Amakuru - Amakuru y'inkino

Ayandi Makuru

Amasaha make  imbere y’igiteramo c’I Muyinga, August asohoye indirimbo nshasha.

Amasaha make imbere y’igiteramo c’I Muyinga, August asohoye indirimbo nshasha.

Ku musi wa 6 igenekerezo rya 29 Myandagaro niho umuririmvyi August azokorera igiteramo mu gisagara ca Muyinga bukeye bwaho naho ace akorera ikindi aho bita ku masanganzira,k’urugabano rwa Muyinga na Ngozi.
Amakuru y'Inkino - Aug 26th 2015, 23:36
Souza akeneye umukobwa aha amahera  kugira aje mu masanamu y’indirimbo yiwe.

Souza akeneye umukobwa aha amahera kugira aje mu masanamu y’indirimbo yiwe.

Imbere yuko asubira mu gihugu ca Tanzaniya gukorerayo amasanamu y’indirimbo Usikate Tamaa ,umuririmvyi Souza akeneye umukobwa bakorana amasanamu mu gisagara ca Ngozi.
Amakuru y'Inkino - Aug 24th 2015, 22:38
I Ngozi hari umuririmvyi yitoje mu bashaka kuba abakuru b’imitumba.

I Ngozi hari umuririmvyi yitoje mu bashaka kuba abakuru b’imitumba.

Kuri uno wambere niho hazoba amatora yanyuma mu gihugu c’u Burundi.Muntara ya Ngozi umwe mu baririmvyi bo muri iyo ntara ari mu bitoje kuba umukuru w’umutumba kugira ateze imbere uwo mutumba avukako.
Amakuru y'Inkino - Aug 23rd 2015, 20:05
FEASA / Football : Umurwi w'ishure rya E.T.G watahukanye igikombe i Butare mu Rwanda

FEASA / Football : Umurwi w'ishure rya E.T.G watahukanye igikombe i Butare mu Rwanda

Ihiganwa rihuze amashure yabaye ayambere mubihugu vyabo , muri unomwaka Uburundi bwaserukiwe na E.T.G , iryoshure rikaba ryatahukanye igikombe c'uyumwaka w'2015 .
Amakuru y'Inkino - Aug 23rd 2015, 15:03
 INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi bakina hanze batumweko kwitabira urukino ruzohuza Uburundi na Niger igenekerezo rya 5 Nyakanga 2015 (Officiel).

INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi bakina hanze batumweko kwitabira urukino ruzohuza Uburundi na Niger igenekerezo rya 5 Nyakanga 2015 (Officiel).

Uburundi bwimirije urukino rudasanzwe kw'igenekerezo rya 5 Nyakanga 2015 i Bujumbura , urworukino rugira kabiri muri zankino zogukurakuranamwo mukurondera itike yogukina igikombe ca CAN 2017 kizobera mugihugu ca Gabon . Abakinyi 11 nibo batumweko harimwo n'umunyegori 1 ari i Bujumbura yimenyereza kuva mundwi iheze.
Amakuru y'Inkino - Aug 22nd 2015, 12:38
Masterland mundwi iza arashira ahabona audio na video y’indirimbo ihimaza Imana.Turagaruka no kugiteramo ci Ngozi.

Masterland mundwi iza arashira ahabona audio na video y’indirimbo ihimaza Imana.Turagaruka no kugiteramo ci Ngozi.

Masterland yamaze gukora indirimbo yacurarangiwe Imana(Gospel) muburyo bw’amajwi ndetse n’amashusho yayo.Ariko rero izoja ahabona inyuma y’igiteramo co kuri uyu wa 6 kibera mu gisagara ca Ngozi.
Amakuru y'Inkino - Aug 21st 2015, 23:30
Indirimbo yambere ifise amasanamu irasohoka muri ino ndwi, Leninos.

Indirimbo yambere ifise amasanamu irasohoka muri ino ndwi, Leninos.

