Amakuru - Amakuru y'inkino

Ayandi Makuru

FOOTBALL FEMININ : Soma urutonde rw'abakenyezi 28 batumweko mumurwi nserukiragihugu w'abatarenza imyaka 23.

FOOTBALL FEMININ : Soma urutonde rw'abakenyezi 28 batumweko mumurwi nserukiragihugu w'abatarenza imyaka 23.

Igisata kijejwe umupira w'amaguru kuruhande rw'abakenyezi mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi kirongowe na OPC2 Mme Eugenie KABURA, icogisata gifadikanije n'ibiro bijejwe ubuhinga muri FFB bashize hamwe baratora abakinyi 28 batarenza imyaka 23 kugira bategure umurwi mukuru w'Intamba.
Amakuru y'Inkino - Jul 11th 2015, 11:01
BUTERA Knowless yashize hanze video y'indirimbo 'PEKE YANGU' yakoreye i Zanzibar n'i Dar es Salaam, irabire hano.

BUTERA Knowless yashize hanze video y'indirimbo 'PEKE YANGU' yakoreye i Zanzibar n'i Dar es Salaam, irabire hano.

Umuririmvyikazi bitumwako mugihugu c'Urwanda BUTERA Knowless yashize ahagaragara isanamu y'indirimbo yiwe nshasha izwi kw'izina rya 'PEKE YANGU' , akaba yayikoreye mugihugu ca Tanzaniya kumugwa mukuru hamwe na Zanzibar.
Amakuru y'Inkino - Jul 11th 2015, 10:42
Lolilo agomba asohore iyindi reresi.

Lolilo agomba asohore iyindi reresi.

“Politike tuyirekere abanyapolitike hanyuma umwe wese akore akazi kiwe”,ayo niyo majambo y’umuririmvyi Lolilo aho avuga ko mugihe abandi batwawe na politike we yagumye akora akazi kumuziki ndetse akaba agiye gusohora ireresi.Ubugeni nabwo ngo ni vuba kuko kubana n’umugore batagize ubugenii ngo vyari vyamurambiye.
Amakuru y'Inkino - Jul 6th 2015, 21:33
COUPE DU PRESIDENT : Igenekerezo rya 18/7/2015 i Ngozi niho hazokinwa urukino rwanyuma (Finale).

COUPE DU PRESIDENT : Igenekerezo rya 18/7/2015 i Ngozi niho hazokinwa urukino rwanyuma (Finale).

Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi washize hanze ikirangamisi n'ibibanza hazokinwako inkino z'igice cakabiri ishira icanyuma hamwe n'urukino rwanyuma , unomwaka urukino rwanyuma ruzokinirwa i Ngozi.
Amakuru y'Inkino - Jul 6th 2015, 10:19
Ubucuti bwanje na SADIO Mane bubandanya bugenda neza, NAHIMANA Shasir

Ubucuti bwanje na SADIO Mane bubandanya bugenda neza, NAHIMANA Shasir

NAHIMANA Shasir n’umwe mubakinyi batanguye kugaragara igihe binjiye mucicaro cambere mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi . Yatanguye kwerekana ubushobozi bwiwe mumurwi wa Inter star gushika naho agomwa na Vital’o akaba ariwomurwi akinira ubu.
Amakuru y'Inkino - Jul 6th 2015, 08:26
Football feminin / Ligue A : Ikirangamisi c'ihiganwa rishasha  cagiye ahabona.

Football feminin / Ligue A : Ikirangamisi c'ihiganwa rishasha cagiye ahabona.

OPC2 KABURA Eugenie asanzwe arongoye igisata c'umupira w'amaguru kubakenyezi arikumwe n'abamufasha bashize hanze ikirangamisi c'inkino zizokinwa muri uyu mwaka w'2015 mucicaro cambere kubakenyezi.
Amakuru y'Inkino - Jul 5th 2015, 18:09
NSHIMIRIMANA Abassi niwe yatsindiye ibitsindo 2 Intamba murukino rwahuje Uburundi na Djibouti. Raba amafoto...

NSHIMIRIMANA Abassi niwe yatsindiye ibitsindo 2 Intamba murukino rwahuje Uburundi na Djibouti. Raba amafoto...

Intamba Murugamba yaronse itike yogikina urukino rwanyuma rushobora kuba uburenganzira bwokuja i Kigali mu Rwanda mu mwaka 2016 . Uburundi buzokina inkino 2 n’umurwi wa Ethiopia mukwezi kwa Gitugutu 2015 .
Amakuru y'Inkino - Jul 5th 2015, 16:50
Natacha NGENDABANKA ntiyavyoroshe kuri Cercle Hippique kumusi woguhimbaza imyaka 53 Uburundi bwikukiye...

