Amakuru - Amakuru yo kwidagadura

Ayandi Makuru

COPA AMERICA : NEYMAR yahagaritswe inkino 4 , acibwa n'ihadabu y'amafaranga ibihumbi 10 vy'amadorari.

COPA AMERICA : NEYMAR yahagaritswe inkino 4 , acibwa n'ihadabu y'amafaranga ibihumbi 10 vy'amadorari.

Inyuma yogushwana n'umukinyi Carlos BACCA murukino rwahuje Bresil na Colombia , umurwi wiwe ukaba watsinzwe 1-0 , Neymar ntazosubira kugaragara kuri iyomikino iriko ibera mugihugu ca Chili .
Amakuru y'Inkino - Jun 20th 2015, 13:40
INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi bimenyereje kukibuga bazokinira urukino kuri uyu wa mungu 21/6/2015 .Raba vidéo

INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi bimenyereje kukibuga bazokinira urukino kuri uyu wa mungu 21/6/2015 .Raba vidéo

Yari igihe c'isaha zitatu n'igice z'ijoro , cokimwe n'isaha zibiri n'igice isaha y'i Burundi ariho umurwi nserukiragihugu Intamba murugamba bimenyereza incuro igira kabiri inyuma y'imyimenyerezo yokumusi wagatatu kukibuga kijejwe ubuhinga .
Amakuru y'Inkino - Jun 19th 2015, 00:58
Mbega  Chany Queen yoba  yahungiye mu Rwanda?

Mbega Chany Queen yoba yahungiye mu Rwanda?

Umuririmvyikazi GITARE CHANELLE MONIA benshi bazi kw’izina rya Chany Queen abarizwa mu gihugu cu Rwanda kuva kuri uno wa 3 igenekerezo rya 18 Ruheshi aho azomarayo indwi yose.
Amakuru y'Inkino - Jun 18th 2015, 21:15
INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi n'abagiye baherekeje umurwi bashitse amahoro muri Djibouti

INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi n'abagiye baherekeje umurwi bashitse amahoro muri Djibouti

Yari igihe c'isaha zitanu z'agatondo ariho abakinyi 13 bari mubakinye urukino rwa Senegal guteranya 5 baje bava i Bujumbura bahuriye i Addis abeba imbere yuko bafata indege imwe yabashikanye mugihugu ca Djibouti .
Amakuru y'Inkino - Jun 17th 2015, 18:07
Raba video 'Tuungane' ya NATACHA featuring BANANA ZORRO.

Raba video 'Tuungane' ya NATACHA featuring BANANA ZORRO.

Inyuma y'urugendo yagiriye muri Tanzaniya umuririmvyi w'umurundikazi NATACHA icoyipfuza yagishitseko . Ururirimbo yakoranye na Banana Zorro isanamu barukoreye yaramaze kuja ahabona .
Amakuru y'Inkino - Jun 16th 2015, 03:20
Raba video y'ibitsindo 3-1 vyinjiye murukino rwahuje SENEGAL n'Uburundi .

Raba video y'ibitsindo 3-1 vyinjiye murukino rwahuje SENEGAL n'Uburundi .

Murukino rwahuje umurwi nserukiragihugu wa Senegal nuw'Uburundi rwarangiye Senegal itsinze 3-1 . Ikinyamakuru afrifame.bi cashimye kugaruka kubitsindo vyose uko vyinjiye .
Amakuru y'Inkino - Jun 14th 2015, 04:49
CAF ELIMINATOIRES GABON 2017 : SENEGAL  3 – 1 BURUNDI

CAF ELIMINATOIRES GABON 2017 : SENEGAL 3 – 1 BURUNDI

Urukino rwahuje umurwi wa Lions Teranga n’Uburundi rwarangiye 3 -1 abantu batari bake bari bitabiriye urwo rukino , mubisanzwe ikibuga cakira abantu ibihumbi 60 mugabo ntivyakunze ko cuzura naho ibihugu vyompi vyari bishigikiwe bikwiye .
Amakuru y'Inkino - Jun 14th 2015, 00:21
CAF ELIMINATOIRES / GABON 2017 : Raba mumafoto abakinyi 11 b’Intamba batangura mukibuga murukino ruzakubahuza na Senegal.

CAF ELIMINATOIRES / GABON 2017 : Raba mumafoto abakinyi 11 b’Intamba batangura mukibuga murukino ruzakubahuza na Senegal.

