Amakuru - Amakuru y'inkino

Ayandi Makuru

Intamba Murugamba / Senior  : Abakinyi  bashitse amahoro mugihugu ca Iles Maurice, amafoto

Intamba Murugamba / Senior : Abakinyi bashitse amahoro mugihugu ca Iles Maurice, amafoto

Amasaha 24 niyo abakinyi hamwe n'abagiye baherekeje umurwi nserukira gihugu bagize munzira ibashikana mugihugu ca Iles Maurice , aho bazokina kumusi w'ejo igenekerezo rya 25/3/2015 .
Amakuru y'Inkino - Mar 24th 2015, 12:04
Inyuma yo gutsinda Real Madrid,FC B Barcelona yaciye yongereza  amahirwe yo gutwara  El Clásico.

Inyuma yo gutsinda Real Madrid,FC B Barcelona yaciye yongereza amahirwe yo gutwara El Clásico.

Urukino rwa El Clasico rwabaye mw’ijoro ryo kuri uno w’imana hagati ya Real Madrid na FC Barcelona rwarangiye ikipe ya FC Balcelona itsinze Real Madrid ibitego 2 kuri 1 bica biyiha kuyirusha amanota 4 mu gihe hakibura inkino 10 ngo shampiyona ya La Liga yo muri ico gihugu irangire.
Amakuru y'Inkino - Mar 23rd 2015, 11:30
Umuriro uraza kwaka mukibuga hagati ya FC Barcelona na Real Madrid- Kahise kiyo mirwi

Umuriro uraza kwaka mukibuga hagati ya FC Barcelona na Real Madrid- Kahise kiyo mirwi

K’umugoraba wo kuri uno w’imana isaha zine z’ ijoro niho amakipe 2 akomeye mu gihugu ca Espanye, FC Barecelona na Real Madrid aza gucakirana mu rukino ruza gutanga ikibanza ca mbere kuri ayo makipe asanzwe arushanya inota rimwe gusa. Abakinyi bose bakaba bariteguye kandi bameze neza.
Amakuru y'Inkino - Mar 22nd 2015, 14:14
Urukino rwahuje Uburundi na Misiri , amafoto 27.

Urukino rwahuje Uburundi na Misiri , amafoto 27.

Ikinyamakuru canyu nkuko cama kibikora buri musi , cashimye kugaruka kuvyaranze urukino rwahuje Uburundi na Misiri mumafoto .Tukaba dushimiye cane Eric Clapton yadufashije cane rwose kugira tubashe kuronka ayamafoto tugomba tubashikirize.
Amakuru y'Inkino - Mar 22nd 2015, 10:52
Intamba Murugamba : Umurwi wa Misiri wirahiye uburundi  2-0 / urutonde rw’abakinyi bazoja muri Iles Maurice.

Intamba Murugamba : Umurwi wa Misiri wirahiye uburundi 2-0 / urutonde rw’abakinyi bazoja muri Iles Maurice.

Murukino rwambere rwogukurakuranamwo mukurondera itike yogukina munkino zanyuma z’igikombe c’inkino za afrika ( Jeux africains) zizobera mugihugu ca Congo Brazzaville mukwezi kwa Nyakanga . Uburundi bwatsindiwe imuhira 2-0 na Misiri.
Amakuru y'Inkino - Mar 21st 2015, 23:11
Céline Dion yamenyesheje igihe azosubirira mu biteramo i Las Vegas.

Céline Dion yamenyesheje igihe azosubirira mu biteramo i Las Vegas.

Inyuma y’amezi atari make yarahagaritse umuziki,Celine Dion ahejeje kumenyesha igihe azogarukira Caesars Palace i Las Vegas mu biteramo.
Amakuru y'Inkino - Mar 21st 2015, 21:51
INTAMBA MURUGAMBA U 23 : Abakinyi 18 batowe gukina n'umurwi wa Misiri murukino rwogutangura ( Match aller)

INTAMBA MURUGAMBA U 23 : Abakinyi 18 batowe gukina n'umurwi wa Misiri murukino rwogutangura ( Match aller)

Kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 21/3/2015 , urukino rwambere ruhuza umurwi w'Uburundi na Misiri rurakinwa kukibuga c'Umuganwa Rudoviko Rwagasore igihe c'isaha icenda n'igice . Abamenyereza b'umurwi w'Intamba w'abatarenza imyaka 23 bashize hanze urutonde rw'abakinyi 18.
Amakuru y'Inkino - Mar 21st 2015, 12:50
Drake yakubitiwe I Dubai.Mbega yahowe iki ?

