yitwa 'Apple'. Irabire ngaha.

RALLYE Joe feat AFISA Raj B bashize ahabona video y'indirimbo bakoranye yitwa 'Apple'. Irabire ngaha.

Inyuma yumwaka urenga Rallye Joe NIYIZI akoranye akaririmbo kokwumviriza na AFISA Raj B , baciye bashima kugakorera isanamu , ikaba yaramaze kuja ahabona . Ikinyamakuru afrifame.bi kibicishije kubuhinga bwa youtube yashimye kubashikiriza iyosanamu.
Amakuru y'Inkino - Jul 20th 2015, 10:25
MAMA Awards : Nigeria yapfutse ibihugu vyose vyokumugabane wa afrika mugutwara udushimwe twinshi.

MAMA Awards : Nigeria yapfutse ibihugu vyose vyokumugabane wa afrika mugutwara udushimwe twinshi.

Kumugoroba w'igenekerezo rya 18/7/2015 mu ntara ya Kwazulu - Natal muri Afrika y'epfo niho habereye igikorwa gikomeye cogutanga udushimwe twa MTV MAMA Awards 2015.
Amakuru y'Inkino - Jul 20th 2015, 09:40
Chou man na Rallye Joe bari bashigikiye Vital'o Fc i Ngozi , Black G nawe ngo yari ashigikiye Athletico olympic.

Chou man na Rallye Joe bari bashigikiye Vital'o Fc i Ngozi , Black G nawe ngo yari ashigikiye Athletico olympic.

Murukino rwanyuma rwoguhiganirwa igikombe c'umukuru w'igihugu incuro yaco ya 4 , abantu batandukanye barakubitiye i Ngozi kurorera urwo rukino rwari rurindiriwe cane hagati ya Vital'o na Athletico. Muribo hari abasani bazwi mugihugu bishikiye kukibuga 'Urukundo' i Ngozi..
Amakuru y'Inkino - Jul 20th 2015, 08:55
NIZIGIYIMANA Karim MAKENZE niwe yatowe nk'umukinyi yigenjeje neza mukwezi kwa 6 mugihugu ca KENYA.

NIZIGIYIMANA Karim MAKENZE niwe yatowe nk'umukinyi yigenjeje neza mukwezi kwa 6 mugihugu ca KENYA.

Umukinyi batazira Makenzie asanzwe afise ubwenegihugu bwomugihugu c'Uburundi niwe yatowe nk'umukinyi yigenjeje neza gusumba abandi mw'ihiganwa ry'umupira w'amaguru mugihugu ca Kenya.
Amakuru y'Inkino - Jul 19th 2015, 16:29
Umuririmvyikazi SYBILE kazuba Cishahayo ubu n'umuvyeyi...

Umuririmvyikazi SYBILE kazuba Cishahayo ubu n'umuvyeyi...

Umuririmvyikazi SYBILE Kazuba aherutse kwibaruka umwana w'umuhungu . Akamwemwe ni kwose kuriwe , akaba yabigaragaje kurubuga rwiwe rwa facebook .
Amakuru y'Inkino - Jul 19th 2015, 15:42

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32

Inkuru zasomwe

Ayandi makuru - Jun 13th 2014, 00:03
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 11:42
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 10:30
Ayandi makuru - Jun 14th 2014, 14:35
Amakuru y'Inkino - Apr 13th 2014, 12:38
Amakuru y'Inkino - Aug 1st 2014, 15:27
Amakuru yo Kwidagadura - Mar 13th 2014, 09:30
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32
Ayandi makuru - Aug 8th 2014, 14:25
Amakuru yo Kwidagadura - Feb 18th 2014, 11:22