Amakuru - Amakuru y'inkino

Ayandi Makuru

Eliminatoires Coupe du Monde 2018 : Uburundi buzohura n’igihugu c’izinga rya Sychelles murukino rwambere.

Eliminatoires Coupe du Monde 2018 : Uburundi buzohura n’igihugu c’izinga rya Sychelles murukino rwambere.

Mugihugu c’uburusiya (Russie) ,mugisagara ca St Petersbourg niho habereye itombora y’ibihugu 208 uko bizohura munkino zogukura kuranamwo z’igikombe c’isi kizobera muri icogihugu mumwaka w’2018. Ibihugu 31 nivyo bizoronka itike yogukina inkino zanyuma (Phase finale ) . Uburundi bukaba buzohura n’igihugu c’Izinga rya Sychelles
Amakuru y'Inkino - Jul 25th 2015, 19:13
 Dr Hage Geingob Trophy / Namibia : Yamin Selemani na Fiston Abdul Razzak nibo batsindiye imirwi yabo mishasha.

Dr Hage Geingob Trophy / Namibia : Yamin Selemani na Fiston Abdul Razzak nibo batsindiye imirwi yabo mishasha.

Murukino rwahuje umurwi wa Mamelodi Sondowns usanzwe akinamwo Fiston Razzak hamwe n'uwa Yamin Selemani NDIKUMANA witwa Premeiro de Agosto FC rwangiye bateye ama penalti , Fiston na Yamin bose akaba aribo batsindiye imirwi yabo.
Amakuru y'Inkino - Jul 24th 2015, 12:29
SUPER COUPE 2015 : VITAL'O FC izohura na Athletico Olympic murundi rukino kuri uyu wagatandatu 25/7/2015

SUPER COUPE 2015 : VITAL'O FC izohura na Athletico Olympic murundi rukino kuri uyu wagatandatu 25/7/2015

Inyuma yogutwara ibikombe 2 bigize amahiganwa y'umupira w'amaguru mucicaro cambere , umurwi wa Vital'o Fc uzosubira kandi guhura na Athletico murukino rwanyuma (Final) kur uyu wagatandatu kukibuga c'Umuganwa Rudoviko Rwagasore igihe c'isaha icenda .
Amakuru y'Inkino - Jul 24th 2015, 11:01
CECAFA KAGAME CUP 2015 : Soma amajambo ateye ikigongwe BIGIRIMANA Issa Walcot yanditse muguhoza LL s4A yatsinze igitsindo kigira kabiri.

CECAFA KAGAME CUP 2015 : Soma amajambo ateye ikigongwe BIGIRIMANA Issa Walcot yanditse muguhoza LL s4A yatsinze igitsindo kigira kabiri.

BIGIRIMANA Issa benshi batazira Walcot yigeze gukinira umurwi wa LL s4a imbere yuko agurwa mu Rwanda mumurwi wa A.P.R , yakinira inyuma mugabo igihe yashika muri A.P.R baciye bashima kumushira imbere bivanye n'ubukerebusi afise igihe asatiriye. Issa kurubuga rwiwe rwa facebook akaba yashimye gusaba imbabazi ndetse n'uguhoza umurwi yakiniye.
Amakuru y'Inkino - Jul 24th 2015, 10:10
CECAFA KAGAME CUP 2015 : LL s4a bye... bye... ( LL s4a 1-2 A.P.R )

CECAFA KAGAME CUP 2015 : LL s4a bye... bye... ( LL s4a 1-2 A.P.R )

Umurwi LL S4A uva mugihugu c'Uburundi wasezerewe n'umurwi wa A.P.R yomu Rwanda inyuma yogutsindwa ibitsindo 2-1 , LL s4a Ntamahigwe yari kuba ifise inyuma yaho itakarije urwo rukino rwanyuma rwomumatsinda . Ikaba yategerezwa n'imiburiburi kuronka amanota 3 kugira igire icizere cokubandanya .
Amakuru y'Inkino - Jul 24th 2015, 09:46
Umuririmvyi Landry Gateka ariko ategurirwa  i giteramo.

Umuririmvyi Landry Gateka ariko ategurirwa i giteramo.

Hariko hategurwa igiteramo cambere giteguwe na Isangi Label iheruka kugirana amasezerano yo gukorana n’umuririmvyi Landry Gateka.
Amakuru y'Inkino - Jul 23rd 2015, 20:33
Raba video nshasha ya KEBBY Boy yakoreye muri Tanzaniya.

Raba video nshasha ya KEBBY Boy yakoreye muri Tanzaniya.