Umumenyeshamakuru Lenine Manariyo wa Radio na Tv Rema ariko akora cane muntumbero yo kumenyekanisha umuziki wiwe.Indirimbo imwe muri 4 amaze gukora kuva atanguye azoshira ahabona amasanamu yayo kumusi wa 6 wiyindwi.
Amakuru y'Inkino - Aug 20th 2015, 18:39
BIPFUBUSA Joslin niwe agiye kumenyereza umurwi wa Aigles Noirs  w’i Makamba

BIPFUBUSA Joslin niwe agiye kumenyereza umurwi wa Aigles Noirs w’i Makamba

Kw’igenekerezo rya 16/8/2015 niho umumenyereza muto mumyaka mubamenyereza bamenyereza mucicaro cambere yasinya amasezerano yokumenyereza umurwi ugiye kuduga mucicaro cambere uva i Makamba. Tubibutse yuko mumwaka uheze yari mumurwi wa Messager Ngozi.
Amakuru y'Inkino - Aug 17th 2015, 12:01
Itegurwa rya Album  yakabiri y’umurwi Amasuka rigeze kure.

Itegurwa rya Album yakabiri y’umurwi Amasuka rigeze kure.

Umurwi Amasuka ugejeje hafi ku bice 50 kw’ijana utegura urukurikirane rwabo rwa kabiri ruzoja ahabona mu mpera zuno mwaka.
Amakuru y'Inkino - Aug 15th 2015, 22:50
Mkomboz  ariko ategura album kandi igeze kure.

Mkomboz ariko ategura album kandi igeze kure.

Mugihe umuririmvyi Mkomboz ata rukurikirane na rumwe yarafise kugeza ubu,muri kino gihe ariko aca kubiti no kumabuye kugira yuzuze indirimbo zizoba zigize urukurikirane rwiwe rwambere.
Amakuru y'Inkino - Aug 13th 2015, 20:27
BURUNDI- NIGER : Abakinyi bakina hanze bazoza gufashanya n’abandi bakina aha iwacu , NDIKURIYO Reverien

BURUNDI- NIGER : Abakinyi bakina hanze bazoza gufashanya n’abandi bakina aha iwacu , NDIKURIYO Reverien

Igenekerezo rya 5 Nyakanga 2015 , igihugu c’Uburundi kizotana mumitwe n’umurwi wa ‘Mena National’ yomugihugu ca Niger . Imyiteguro ikaba yaratanguye kuva kuri uyuwambere 10/8/2015,uwomusi nyene abakinyi bakaba barinjiye mumwiherero .
Amakuru y'Inkino - Aug 12th 2015, 11:30
KAZE Cedric yanse kuba icegera c’umumenyereza  DYLAN Kerr wa Simba SC yomuri Tanzaniya .

KAZE Cedric yanse kuba icegera c’umumenyereza DYLAN Kerr wa Simba SC yomuri Tanzaniya .

Mubiganiro KAZE Cedric yagiranye n’umurwi wa Simba yomugihugu ca Tanzaniya ntacavuyemwo kuko ico bamushakako ntabwo bagihurijeko . Yaciye ashima kugaruka mu Burundi .
Amakuru y'Inkino - Aug 12th 2015, 11:08
KAZE Cédric ari mubiganiro n'umurwi wa Simba wo muri Tanzaniya.

KAZE Cédric ari mubiganiro n'umurwi wa Simba wo muri Tanzaniya.

Umumenyereza w'umurundi KAZE Cedric yigeze kuba mubamenyereza umurwi nserukiragihugu , yongera kandi aramenyereza umurwi wa Athletico yawuhaye ikibanza coguserukira igihugu munkino z'igikombe ca Confederation umwaka uza , amakuru dukura mugihugu ca Tanzaniya atumenyesha yuko ari mubiganiro n'umurwi wa Simba Sports Club kuba icegera c'umumenyereza .
Amakuru y'Inkino - Aug 11th 2015, 11:04
INTAMBA MURUGAMBA / SENIOR: Imyimenyerezo yogutegura urukino rwa NIGER igiye gutangura kuri uyu wambere 10/8/2015

INTAMBA MURUGAMBA / SENIOR: Imyimenyerezo yogutegura urukino rwa NIGER igiye gutangura kuri uyu wambere 10/8/2015

Inyuma y’ukwezi umurwi nserukiragihugu uri mukaruhuko , kuri uyu wambere igenekerezo rya 10/8/2015 niho imyimenyerezo igiye gusubira gutangura ukuri kwamye kukibuga kijejwe ubuhinga (C.T.N) igihe c’isaha icenda z’umuhingamo.
Amakuru y'Inkino - Aug 9th 2015, 17:44
Lolilo afise igiteramo muri Congo.

