Amakuru - Amakuru y'inkino

Ayandi Makuru

PRIMUS LEAGUE B / Umusi ugira 10 : Soma uko imirwi yomucicaro cakabiri izohura.

PRIMUS LEAGUE B / Umusi ugira 10 : Soma uko imirwi yomucicaro cakabiri izohura.

Inkino za Primus League mucicaro cakabiri zizobandanya kuri uyu wa 11/4/2015 kubibuga bitandukanye . Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi ryahagaritse icicaro cambere kuko Intamba murugamba U23 uzoba uri muri Misiri gukina urukino rwogusubiriza .
Amakuru y'Inkino - Apr 8th 2015, 14:16
Itombora ya  CHAN RWANDA 2016 : Uburundi buzokina inkino 2 kugira buronke itike.

Itombora ya CHAN RWANDA 2016 : Uburundi buzokina inkino 2 kugira buronke itike.

Mugisagara ca Cairo niho kumusi w'ejo igenekrezo rya 5/4/2015 habera itombora y'igikombe ca CHAN 2016 kizokinirwa mugihugu c'Urwanda . Uburundi naho bagize amahirwe yogukina igiheruka cokimwe na Ethiopie irakina urukino rwambere kuko Sudan niyo yagize amahirwe yokurusimba gusa.
Amakuru y'Inkino - Apr 6th 2015, 11:44
PRIMUS LEAGUE / Umusi wa 23 : Vital'o Fc 2-0 Inter star , Messager Ngozi 2-0 Messager Bujumbura, amafoto...

PRIMUS LEAGUE / Umusi wa 23 : Vital'o Fc 2-0 Inter star , Messager Ngozi 2-0 Messager Bujumbura, amafoto...

Ihiganwa rikuru ry'uburundi ryarabandanije kuwagatandatu nokuwamungu kubibuga bitandukanye , umurwi wa Vital'o waranyagiye umukeba wayo Inter star ibitsindo 2 ku 0 , vyinjijwe na Styve NZIGAMASABO hamwe na Laudit MAVUGO yakijwe 23 akaba ariwe akiri kw'isonga.
Amakuru y'Inkino - Apr 6th 2015, 08:57
Mutama Piyo asaba abakunzi b'umupira w'amaguru ko bomugarukira .

Mutama Piyo asaba abakunzi b'umupira w'amaguru ko bomugarukira .

Umutama w'ubuki amaze gukora imyaka itari mike igikorwa kitoroshe cogucungera ikibuga ndetse nogutegura ibi nabiriya kukibuga c'umuganwa Rudoviko Rwagasore ararwaye bimwe biteye ubwoba amaguru yiwe abiri .
Amakuru y'Inkino - Apr 5th 2015, 19:46
Tora  ukoresheje telephone yawe imwe mu ndirimbo  10 zashitse mu gice ca nyuma  ca Isanganiro Award.

Tora ukoresheje telephone yawe imwe mu ndirimbo 10 zashitse mu gice ca nyuma ca Isanganiro Award.

Ihiganwa Isanganiro Award rigeze mu gice caryo canyuma.Indirimbo 10 muri 20 zariko zirahiganwa kuri uno wa gatanu niho zamenyekana mu kiganiro caciye kuri iyo nsamirizi.
Amakuru y'Inkino - Apr 3rd 2015, 20:38
Abagabo  3 bayobewe abagore babo  kubera basa cane.

Abagabo 3 bayobewe abagore babo kubera basa cane.

Abakobwa 3 bavukiye riwe (ubushuri) aribo Rafaela, Rochele na Tagiane barongowe umunsi umwe mu gihugu ca Brezil ubugeni bwabo bubera mu kibanza kimwe bambaye amakanzu asa banisize ibisa(make up). Ubwo bugeni budasanzwe bukaba bwabereye mu gace kitwa Passo Fundo.
Amakuru y'Inkino - Apr 3rd 2015, 19:07
Jaguar arabeshuza amakuru avuga ko yimirije kugira ubugeni.

Jaguar arabeshuza amakuru avuga ko yimirije kugira ubugeni.

