Amakuru - Amakuru yo kwidagadura

Ayandi Makuru

INTAMBA MURUGAMBA : Urutonde rw'abakinyi 39 bahamagawe mumurwi nserukiragihugu .

INTAMBA MURUGAMBA : Urutonde rw'abakinyi 39 bahamagawe mumurwi nserukiragihugu .

Inyuma y'umubonano uwurongoye ishirahamwe ry'umupira w'amaguru na staff y'ubuhinga y'Intamba Murugamba , urutonde rw'abakinyi 40 bakinira mugihugu rwashizwe ahabona na staff nshasha igizwe na AIT Abdelmalek , NIYUNGEKO Olivier Mutombola na AMIDOU Hassan .
Amakuru y'Inkino - Apr 21st 2015, 11:46
ISANGANIRO Awards 2015 : Murashobora guhitamwo indirimbo y'umwaka mubicishije kuri www.afrifame.bi

ISANGANIRO Awards 2015 : Murashobora guhitamwo indirimbo y'umwaka mubicishije kuri www.afrifame.bi

Ikinyamakuru canyu afrifame.bi carifadikanije n'insamirizi yigenga Isanganiro mukubaha uburenganzira bwoguhitamwo indirimbo mwipfuza yuko ifata ikibanza cambere mw'ihiganwa ry'uyumwaka .
Inkuru nyamukuru - Apr 21st 2015, 09:22
Coupe du Président : Ikirangamisi c'inkino z'igikombe kigira 4 c'umukuru w'igihugu.

Coupe du Président : Ikirangamisi c'inkino z'igikombe kigira 4 c'umukuru w'igihugu.

Kuri uyu wa 24/Ndamukiza/2015 niho hazotangura igikombe c'Umukuru w'igihugu kigira 4 , igikombe gitanga uburenganzira kumurwi ugize amahirwe yokugitahukana guserukira igihugu munkino z'igikombe ca CAF .
Amakuru y'Inkino - Apr 20th 2015, 09:47
PRIMUS LEAGUE / Umusi wa 24 : Vital'o Fc 3-2 Athletico olympic , Messager Bujumbura 1-1 Rusizi...Hasigaye inkino 6 kugira ihiganwa rirangire.

PRIMUS LEAGUE / Umusi wa 24 : Vital'o Fc 3-2 Athletico olympic , Messager Bujumbura 1-1 Rusizi...Hasigaye inkino 6 kugira ihiganwa rirangire.

Mumpera z'inondwi hakinywe inkino zitandukanye mubibuga bitandukanye vy'igihugu . Umurwi wa Vital'o ukiri kw'isonga warashoboye kwironkera amanota atatu batsinze Athletico olympic 3-2 . Ivyo biri uko vyaciye bituma Vital'o iguma kw'isonga n'amanota 57.
Amakuru y'Inkino - Apr 20th 2015, 08:45
Festicab 2015 :  Amareresi azoja mw'Isabukuru rigira 7 ry'uyumwaka yamenyekanye.

Festicab 2015 : Amareresi azoja mw'Isabukuru rigira 7 ry'uyumwaka yamenyekanye.

Kucicaro c'ishirahamwe Festicab habereye inama kubanditsi n'abamenyeshamakuru mukubamenyesha igikorwa kigiye gutangura kubijanye n'amareresi agiye kwerekanwa mubibanza bitandukanye ubu vuba.
Amakuru y'Inkino - Apr 16th 2015, 11:53
Eliminatoires Jeux africains U 23 / Misiri 2-0 Uburundi ,Burundi bye...bye...

Eliminatoires Jeux africains U 23 / Misiri 2-0 Uburundi ,Burundi bye...bye...

Urukino rwogusubiriza rwahuje Misiri n'Intamba z'Uburundi rwarangiye kuntsinzi ya Misiri kubitsindo 2-0 .
Amakuru y'Inkino - Apr 12th 2015, 21:11
Intamba Murugamba u 23 : Abakinyi 11 b'Uburundi batangura mukibuga murukino ruhuza Misiri n'Uburundi.

Intamba Murugamba u 23 : Abakinyi 11 b'Uburundi batangura mukibuga murukino ruhuza Misiri n'Uburundi.