Umumenyereza AIT ABDELMALEK Ahcene amenyereza umurwi nserukiragihugu w’Uburundi yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 11 muri 18 bazagutangura mukibuga murukino rutaza kuba rworoshe na gato mukibuga Leopold Sedar SENGHOR .
Amakuru y'Inkino - Jun 13th 2015, 17:38
NDIKUMANA Yamin Selemani abarizwa muri Angola muri Premiero Deportivo de Agosto

NDIKUMANA Yamin Selemani abarizwa muri Angola muri Premiero Deportivo de Agosto

Inyuma yaho asabiye yuko bomurekura ntakine urukino rwa Senegal n'Uburundi , Yamin Selemani kuri uyu wagatatu igenekerezo rya 12/6/2015 niho yerekanwa ko ari umukinyi mushasha aje kwongereza inguvu muri uyomurwo umwaka umwa n'inusu (1 année et demie ) gusinya amasezerano mumurwi wiwe mushasha agiye gukinira ..
Amakuru y'Inkino - Jun 13th 2015, 03:47
Urukino ruzohuza Senegal n'Uburundi n'isaha 1 y'ijoro , isaha 3z'ijoro amasaha yomu Burundi.

Urukino ruzohuza Senegal n'Uburundi n'isaha 1 y'ijoro , isaha 3z'ijoro amasaha yomu Burundi.

Mumasaha make asigaye kugira urukino ruzaguhuza umurwi wa Senegal n'Uburundi rukinwe , umumenyereza Ait ABDELMALEK yatanze ikiganiro kubamenyeshamakuru avuga cane cane kuvyerekeye urukino ruzohuza umurwi wiwe na Senegal .
Amakuru y'Inkino - Jun 12th 2015, 19:14
Sat B arabandanya ibiteramo mu gihugu c’u Rwanda.

Sat B arabandanya ibiteramo mu gihugu c’u Rwanda.

Inyuma yo gukorera ibiteramo mu majepfo y’urwanda no mugisagara ca Kigali,Sat B yateguye ikindi giteramo mu gisagara ca Kigali.
Amakuru y'Inkino - Jun 11th 2015, 22:01
INTAMBA MURUGAMBA : Imyimenyerezo yabandanije kumusi ugira kabiri , amafoto + vidéo.

INTAMBA MURUGAMBA : Imyimenyerezo yabandanije kumusi ugira kabiri , amafoto + vidéo.

Kw'igenekerezo ry'9/6/2015 hasigaye imisi itarenga 5 kugira urukino ruzohuza Senegal n'Uburundi rukinwe , mugatondo umumenyereza Ait ABDELMALEK yateguye imyimenyerezo kubakinyi biwe 18 yatwaye muri Senegal .Bakoze imyimenyerezo bahejeje aca aratanga akaruhuko kumugoroba , iyindi myimenyerezo nikumusi w'ejo amasaha bazokinira urukino .
Amakuru y'Inkino - Jun 9th 2015, 18:38
INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi n'abagiye babaherekeje bashitse amahoro i Dakar muri Senegal,amafoto + vidéo.

INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi n'abagiye babaherekeje bashitse amahoro i Dakar muri Senegal,amafoto + vidéo.

Isaha icenda n'iminota 10 niho indege iri mubwoko bwa Ethiopians Airlines yahaguruka itwara abakinyi b'umurwi nserukiragihugu w'intamba ibashika kumugwa mukuru wa Ethiopia Addis Abeba ,mugitondo isaha zitatu n'igice niho bafashe indege ibashikana i Dakar mugihugu ca Senegal ,bakaba bahashitse igihe c'isaha icumi n'iminota 50 z'umugoroba.
Amakuru y'Inkino - Jun 9th 2015, 01:03
INTAMBA MURUGAMBA /SENIOR : Abakinyi 23 bagiye guserukira Uburundi muri Senegal na Djibouti.

INTAMBA MURUGAMBA /SENIOR : Abakinyi 23 bagiye guserukira Uburundi muri Senegal na Djibouti.

Umumenyereza mukuru Ait ABDELMALEK arikumwe n'abasanzwe bamufasha kumenyereza umurwi nserukiragihugu bashize hanze urutonde rw'abakinyi 23 bagiye guserukira Uburundi murukino ruzokinwa igenekerezo rya 13 na 20 Ruheshi 2015 .
Amakuru y'Inkino - Jun 5th 2015, 15:48
C'est officiel : FISTON Abdoul Razzak yasinye amasezerano yogukinira umurwi wa MEMOLODI Sundowns ikiringo c'imyaka 2.

C'est officiel : FISTON Abdoul Razzak yasinye amasezerano yogukinira umurwi wa MEMOLODI Sundowns ikiringo c'imyaka 2.