Haraheze imisi havugwa amakuru avuga ko umuririmvyi Jaguar agiye kwubakana na Irene Uwoya ariko uwo muririmvyi yavyiyamirije avuga ko ari igihuha cambaye ubusa.
Amakuru y'Inkino - Apr 3rd 2015, 18:46
Inda Zari yibungenze ngo  yoba  atari iya Diamond.

Inda Zari yibungenze ngo yoba atari iya Diamond.

Haraheze iminsi havuzwe ko Zari yibungenze umwana wa Diamond Platnmuz banamaze kwimukira munzu nshasha bitegura kwakira umwana wabo.Ariko rero amakuru ava mu begereye Zari avuga ko umwana yibungenze atari uwa Diamond.
Amakuru y'Inkino - Apr 1st 2015, 22:47
Ururirimbo 'Raha rwa Eddy Kamoso yafashijwe na  Esther WAHOME' rwahinyanyuwe muri IKOH Production.

Ururirimbo 'Raha rwa Eddy Kamoso yafashijwe na Esther WAHOME' rwahinyanyuwe muri IKOH Production.

Ururiri rwitwa 'Raha' nirwo Eddy Kamoso yakoranye na WAHOME Esther, umuririmvyikazi asanzwe aririmba indirimbo zihayagiza imana (Gospel) .
Amakuru y'Inkino - Mar 31st 2015, 21:57
Lupita Nyong’o ari mu gihugu c’ubuganda gukina ireresi aho akina ari umupfakazi-Incamake.

Lupita Nyong’o ari mu gihugu c’ubuganda gukina ireresi aho akina ari umupfakazi-Incamake.

Umukinyi w’amareresi akomoka mu gihugu ca Kenya azwi kw’izina rya Lupita Nyong’o ari mu gihugu c’ubuganda gukinirayo ireresi aho akina nk’umugore w’umupfakazi arera umwana wiwe w’umukobwa amutegurira kazoza.
Amakuru y'Inkino - Mar 31st 2015, 21:35
Primus League / Umusi ugira  22 :  Athletico Olympic yirahiye LL s4a 1-0 , Vital’o Fc 0-0 Muzinga…

Primus League / Umusi ugira 22 : Athletico Olympic yirahiye LL s4a 1-0 , Vital’o Fc 0-0 Muzinga…

Ihiganwa Primus League ryarabandinije kumusi wayo ugira 22 , kw’igenekerezo rya 28,29 na 31 Rusama 2015 inkino zarakinywe kubibuga bitandukanye , umurwi wa Vital’o Fc niwo ukiri kw’isonga naho wanganije na Muzinga , LL s4a nayo yagumye mukibanza kigira kabiri.
Amakuru y'Inkino - Mar 31st 2015, 21:06
Kidum na Frankie Joe ntibacana uwaka bapfa amadolari 2000 , vidéo

Kidum na Frankie Joe ntibacana uwaka bapfa amadolari 2000 , vidéo

Inyuma yo kuboneka mu giteramo ca Frankie Joe muri Kigali Serena hotel mw’iijoro ryo kuwa Gatanu igenekerezo rya 27 Ntwarante 2015,Kidum Kibido Kibuganizo, kuri uyu w’Imana yituye igipolisi gikorera ahitwa Nyarugenge mugisagara ca Kigali kurega Frankie Joe amwagiriza ubuhemu.
Amakuru y'Inkino - Mar 30th 2015, 11:42
Imvura y'isegenya yahitanye abantu n'ibintu munzira ijana mu Rumonge.

Imvura y'isegenya yahitanye abantu n'ibintu munzira ijana mu Rumonge.

Kumugoroba wokuri uyu wamungu munzira ijana mu Rumonge muntara ya Bururi haraguye imvura y'isegenya yahitanye abantu n'ibintu , igitigiri cababuze ivyabo nabajanywe n'urworuzi ntikiramenyekana.
Amakuru y'Inkino - Mar 30th 2015, 10:46
Umwe mubakinyi ba “NINDE”agiye gusohora ireresi yiwe yitwa "Nibande tunigana"

Umwe mubakinyi ba “NINDE”agiye gusohora ireresi yiwe yitwa "Nibande tunigana"

Kutagira uburyo bukwiye ni intambamyi ikomeye k’umukinyi umwe mubasanzwe bakina mu gikino NINDE gica ku nsamirizi no ku mboneshakure y’igihugu kugira asohore ireresi yiwe bwite.
Amakuru y'Inkino - Mar 29th 2015, 20:49
Rihanna aratanga umuco kubivugwa ko akundana na Leonardo DiCaprio.

