Amakuru - Amakuru yo kwidagadura

Ayandi Makuru

COUPE DU PRESIDENT : Ikirangamisi c'inkino z'igice cakabiri , inkino zizokinwa kuri uyu wagatatu igenekerezo rya 3/6/2015.

COUPE DU PRESIDENT : Ikirangamisi c'inkino z'igice cakabiri , inkino zizokinwa kuri uyu wagatatu igenekerezo rya 3/6/2015.

Inyuma yaho ihiganwa ry'igihugu Primus League rizosozerwa kuri uyu wamungu , kumusi wagatati inkino zizokurikira n'izigikombe c'umukuru w'igihugu .
Amakuru y'Inkino - May 27th 2015, 14:07
INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Igenekerezo rya 13/6 bazokina na Senegal (CAN) , irya 20/6 bakine na Djibouti (CHAN) .

INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Igenekerezo rya 13/6 bazokina na Senegal (CAN) , irya 20/6 bakine na Djibouti (CHAN) .

Imyimenyerezo irabandanya ukuri kwamye kukigo kijejwe ubuhinga , abakinyi nkuko muvyibuka ubu bamaze indwi 3 bari mumwiherero bitegurira inkino z'umugabane wa afrika .
Amakuru y'Inkino - May 27th 2015, 13:15
Raba mumafoto NATACHA na BANANA Zoro mukaririmbo 'Tupendane ' , amashusho yafatiwe i Dar es Salaam...

Raba mumafoto NATACHA na BANANA Zoro mukaririmbo 'Tupendane ' , amashusho yafatiwe i Dar es Salaam...

NATACHA na BANANA Zoro inyuma y'amasanamu bafatiwe i Bujumbura na PACY , igice cakabiri baciye bakibandaniriza mugihugu ca Tanzaniya . Uwaciye abandanya akokazi abandaniriza aho Pacy yagarukije yitwa PABLO n'umutanzaniya .
Amakuru y'Inkino - May 27th 2015, 12:35
NGENDABANKA Natacha yaratahutse i Bujumbura , inyuma y'ukwezi ari mugihugu ca Tanzaniya .

NGENDABANKA Natacha yaratahutse i Bujumbura , inyuma y'ukwezi ari mugihugu ca Tanzaniya .

Kw'igenekerezo rya 25/5/2015 niho umuririmvyikazi w'umurundi NGENDABANKA Natacha yatahuka mugihugu ciwe camavukiro , inyuma y'ukwezi kwose ari i Dar es Salaam murugendo rw'akazi .
Amakuru y'Inkino - May 27th 2015, 11:56
Indirimbo” Hoi” Babbi yakoranye na Kidum irakwije ukwezi iheze gukorwa ariko itarasohoka.

Indirimbo” Hoi” Babbi yakoranye na Kidum irakwije ukwezi iheze gukorwa ariko itarasohoka.

Ukwezi kurarumanye umuririmvyi w’umurundi Babbi akoranye indirimbo na Kidum ariko gushika nubu iracabitse nkuko amakuru twahawe na Babbi abimenyesha.
Amakuru y'Inkino - May 26th 2015, 20:24
Yoya na Hope mu giteramo kimwe I Kigali.

Yoya na Hope mu giteramo kimwe I Kigali.

Umuririmvyi w’umurundi Yoya muri kino gihe ari mu gihugu c’u Rwanda,kuri uyu wa 6 igenekerezo rya 23 Rusama 2015 arikumwe na mugenzi we Hope asanzwe yibera mu gisagara ca Kigali bazokora igiteramo bafadikanije n’abaririmvyi b’abanyaranda.
Amakuru y'Inkino - May 22nd 2015, 22:45
INTAMBA MURUGAMBA/Senior : 18 baserukira Uburundi murukino ruzobahuza na Misiri i Cairo igenekerezo rya 21/5/2015.

INTAMBA MURUGAMBA/Senior : 18 baserukira Uburundi murukino ruzobahuza na Misiri i Cairo igenekerezo rya 21/5/2015.

Umumenyereza mukuru w'Intamba arikumwe n'abasanzwe bamufasha barashize ahabona urutonde rw'abakinyi 18 bazoserukira Uburundi murukino rwogukurakuranamwo igenekerezo rya 21 mugisagara ca Misiri . Atagihindutse urugendo nikumusi w'ejo igihe c'isaha umunane.
Amakuru y'Inkino - May 17th 2015, 10:54
INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Ikibuga 'Urukundo' c'i Ngozi kirashobora gukoreshwa mumyiteguro ya CAN na CHAN.

INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Ikibuga 'Urukundo' c'i Ngozi kirashobora gukoreshwa mumyiteguro ya CAN na CHAN.

Abamenyereza b'umurwi nserukiragihugu b'intamba murugamba kw'igenekerezo ry'8/5/2015 baragendeye igisagara ca Ngozi kuraba ndetse nogusaba nimba vyoshoboka bofata iyinga canke imisi 5 bitegurire kukibuga c'i Buye citwa 'Urukundo stadium' .
Inkuru nyamukuru - May 11th 2015, 14:58
PRIMUS LEAGUE : Vital'o Fc yatahukanye igikombe hasigaye inkino 2 kugira ihiganwa rirangire...

PRIMUS LEAGUE : Vital'o Fc yatahukanye igikombe hasigaye inkino 2 kugira ihiganwa rirangire...

Kw'igenekerezo ry'9/5/2015 umurwi wa Vital'o Fc warirahiye Prince Louis mukuyitsinda 3-0 , vyose bikaba vyinjijwe na Laudit MAVUGO , akaba yiyanditse mugitabu c'iteka mugutsinda ibitsindo 3 incuro 3 mw'ihiganwa rimwe .
Amakuru y'Inkino - May 11th 2015, 14:00
INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Igenekerezo rya 21/5/2015 , Uburundi buzohura na Misiri

INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Igenekerezo rya 21/5/2015 , Uburundi buzohura na Misiri

Muntumbero yokwitegurira inkino zogukurakuranamwo z'igikombe ca CAN na CHAN , igihugu c'Uburundi kizokwitabira ubutumire bwa Misiri murukino rw'igicuti ruzokinwa kw'igenekerezo rya 21/5/2015 i Cairo .
Amakuru y'Inkino - May 11th 2015, 13:00
INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi barinjiye mumwiherero nkuko vyari bitegekanijwe na FFB,amafoto

INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi barinjiye mumwiherero nkuko vyari bitegekanijwe na FFB,amafoto

Igenekerezo rya 3/5/2015 kunyubakwa c'ikigo kijejwe ubuhinga (Centre technique national) niho abakinyi 28 bahahurira kugira bagume hamwe amezi 4 bari kumwe mumyiteguriro y'inkino z'umugabane wa afrika mubijanye n'igikombe ca CHAN 2016 na CAN 2017.
Amakuru y'Inkino - May 6th 2015, 12:00
COUPE DU PRESIDENT / Umwaka ugira 4 : Menya uko imirwi izokina mugice gikurikira ( 2e tour )

COUPE DU PRESIDENT / Umwaka ugira 4 : Menya uko imirwi izokina mugice gikurikira ( 2e tour )

Kw'igenekerezo rya 24,25 na 26 Ndamukiza mugihugu cose hakinywe inkino zishika kuri 24 , imirwi 12 niyo yarenganye mugice gikurikira , inkino zose zizokinwa kuri uyu wa 1,2,3 Rusama 2015 . Menya uko imirwi izohura :
Amakuru y'Inkino - Apr 27th 2015, 21:10
NGENDABANYANKA Natacha abarizwa mugihugu ca Tanzaniya

NGENDABANYANKA Natacha abarizwa mugihugu ca Tanzaniya

Umuririmvyikazi w'umurundi Natacha kw'igenekerezo rya 24/4/2015 niho yafata indege imushikana mugihugu ca Tanzaniya aho ajanywe nogukora ibikorwa bijanye n'umuziki wiwe . Urwo rugendo ruzomara imisi 10 nkuko amakuru twaronse abivuga.
Amakuru y'Inkino - Apr 26th 2015, 06:02
Indirimbo ya Babbi na Kidum irasohoka vuba.

Indirimbo ya Babbi na Kidum irasohoka vuba.

Inyuma y’indirimbo Thinking about you na beautiful,umuririmvyi w’umurundi Babbi aba muri leta zunze ubumwe za Amerika agiye gushira ahabona yakoranye na Kidum.
Amakuru y'Inkino - Apr 25th 2015, 19:15
 Davido arashinga intahe uburyo ahejeje  kaminuza bitoroshe.

Davido arashinga intahe uburyo ahejeje kaminuza bitoroshe.