Natacha NGENDABANKA ntiyavyoroshe kuri Cercle Hippique kumusi woguhimbaza imyaka 53 Uburundi bwikukiye...

Umuririmvyi bitumwako Natacha NGENDABANKA abandanya agaragaza ubushobozi bwiwe mubijanye nogukora ibiteramo bikitabirwa n'abantu b'icubahiro ndetse bikaryoha cane. Kw'igenekerezo rya 1/7/2015 kuri Cercle Hippique ntiyavyoroshe .
Amakuru y'Inkino - Jul 3rd 2015, 12:24
NIYUNGEKO Alain Olivier ararahira akarengwa yuko inkuru bamwanditse atariyo.

NIYUNGEKO Alain Olivier ararahira akarengwa yuko inkuru bamwanditse atariyo.

Igihe umurwi nserukiragihugu w'Intamba murugamba wari munkino nya afrika zogukurakuranamwo muri Senegal na Djibouti , hari amakuru yagiye aravugwa yuko Alain Olivier NIYUNGEKO benshi batazira Mutombola yoba ariwe agiye kumenyereza umurwi wa LL S4A , ayomakuru akaba amenyesha yuko atakinyamakuru canke insamiriza yoba yavugiyeko ayemeza.
Amakuru y'Inkino - Jul 3rd 2015, 10:19
CECAFA 2015 : LL S4A niyo izoserukira Uburundi i Dar Es Salaam , Etienne yamenyereza uwomurwi ubu abarizwa mw'izinga rya Comores.

CECAFA 2015 : LL S4A niyo izoserukira Uburundi i Dar Es Salaam , Etienne yamenyereza uwomurwi ubu abarizwa mw'izinga rya Comores.

Hagati y'amagenekerezo ya 18/7/2015 gushika irya 2/8/2015 , igihugu ca Tanzaniya nico kizokwakira inkino za CECAFA kuruhande rw'imirwi yabaye iyambere mubihugu vyabo . Uburundi unomwaka uzoserukirwa na LL s4a niwomurwi watahukanye igikombe ca Primus League muri 2014 , ukaba ariwo uzoserukira Uburundi muri izonkino .
Amakuru y'Inkino - Jul 3rd 2015, 09:35
Tour préliminaire CHAN RWANDA 2016/ Retour : Uburundi buratana mumitwe na Djibouti kuri uyu wa 4/7/2015

Tour préliminaire CHAN RWANDA 2016/ Retour : Uburundi buratana mumitwe na Djibouti kuri uyu wa 4/7/2015

Urukino rwogusubiriza hagati y'Uburundi na Djibouti (Djibouti 1-2 Burundi murukino rwambere) muntumbero yokurondera itike yogukina igikombe ca CHAN 2016 kizobera mugihugu kibanyi c'Urwanda ruzokinwa atagisivya kuri uyu wa 4/7/2015 kukibuga c'Umuganwa Rudoviko Rwagasore .
Amakuru y'Inkino - Jul 3rd 2015, 08:36
Tour préliminaire CHAN RWANDA 2016 : Djibouti 1-2 Burundi , urukino rwogusubiriza nimundwi 2.

Tour préliminaire CHAN RWANDA 2016 : Djibouti 1-2 Burundi , urukino rwogusubiriza nimundwi 2.

Urukino rwahuje umurwi w'intamba Senior w'abakinyi bakinira imuhira n'umurwi wa Djibouti warangiye Uburundi butsinze 2-1 , ibitsindo vyose uko ari 3 vyabonetse mugice cakabiri c'urukino.
Amakuru y'Inkino - Jun 21st 2015, 23:08
COPA AMERICA : NEYMAR yahagaritswe inkino 4 , acibwa n'ihadabu y'amafaranga ibihumbi 10 vy'amadorari.

COPA AMERICA : NEYMAR yahagaritswe inkino 4 , acibwa n'ihadabu y'amafaranga ibihumbi 10 vy'amadorari.