Rihanna aratanga umuco kubivugwa ko akundana na Leonardo DiCaprio.

Kuva mu kwezi kwambere kwuno mwaka haravuzwe amakuru avuga ko Rihanna yoba akundana rwihishwa na DiCaprio yamenyekanye mw’ireresi Titanic akina yitwa Jacques.Ariko rero gushika ubu ntanumwe yari bwagire ico abivuzeko.
Amakuru y'Inkino - Mar 28th 2015, 18:52
Umugore wa Kidum  yibarutse mugihe  we ari mu Rwanda.

Umugore wa Kidum yibarutse mugihe we ari mu Rwanda.

Umugore wa Kidum yibarutse umukobwa mugihe we ari mu Rwanda kubutumire bwa Konka Group mugiteramo co kuri uyu wa 28 Ntwarante kizoba kirimwo kandi abaririmvyi b’inararibonye muri ico gihugu.Indirimbo nshasha yakoreye muri leta zunze ubumwe za Amerika n’ahandi , ni kimwe muri bishasha ashiriye abakunzi biwe bo muri ico gihugu.
Amakuru y'Inkino - Mar 27th 2015, 19:59
Urukundo rutumye umwe muri 5 bagize One direction avamwo burundu.

Urukundo rutumye umwe muri 5 bagize One direction avamwo burundu.

Zayn Malik umwe mu bari bagize umurwi One Direction yamaze kuwuvamwo hasigaramwo 4. Nkuko itangazo uwo murwi washyize ahabona kuri uyu wa 25 Ntwarante 2015 ribivuga, Zayn Malik w’imyaka 22 ntakibarizwa muri One Direction kandi ngo yavuyemwo burundu.
Amakuru y'Inkino - Mar 26th 2015, 23:47
Nigger Jay ariko akorera muri Afrika yepfo album izoja ahabona mugiteramo kizobera I Burundi.

Nigger Jay ariko akorera muri Afrika yepfo album izoja ahabona mugiteramo kizobera I Burundi.

Umuririmvyi akongera akaba n’umuhinyanyuzi Nigger Jay iyo ari mu gihugu ca Afrika yepfo ariko arakora indirimbo zigize album izoja ahabona mugiteramo kizobera mu Burundi.
Amakuru y'Inkino - Mar 26th 2015, 21:49
Imigenderanire ya Iles Maurice n'Uburundi yifashe neza kuruhande rw'umupira w'amaguru .

Imigenderanire ya Iles Maurice n'Uburundi yifashe neza kuruhande rw'umupira w'amaguru .

Muntumbero yoguteza imbere umupira w'ivyobihugu uko ari bibiri , uwari yaserukiye ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi yagendeye ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Iles Maurice mukumushikiriza akaganuke kavuye kwamugenziwe i Bujumbura.
Amakuru y'Inkino - Mar 26th 2015, 02:10
Urukino rw'igicuti hagati y'Izinga rya Maurice n'Uburundi rwarangiye 2-2 ( Photos + vidéo )

Urukino rw'igicuti hagati y'Izinga rya Maurice n'Uburundi rwarangiye 2-2 ( Photos + vidéo )

Urukino rw'igicuti rwakiniwe mw'izinga rya Maurice rwarangiye imirwi yompi inganije 2-2 , urukino ntirwitabiriwe n'abantu benshi kumvo yuko yari umusi w'akazi nkuko babitumenyesheje .
Amakuru y'Inkino - Mar 25th 2015, 22:28

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32

Inkuru zasomwe

Ayandi makuru - Jun 13th 2014, 00:03
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 11:42
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 10:30
Ayandi makuru - Jun 14th 2014, 14:35
Amakuru y'Inkino - Apr 13th 2014, 12:38
Amakuru y'Inkino - Aug 1st 2014, 15:27
Amakuru yo Kwidagadura - Mar 13th 2014, 09:30
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32
Ayandi makuru - Aug 8th 2014, 14:25
Amakuru yo Kwidagadura - Feb 18th 2014, 11:22