Umuririmvyi asanzwe afise ubwenegihugu bw'uburundi HAKIZIMANA Yussuf Kabeza benshi batazira Kebby boy aherutse gusohora isanamu y'indirimbo yiwe nshasha yitwa 'Igikomangoma' .
Amakuru y'Inkino - Jul 23rd 2015, 13:32
 Eliminatoires Coupe du monde 2018: Uburundi buzomenya igihugu buzohura naco igenekerezo rya 25/7/2015

Eliminatoires Coupe du monde 2018: Uburundi buzomenya igihugu buzohura naco igenekerezo rya 25/7/2015

Inkino zogukurakuranamwo mukurondera itike yogukina igikombe c'isi 2018 kizobera mugihugu c'Uburusiya zizokinwa kumagenerezo ya 5 na 13 /8/2015 , imirwi 26 niyo izohura hagati yayo, 13 izoca ironka uburyo bwokubandanya muguhura n'iyindi mirwi 27.
Amakuru y'Inkino - Jul 23rd 2015, 12:49
RALLYE Joe feat AFISA Raj B bashize ahabona video y'indirimbo bakoranye yitwa 'Apple'. Irabire ngaha.

RALLYE Joe feat AFISA Raj B bashize ahabona video y'indirimbo bakoranye yitwa 'Apple'. Irabire ngaha.

Inyuma yumwaka urenga Rallye Joe NIYIZI akoranye akaririmbo kokwumviriza na AFISA Raj B , baciye bashima kugakorera isanamu , ikaba yaramaze kuja ahabona . Ikinyamakuru afrifame.bi kibicishije kubuhinga bwa youtube yashimye kubashikiriza iyosanamu.
Amakuru y'Inkino - Jul 20th 2015, 10:25
MAMA Awards : Nigeria yapfutse ibihugu vyose vyokumugabane wa afrika mugutwara udushimwe twinshi.

MAMA Awards : Nigeria yapfutse ibihugu vyose vyokumugabane wa afrika mugutwara udushimwe twinshi.

Kumugoroba w'igenekerezo rya 18/7/2015 mu ntara ya Kwazulu - Natal muri Afrika y'epfo niho habereye igikorwa gikomeye cogutanga udushimwe twa MTV MAMA Awards 2015.
Amakuru y'Inkino - Jul 20th 2015, 09:40
Chou man na Rallye Joe bari bashigikiye Vital'o Fc i Ngozi , Black G nawe ngo yari ashigikiye Athletico olympic.

Chou man na Rallye Joe bari bashigikiye Vital'o Fc i Ngozi , Black G nawe ngo yari ashigikiye Athletico olympic.

Murukino rwanyuma rwoguhiganirwa igikombe c'umukuru w'igihugu incuro yaco ya 4 , abantu batandukanye barakubitiye i Ngozi kurorera urwo rukino rwari rurindiriwe cane hagati ya Vital'o na Athletico. Muribo hari abasani bazwi mugihugu bishikiye kukibuga 'Urukundo' i Ngozi..
Amakuru y'Inkino - Jul 20th 2015, 08:55
NIZIGIYIMANA Karim MAKENZE niwe yatowe nk'umukinyi yigenjeje neza mukwezi kwa 6 mugihugu ca KENYA.

NIZIGIYIMANA Karim MAKENZE niwe yatowe nk'umukinyi yigenjeje neza mukwezi kwa 6 mugihugu ca KENYA.

Umukinyi batazira Makenzie asanzwe afise ubwenegihugu bwomugihugu c'Uburundi niwe yatowe nk'umukinyi yigenjeje neza gusumba abandi mw'ihiganwa ry'umupira w'amaguru mugihugu ca Kenya.
Amakuru y'Inkino - Jul 19th 2015, 16:29
Umuririmvyikazi SYBILE kazuba Cishahayo ubu n'umuvyeyi...

Umuririmvyikazi SYBILE kazuba Cishahayo ubu n'umuvyeyi...

Umuririmvyikazi SYBILE Kazuba aherutse kwibaruka umwana w'umuhungu . Akamwemwe ni kwose kuriwe , akaba yabigaragaje kurubuga rwiwe rwa facebook .
Amakuru y'Inkino - Jul 19th 2015, 15:42
COUPE DU PRESIDENT / FINALE 2015 : ARAKAZA Mc Arthur niwe yahaye intsinzi umurwi wiwe. Raba amafoto na Video... .

COUPE DU PRESIDENT / FINALE 2015 : ARAKAZA Mc Arthur niwe yahaye intsinzi umurwi wiwe. Raba amafoto na Video... .