Inyuma yogushwana n'umukinyi Carlos BACCA murukino rwahuje Bresil na Colombia , umurwi wiwe ukaba watsinzwe 1-0 , Neymar ntazosubira kugaragara kuri iyomikino iriko ibera mugihugu ca Chili .
Amakuru y'Inkino - Jun 20th 2015, 13:40
INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi bimenyereje kukibuga bazokinira urukino kuri uyu wa mungu 21/6/2015 .Raba vidéo

INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi bimenyereje kukibuga bazokinira urukino kuri uyu wa mungu 21/6/2015 .Raba vidéo

Yari igihe c'isaha zitatu n'igice z'ijoro , cokimwe n'isaha zibiri n'igice isaha y'i Burundi ariho umurwi nserukiragihugu Intamba murugamba bimenyereza incuro igira kabiri inyuma y'imyimenyerezo yokumusi wagatatu kukibuga kijejwe ubuhinga .
Amakuru y'Inkino - Jun 19th 2015, 00:58
Mbega  Chany Queen yoba  yahungiye mu Rwanda?

Mbega Chany Queen yoba yahungiye mu Rwanda?

Umuririmvyikazi GITARE CHANELLE MONIA benshi bazi kw’izina rya Chany Queen abarizwa mu gihugu cu Rwanda kuva kuri uno wa 3 igenekerezo rya 18 Ruheshi aho azomarayo indwi yose.
Amakuru y'Inkino - Jun 18th 2015, 21:15
INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi n'abagiye baherekeje umurwi bashitse amahoro muri Djibouti

INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Abakinyi n'abagiye baherekeje umurwi bashitse amahoro muri Djibouti

Yari igihe c'isaha zitanu z'agatondo ariho abakinyi 13 bari mubakinye urukino rwa Senegal guteranya 5 baje bava i Bujumbura bahuriye i Addis abeba imbere yuko bafata indege imwe yabashikanye mugihugu ca Djibouti .
Amakuru y'Inkino - Jun 17th 2015, 18:07
Raba video 'Tuungane' ya NATACHA featuring BANANA ZORRO.

Raba video 'Tuungane' ya NATACHA featuring BANANA ZORRO.

Inyuma y'urugendo yagiriye muri Tanzaniya umuririmvyi w'umurundikazi NATACHA icoyipfuza yagishitseko . Ururirimbo yakoranye na Banana Zorro isanamu barukoreye yaramaze kuja ahabona .
Amakuru y'Inkino - Jun 16th 2015, 03:20
Raba video y'ibitsindo 3-1 vyinjiye murukino rwahuje SENEGAL n'Uburundi .

Raba video y'ibitsindo 3-1 vyinjiye murukino rwahuje SENEGAL n'Uburundi .

Murukino rwahuje umurwi nserukiragihugu wa Senegal nuw'Uburundi rwarangiye Senegal itsinze 3-1 . Ikinyamakuru afrifame.bi cashimye kugaruka kubitsindo vyose uko vyinjiye .
Amakuru y'Inkino - Jun 14th 2015, 04:49
CAF ELIMINATOIRES GABON 2017 : SENEGAL  3 – 1 BURUNDI

CAF ELIMINATOIRES GABON 2017 : SENEGAL 3 – 1 BURUNDI

Urukino rwahuje umurwi wa Lions Teranga n’Uburundi rwarangiye 3 -1 abantu batari bake bari bitabiriye urwo rukino , mubisanzwe ikibuga cakira abantu ibihumbi 60 mugabo ntivyakunze ko cuzura naho ibihugu vyompi vyari bishigikiwe bikwiye .
Amakuru y'Inkino - Jun 14th 2015, 00:21
CAF ELIMINATOIRES / GABON 2017 : Raba mumafoto abakinyi 11 b’Intamba batangura mukibuga murukino ruzakubahuza na Senegal.

CAF ELIMINATOIRES / GABON 2017 : Raba mumafoto abakinyi 11 b’Intamba batangura mukibuga murukino ruzakubahuza na Senegal.

Umumenyereza AIT ABDELMALEK Ahcene amenyereza umurwi nserukiragihugu w’Uburundi yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 11 muri 18 bazagutangura mukibuga murukino rutaza kuba rworoshe na gato mukibuga Leopold Sedar SENGHOR .
Amakuru y'Inkino - Jun 13th 2015, 17:38

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32

Inkuru zasomwe

Ayandi makuru - Jun 13th 2014, 00:03
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 11:42
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 10:30
Ayandi makuru - Jun 14th 2014, 14:35
Amakuru y'Inkino - Apr 13th 2014, 12:38
Amakuru y'Inkino - Aug 1st 2014, 15:27
Amakuru yo Kwidagadura - Mar 13th 2014, 09:30
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32
Ayandi makuru - Aug 8th 2014, 14:25
Amakuru yo Kwidagadura - Feb 18th 2014, 11:22