Nibikiri urukurukuru , ubu n'inkuru yukuri atakinyoma kirimwo , umukinyi w'umurundi ABDOUL Razzak Fiston yamaze gusinya amasezerano n'umurwi wa Mamelodi Sundonws ikiringo c'imyaka 2 , inyuma yogukinira umurwi wa SOFAPAKA womuri Kenya wari wanse nokumurekura bivanye n'ukwitanga kwiwe kwa cane.
Amakuru y'Inkino - Jun 5th 2015, 14:53
BBC  yasavye imbabazi k’umumenyeshamakuru wayo  yabeshe ko umwamikazi w’ubwongereza yapfuye.

BBC yasavye imbabazi k’umumenyeshamakuru wayo yabeshe ko umwamikazi w’ubwongereza yapfuye.

BBC yasavye imbabazi ku nkuru yaciye kuri Twitter yumwe mu bamenyeshamakuru bayo ivuga ko umwamikazi w’ubwongereza yitavye Imana bituma ibinyamakuru bitandukanye bigwa muri uwo mutego.
Amakuru y'Inkino - Jun 4th 2015, 21:20
Ingorane ziri muri  FIFA zitumye  Sepp Blatter afata ingingo yo  gutanga imihoho.

Ingorane ziri muri FIFA zitumye Sepp Blatter afata ingingo yo gutanga imihoho.

Inyuma y’imisi 4 gusa yongeye gutorwa ngo arongore ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA,mutama Sepp Blatter ahejeje kuvuga ko agiye gutanga imihoho bitumwe n’ingorane zivugwa muri iryo shirahamwe.
Amakuru y'Inkino - Jun 2nd 2015, 21:17
PRIMUS LEAGUE : TOP 11 y'abakinyi bigenjeje neza gusumba abandi kubw'ikinyamakuru afrifame.bi.

PRIMUS LEAGUE : TOP 11 y'abakinyi bigenjeje neza gusumba abandi kubw'ikinyamakuru afrifame.bi.

Muntumbero yogushigikira inkino nogufasha abatari bake kw’isi mukubashikiriza ibijanye n’inkino cane cane umupira w’amaguru mu Burundi . Ikinyamakuru canyu afrifame.bi nkuko cagiye kirakurikiranira inkino z’igikombe ca Primus League A ,cashimye kugaruka kubakinyi 11 bigenjeje neza gusumba abandi .
Amakuru y'Inkino - Jun 2nd 2015, 13:54
PRIMUS LEAGUE / Umusi wa nyuma ( 30e Journée )   : Vital'o Fc 2 - 1 LL s4a . Laudit MAVUGO batazira 'PRIME' yakwije ibitsindo 31 murukino rwanyuma.

PRIMUS LEAGUE / Umusi wa nyuma ( 30e Journée ) : Vital'o Fc 2 - 1 LL s4a . Laudit MAVUGO batazira 'PRIME' yakwije ibitsindo 31 murukino rwanyuma.

Igenekerezo rya 31/5/2015 izoba ari ntibagiranwa kumupira w'amaguru mu Burundi kuko niyo genekerezo yanyuma urukino rwogusozera ihiganwa ry'umupira 2014-2015 rwakinwa hagati ya Vital'o Fc na LL s4a .Kuwagatatu igikombe c'umukuru w'igihugu niho kizobandanya.
Amakuru y'Inkino - May 31st 2015, 14:10
PRIMUS LEAGUE / Ligue B : Tchite , Volontaires , Prince Louis mucicaro ca 2 . Les Crocos , Olympic Muremera,Les Elephants mucicaro 1.

PRIMUS LEAGUE / Ligue B : Tchite , Volontaires , Prince Louis mucicaro ca 2 . Les Crocos , Olympic Muremera,Les Elephants mucicaro 1.

Kw'igenekerezo rya 30/5/2015 mucicaro cakabiri niho muntara ya Bubanza hakinwa urukino rwakabiri arirwo rwanyuma mukurondera itike yokuduga mucicaro cambere . Imirwi 3 niyo imaze kumenyekana ko izoduga mucicaro cambere.
Amakuru y'Inkino - May 31st 2015, 11:54

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32

Inkuru zasomwe

Ayandi makuru - Jun 13th 2014, 00:03
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 11:42
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 10:30
Ayandi makuru - Jun 14th 2014, 14:35
Amakuru y'Inkino - Apr 13th 2014, 12:38
Amakuru y'Inkino - Aug 1st 2014, 15:27
Amakuru yo Kwidagadura - Mar 13th 2014, 09:30
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32
Ayandi makuru - Aug 8th 2014, 14:25
Amakuru yo Kwidagadura - Feb 18th 2014, 11:22