Umumenyereza mukuru yashize hanze urutonde rw'abakinyi 11 batangura mukibuga murukino ruza guhuza Misiri n'Uburundi . Kiza Fataki ntatangura kuri nimero 3 nkuko vyama kumvo z'imvune .
Amakuru y'Inkino - Apr 12th 2015, 15:17
Umurwi w’Intamba Murugamba w'abatarenza imyaka 23 washitse amahoro i Suez / Misiri . Raba amafoto

Umurwi w’Intamba Murugamba w'abatarenza imyaka 23 washitse amahoro i Suez / Misiri . Raba amafoto

Yari igihe c'isaha icenda z'umuhingamo aho abakinyi 17 , abamenyereza 3 ,umuganga 1 , uwaserukiye Ishirahamwe FFB hamwe n'umumenyeshamakuru 1 burira indege iri mubwoko bwa Ethiopian Airlines bagana mu Misiri gukina urukino rwogusubiriza mugisagara ca Suez kiri mubirometero hafi 150 uvuye Cairo.
Amakuru y'Inkino - Apr 11th 2015, 07:17
J B Production yamaze gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Ntawukuruta ya Lady Grace.

J B Production yamaze gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Ntawukuruta ya Lady Grace.

Mundwi iheze twari twababwiye ko amasanamu y’indirimbo Ntawukuruta ya Lady Grace ariko akorerwa muri JB Production,kuri uyu wa 3 w’iyi ndwi turimwo akaba ariho ayo masanamu yaja ahabona.
Inkuru nyamukuru - Apr 9th 2015, 22:01
Masterland ni umwe mu rwaruka 10 ruri mw’ihiganwa "Academie des Talents".

Masterland ni umwe mu rwaruka 10 ruri mw’ihiganwa "Academie des Talents".

Insamirizi Bonesha Fm,imwe muzikorera mu gihugu c’uburundi yaratanguje kuva kuri uyu wa 3 igenekerezo rya 8 Ndamukiza 2015 umugambi "Academie des Talents" aho urwaruka 10 ruva mu bice bitandukanye vy’igihugu ruzohiganwa mu kwerekana ivyo rukora.
Amakuru y'Inkino - Apr 9th 2015, 20:06
Eliminatoires Jeux africains U 23 / Misiri - Burundi : Abakinyi 18 bazoserukira Uburundi murukino rwogusubiriza.

Eliminatoires Jeux africains U 23 / Misiri - Burundi : Abakinyi 18 bazoserukira Uburundi murukino rwogusubiriza.

Umurwi nserukiragihugu w'abatarenza imyaka 23 kuri uyuwagatanu igenekerezo rya 10/4/2014 igihe c'isaha icenda z'umuhingamo niho uzofata indege ugana i Cairo gukina urukino rwogusubiriza . Abakinyi 18 nibo bazokwitabira urwo rukino .
Amakuru y'Inkino - Apr 9th 2015, 18:03
Eliminatoires CAN Gabon 2017 : Uburundi buri mw'itsinda rimwe hamwe na SENEGAL , NIGER hamwe na NAMIBIA.

Eliminatoires CAN Gabon 2017 : Uburundi buri mw'itsinda rimwe hamwe na SENEGAL , NIGER hamwe na NAMIBIA.

Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kumugabane wa afrika watanze ikirangamisi biciye mw'itombora ryuko imirwi izohiganirwa ibibanza vyogukina igikombe ca afrika 2017 mugihugu ca Gabon .
Amakuru y'Inkino - Apr 8th 2015, 17:56
PRIMUS LEAGUE B / Umusi ugira 10 : Soma uko imirwi yomucicaro cakabiri izohura.

PRIMUS LEAGUE B / Umusi ugira 10 : Soma uko imirwi yomucicaro cakabiri izohura.

Inkino za Primus League mucicaro cakabiri zizobandanya kuri uyu wa 11/4/2015 kubibuga bitandukanye . Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi ryahagaritse icicaro cambere kuko Intamba murugamba U23 uzoba uri muri Misiri gukina urukino rwogusubiriza .
Amakuru y'Inkino - Apr 8th 2015, 14:16
Itombora ya  CHAN RWANDA 2016 : Uburundi buzokina inkino 2 kugira buronke itike.

Itombora ya CHAN RWANDA 2016 : Uburundi buzokina inkino 2 kugira buronke itike.