Urukino rwanyuma rw'igikombe c'Umukuru w'igihugu cakiniwe mugisagara ca Ngozi , i Buye kukibuga Urukundo hagati y'umurwi wa Vital'o Fc hamwe na Athletico Olympic.Abantu batari bake bitabiye urwo rukino kubwinshi.Vital'o yatsinze ama penalty 4-3. Inyuma yokunganya muminota 120 (2-2).
Amakuru y'Inkino - Jul 19th 2015, 13:34
Amasezerano ya  Isangi Label ndayitezeko vyinshi,Landry Gateka.

Amasezerano ya Isangi Label ndayitezeko vyinshi,Landry Gateka.

Umuririmvyi Landry Gateka ngo yiteze gutera iyindi ntambwe mu muziki wiwe biciye mu masezerano aheruka kugirana na Isangi Records Label.
Amakuru y'Inkino - Jul 16th 2015, 21:40
FOOTBALL FEMININ / Umusi wa 1 : Ibitsindo 18 nivyo vyinjiye.

FOOTBALL FEMININ / Umusi wa 1 : Ibitsindo 18 nivyo vyinjiye.

Ihiganwa ry’abigeme ryatanguye ukuri kwamye nkuko twabibamenyesheje mumakuru yacu yaheruka . Twarashoboye kurorera inkino 2 zakinywe kukibuga kijejwe ubuhinga kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 12/7/2015.
Amakuru y'Inkino - Jul 13th 2015, 10:14
COUPE DU PRESIDENT / FINALE : Athletico Olympic ya KAZE Cédric na Vital’o ya YAOUNDE nizo zizohura murukino rwanyuma .

COUPE DU PRESIDENT / FINALE : Athletico Olympic ya KAZE Cédric na Vital’o ya YAOUNDE nizo zizohura murukino rwanyuma .

I Ngozi kukibuga co Kugasaka Athletico olympic yatsinze Olympic star biciye kuma penalty , inyuma y’iminota 120 bakinye banganya 1-1 . Vital’o Fc nayo ikaba yamaramaje umurwi wa Inter star mukuwutsinda 2-1 , urukino rwanyuma ruzokinirwa i Ngozi igenekerezo rya 18/7/2015 .
Amakuru y'Inkino - Jul 13th 2015, 09:34
NGENDABANKA Natacha abarizwa mugihugu ca Italie

NGENDABANKA Natacha abarizwa mugihugu ca Italie

NGENDABANKA Natacha kw'igenekerezo rya 9/7/2015 niho yafata indege n'umuryango wiwe agana mugihugu ca Italie . Impamvu z'urwo rugendo akaba ari akaruhuko ndetse nokubandaniriza ibikorwa vyiwe vy'umuziki.
Amakuru y'Inkino - Jul 11th 2015, 15:45
Irabire mumafoto imodoka nshasha ' PRADO VX ,V8' , TAMBWE Amissi akinira Yanga africans yaguze....

Irabire mumafoto imodoka nshasha ' PRADO VX ,V8' , TAMBWE Amissi akinira Yanga africans yaguze....

Umukinyi TAMBWE Amissi abandanya agaragaza yuko ari bitumwako mubijanye n'umupira w'amaguru ,inyuma yogukinira umurwi wa Simba Sc , bivanye n'ukutumvikana neza n'umumenyereza mushasha wa Simba . Tambwe yaciye yirukanwa , umurwi wa Yanga africans watahukanye igikombe muri uyumwaka uca uramuha 'karibu' , ubu niwemukinyi Yanga africans igenderako .
Amakuru y'Inkino - Jul 11th 2015, 14:31
COUPE DU PRESIDENT : Urukino hagati ya Inter star na Vital'o rwungurujwe kuri uyu w'Imana 12/7/2015 kuri Prince Louis Rwagasore.

COUPE DU PRESIDENT : Urukino hagati ya Inter star na Vital'o rwungurujwe kuri uyu w'Imana 12/7/2015 kuri Prince Louis Rwagasore.

Nkuko twari twabibashikirije imirwi 4 yaronse ibakwe ryogukina igice cakabiri gishira icanyuma mugikombe c'umukuru w'igihugu . Urukino rwari guhuza Inter star na Vital'o rwungurujwe kuri uyu w'Imana 12/7/2015 kukibuga c'Umuganwa Rudoviko Rwagasore igihe c'isaha icenda.
Amakuru y'Inkino - Jul 11th 2015, 14:01

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32

Inkuru zasomwe

Ayandi makuru - Jun 13th 2014, 00:03
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 11:42
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 10:30
Ayandi makuru - Jun 14th 2014, 14:35
Amakuru y'Inkino - Apr 13th 2014, 12:38
Amakuru y'Inkino - Aug 1st 2014, 15:27
Amakuru yo Kwidagadura - Mar 13th 2014, 09:30
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32
Ayandi makuru - Aug 8th 2014, 14:25
Amakuru yo Kwidagadura - Feb 18th 2014, 11:22