Lolilo afise igiteramo muri Congo.

Umuririmvyi Lolilo ari mu rukurikirane rw’ibiteramo aho ariko ashira ahabona ireresi nshasha.Inyuma y’intara zitandukanye z’uburundi,ubu haramukiwe igihugu ca Congo.
Amakuru y'Inkino - Jul 27th 2015, 21:29
Emirates Cup 2015 : Arsenal 1-0 Wolsbourg , raba ibice bimwe bimwe vyaranze urukino.(Vidéo)

Emirates Cup 2015 : Arsenal 1-0 Wolsbourg , raba ibice bimwe bimwe vyaranze urukino.(Vidéo)

Umurwi wa Arsenal niwo uramutswa igikombe ca Emirets Cup c'uyumwaka w'2015 . Ikinyamakuru afrifame.bi cashimye kubashikiriza youtube y'ibice bikuru bikuru vyaranze urworukino .
Amakuru y'Inkino - Jul 27th 2015, 12:38
Umwana w'umuhisi Whitney HOUSTON ntagihema mubazima.

Umwana w'umuhisi Whitney HOUSTON ntagihema mubazima.

Bobbi Kristina Brown yitavye Imana afise imyaka 22 . Bobi yitavye Imana kuri uyu wa 26/7/2015 inyuma y'amezi 6 arwaye , akaba yaratowe muri W.C yataye ubwenge kubera ibiyayuramutwe yafashe .
Amakuru y'Inkino - Jul 27th 2015, 12:01
Imiriyoni 38.500.000 y’amarundi  niyo yagabuwe mudushimwe twatanzwe na FFB mugusozera ihiganwa Primus League A & B, amafoto

Imiriyoni 38.500.000 y’amarundi niyo yagabuwe mudushimwe twatanzwe na FFB mugusozera ihiganwa Primus League A & B, amafoto

Amafaranga angana n'imiriyoni 38.500.000 y'amarundi niyo yakoreshejwe mugutanga udushimwe kumirwi ndetse nokubakinyi , abamenyeshamakuru , igisata c'abahagarikizi , icogutegura inkino . Ibirori bikaba vyabereye kukibuga c'Umuganwa Rudoviko Rwagasore kw'igenekerezo rya 25/7/2015 .
Amakuru y'Inkino - Jul 26th 2015, 11:19
Laudit MAVUGO yiyandikiye amateka mugihugu c'Uburundi.

Laudit MAVUGO yiyandikiye amateka mugihugu c'Uburundi.

Umwe mubakinyi bitumwako mumurwi wa Vital'o ndetse n'umurwi nserukiragihugu , Laudit MAVUGO yakoze ibikora inka muri uyumwaka w'inkino 2014-2015 kuruhande rw'umupira w'amaguru mu Burundi .Ikinyamakuru afrifame.bi cashimye kugaruka kukazi katoroshe yakoze mugutuma umurwi wiwe yifadikanije n'abandi ushika kuntsinzi yogutahukana ibikombe 3
Amakuru y'Inkino - Jul 26th 2015, 10:02
SUPER COUPE 2015 : VITAL'O FC 3-0  Athletico Olympic .

SUPER COUPE 2015 : VITAL'O FC 3-0 Athletico Olympic .

Urukino rwanyuma rwogusozera ihiganwa Primus League 2014-2015 rwakinywe kuri uyu wagatandatu kukibuga c'Umuganwa Rudoviko Rwagasore hagati y'umurwi wa Vital'o Fc na Athletico Olympic , urukino rukaba rwari rwitabwe n'abakunzi b'inkino batari bake harimwo n'indongozi z'umupira w'amaguru mu Burundi . Vital'o Fc yatsinze Atlhetico 3-0.
Amakuru y'Inkino - Jul 26th 2015, 09:25

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32

Inkuru zasomwe

Ayandi makuru - Jun 13th 2014, 00:03
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 11:42
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 10:30
Ayandi makuru - Jun 14th 2014, 14:35
Amakuru y'Inkino - Apr 13th 2014, 12:38
Amakuru y'Inkino - Aug 1st 2014, 15:27
Amakuru yo Kwidagadura - Mar 13th 2014, 09:30
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32
Ayandi makuru - Aug 8th 2014, 14:25
Amakuru yo Kwidagadura - Feb 18th 2014, 11:22