Umuririmvyi Davido wo mu gihugu ca Nigeriya yarangije amashule ya kaminuza ubu ariko yitegurira kuronka impamyabumenyi ya kaminuza.
Amakuru y'Inkino - Apr 24th 2015, 22:59
ISANGANIRO Awards 2015 : Umusi wanyuma wogutanga ubushimwe kubaririmvyi 10 wungurujwe kw'igenekerezo itaramenyekana.

ISANGANIRO Awards 2015 : Umusi wanyuma wogutanga ubushimwe kubaririmvyi 10 wungurujwe kw'igenekerezo itaramenyekana.

Igenekerezo rya 25/4/2015 niwo wari umusi ntabanduka wogutanga ubushimwe kubaririmvyi 10 bashitse mugice canyuma c'ihiganwa Isanganiro Awards 2015 , muri ubwo 10 uwambere niwe aronka agashimwe gahambaye mugufashwa muvyerekeye umenyekanishwa biciye kuri iyonsamiri nyene , uturirimbo twiwe ,ibikorwa vyiwe bigashigwa hejuru mubiganiro bidasanzwe.
Amakuru y'Inkino - Apr 24th 2015, 11:36
Championnat d'afrique Judo 2015 : Ibikorwa bijanye n'ukwitegurira izonkino yuguruwe icese .

Championnat d'afrique Judo 2015 : Ibikorwa bijanye n'ukwitegurira izonkino yuguruwe icese .

Ubushikiranganji bw'urwaruka , inkino n'imicokama kuri uyu wa 24/4/2015 bwifadikanije n'ishirahamwe rya Judo mu Burundi baruguruye icese ibikorwa bitanguza igikombe ca afrika ca Judo kubakinyi ba Junior na Cadet.
Inkuru nyamukuru - Apr 24th 2015, 10:04
Michael Ross yasohowe munzu apanze kubera yabuze ayo kuriha.

Michael Ross yasohowe munzu apanze kubera yabuze ayo kuriha.

Umuririmvyi Michael Ross Kakooza wo mu gihugu ca Ouganda yamenyekanye ku ndirimbo Yooyo amaze imisi asaba indaro inyuma yo gusohorwa munzu yarasanzwe apanze kubera yabuze amafaranga yo kuriha.
Amakuru y'Inkino - Apr 22nd 2015, 22:23
Wewe ushaka gusubiza abana b’igihugu mu ntambara, ndakwinginze ubihagarike :  Jiji Seven

Wewe ushaka gusubiza abana b’igihugu mu ntambara, ndakwinginze ubihagarike : Jiji Seven

Inyuma yo gushira ahabona urukurikirane rwa mbere yise"He Knows me",umuririmvyi w’umudiho wa Raggae mu ndirimbo mpimbazamana Jiji Seven yatanguje igikorwa co gufasha abana bakenye anagirako asaba umuntu wese ashaka intambara kubihagarika kuko vyoba bije kwongereza ingorane abana bafise.
Amakuru y'Inkino - Apr 21st 2015, 22:30
Umurwi nserukiragihugu Intamba Murugamba uzomara amezi 2 mumwiherero (local) mukwitegurira inkino za CHAN 2016 na CAN 2017, Reveriano NDIKURIYO

Umurwi nserukiragihugu Intamba Murugamba uzomara amezi 2 mumwiherero (local) mukwitegurira inkino za CHAN 2016 na CAN 2017, Reveriano NDIKURIYO

Kumugoroba wokuri uyu wa 21/4/2015 mucicaro c’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi uwurongoye FFB , Umukenguzamateka ( Sénateur ) Reveriano NDIKURIYO arikumwe na staff ijejwe ubuhinga y’intamba bakoze inama n’abakinyi batumweko kwitabira imyimenyerezo y’umurwi nserukiragihugu.
Amakuru y'Inkino - Apr 21st 2015, 18:30

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32

Inkuru zasomwe

Ayandi makuru - Jun 13th 2014, 00:03
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 11:42
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 10:30
Ayandi makuru - Jun 14th 2014, 14:35
Amakuru y'Inkino - Apr 13th 2014, 12:38
Amakuru y'Inkino - Aug 1st 2014, 15:27
Amakuru yo Kwidagadura - Mar 13th 2014, 09:30
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32
Ayandi makuru - Aug 8th 2014, 14:25
Amakuru yo Kwidagadura - Feb 18th 2014, 11:22