Mugisagara ca Cairo niho kumusi w'ejo igenekrezo rya 5/4/2015 habera itombora y'igikombe ca CHAN 2016 kizokinirwa mugihugu c'Urwanda . Uburundi naho bagize amahirwe yogukina igiheruka cokimwe na Ethiopie irakina urukino rwambere kuko Sudan niyo yagize amahirwe yokurusimba gusa.
Amakuru y'Inkino - Apr 6th 2015, 11:44
PRIMUS LEAGUE / Umusi wa 23 : Vital'o Fc 2-0 Inter star , Messager Ngozi 2-0 Messager Bujumbura, amafoto...

PRIMUS LEAGUE / Umusi wa 23 : Vital'o Fc 2-0 Inter star , Messager Ngozi 2-0 Messager Bujumbura, amafoto...

Ihiganwa rikuru ry'uburundi ryarabandanije kuwagatandatu nokuwamungu kubibuga bitandukanye , umurwi wa Vital'o waranyagiye umukeba wayo Inter star ibitsindo 2 ku 0 , vyinjijwe na Styve NZIGAMASABO hamwe na Laudit MAVUGO yakijwe 23 akaba ariwe akiri kw'isonga.
Amakuru y'Inkino - Apr 6th 2015, 08:57
Mutama Piyo asaba abakunzi b'umupira w'amaguru ko bomugarukira .

Mutama Piyo asaba abakunzi b'umupira w'amaguru ko bomugarukira .

Umutama w'ubuki amaze gukora imyaka itari mike igikorwa kitoroshe cogucungera ikibuga ndetse nogutegura ibi nabiriya kukibuga c'umuganwa Rudoviko Rwagasore ararwaye bimwe biteye ubwoba amaguru yiwe abiri .
Amakuru y'Inkino - Apr 5th 2015, 19:46
Umurwi Amasuka wateguye gusangira Pasika  n’abanyengozi.

Umurwi Amasuka wateguye gusangira Pasika n’abanyengozi.

Hari haheze amezi 8 umurwi amasuka udateguye igiteramo ari nayo mpamvu uwo murwi wateguye gusangira Pasika n’abakunzi bawo mugisagara ca Ngozi kugira babereke ivyo bamaze imisi bakora.
Inkuru nyamukuru - Apr 4th 2015, 21:17
Tora  ukoresheje telephone yawe imwe mu ndirimbo  10 zashitse mu gice ca nyuma  ca Isanganiro Award.

Tora ukoresheje telephone yawe imwe mu ndirimbo 10 zashitse mu gice ca nyuma ca Isanganiro Award.

Ihiganwa Isanganiro Award rigeze mu gice caryo canyuma.Indirimbo 10 muri 20 zariko zirahiganwa kuri uno wa gatanu niho zamenyekana mu kiganiro caciye kuri iyo nsamirizi.
Amakuru y'Inkino - Apr 3rd 2015, 20:38
Abagabo  3 bayobewe abagore babo  kubera basa cane.

Abagabo 3 bayobewe abagore babo kubera basa cane.

Abakobwa 3 bavukiye riwe (ubushuri) aribo Rafaela, Rochele na Tagiane barongowe umunsi umwe mu gihugu ca Brezil ubugeni bwabo bubera mu kibanza kimwe bambaye amakanzu asa banisize ibisa(make up). Ubwo bugeni budasanzwe bukaba bwabereye mu gace kitwa Passo Fundo.
Amakuru y'Inkino - Apr 3rd 2015, 19:07
Jaguar arabeshuza amakuru avuga ko yimirije kugira ubugeni.

Jaguar arabeshuza amakuru avuga ko yimirije kugira ubugeni.

Haraheze imisi havugwa amakuru avuga ko umuririmvyi Jaguar agiye kwubakana na Irene Uwoya ariko uwo muririmvyi yavyiyamirije avuga ko ari igihuha cambaye ubusa.
Amakuru y'Inkino - Apr 3rd 2015, 18:46

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32

Inkuru zasomwe

Ayandi makuru - Jun 13th 2014, 00:03
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 11:42
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 10:30
Ayandi makuru - Jun 14th 2014, 14:35
Amakuru y'Inkino - Apr 13th 2014, 12:38
Amakuru y'Inkino - Aug 1st 2014, 15:27
Amakuru yo Kwidagadura - Mar 13th 2014, 09:30
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32
Ayandi makuru - Aug 8th 2014, 14:25
Amakuru yo Kwidagadura - Feb 18th 2014, 11:22