Drake yakubitiwe I Dubai.Mbega yahowe iki ?

Iyo adatabarwa n’abajejwe umutekano,umuririmvyi Drake wo muri leta zunze ubumwe za Amerika bari kumurekura yabaye interfere kuko.Abo ni abantu bariko baramukubita aho bari munzu y’ubutambiro y’I Dubai.
Amakuru y'Inkino - Mar 19th 2015, 22:06
Jeux africains 2015 : Umurwi wa Misiri washitse amahoro washitse amahoro mu Burundi.

Jeux africains 2015 : Umurwi wa Misiri washitse amahoro washitse amahoro mu Burundi.

Kw'igenekerezo rya 18/3/2015 igihe c'isaha indwi niho umurwi wa Misiri U 23 washika i Bujumbura gukina n'Uburundi U 23 kuri uyu wagatandatu iihe c'isaha icenda n'igice urukino rwambere.
Amakuru y'Inkino - Mar 19th 2015, 15:14
Aaron NITUNGA niwe yahinyanyuye ururirimbo ' TUNAWEZA EAST AFRICA 'rwa NATACHA feat BANANA Zoro

Aaron NITUNGA niwe yahinyanyuye ururirimbo ' TUNAWEZA EAST AFRICA 'rwa NATACHA feat BANANA Zoro

Nkuko twabibamenyesheje mumakuru yacuaheruka , umuririmvyi ava mugihugu ca Tanzaniya Banana Zoro ari mu Burundi gukorana indirimbo na NGENDABANKA Natacha , iyondirimbo ikaba yarakozwe kumusi w'ejo , n'isanamu ikaba yatanguye gufatwa.
Amakuru y'Inkino - Mar 18th 2015, 14:23
Raba mumashusho ,umukunzi mushasha wa Ell's boy

Raba mumashusho ,umukunzi mushasha wa Ell's boy

Tubibona gake , inyuma yaho umuririmvyi Ell's boy aherutse kuririrmba indirimbo zitarinke zijanye n'urukundo , yavuye mugacerere mukwerekana umukunzi wiwe aba muri Reta zunze ubumwe za Amerika.
Amakuru y'Inkino - Mar 18th 2015, 13:41
ISANGANIRO Awards 2015 : Indirimbo 20 zizohiganirwa ikibanza cambere zashizwe ahabona.

ISANGANIRO Awards 2015 : Indirimbo 20 zizohiganirwa ikibanza cambere zashizwe ahabona.

Mundirimbo amajana zatanzwe n'abahinga batandukanye bava mubisata bitandukanye biraba umuziki , insamirizi Isanganiro isanzwe itunganya iryo higanwa nurimwaka yashize ahabona indirimbo 20 zigiye guhiganirwa ikibanza cambere .
Amakuru y'Inkino - Mar 18th 2015, 12:39
PRIMUS LEAGUE/ Umusi ugira 21 : Laudit MAVUGO yakwije ibitsindo 22 munkino 20 amaze gukina.

PRIMUS LEAGUE/ Umusi ugira 21 : Laudit MAVUGO yakwije ibitsindo 22 munkino 20 amaze gukina.

Kw'igenekerezo rya 15 na 16/3/2015 , inkino z'igikombe ca Primus League zarabandanije kubibuga bitandukanye . Uku niko imirwi yatsindanye :
Amakuru y'Inkino - Mar 16th 2015, 14:26
Amafoto  45 yaranze igiteramo ' MADE IN EAST AFRICA'

Amafoto 45 yaranze igiteramo ' MADE IN EAST AFRICA'

Kw'igenekerezo rya 15/3/2015 kuri Musée Vivant y'i Bujumbura harabaye igiteramo kitagenze nkuko benshi mubakunzi b'umuziki bari baciteze mugabo ntacabujije ko kibandaniriza mukindi kibanza ahonyene kuri Musée Vivant .
Amakuru y'Inkino - Mar 16th 2015, 11:57
Happy Famba asaba imbabazi abakunzi biwe kubijanye n'ingorane yibonekeje kugiteramo ciwe.

Happy Famba asaba imbabazi abakunzi biwe kubijanye n'ingorane yibonekeje kugiteramo ciwe.

Isango ry'igiteramo cari kuba kw'igenekerezo ry'8/3/2015 , kikaba caciye cunguruzwa kw'igenekerezo rya 15/3/2015 nicagenze nkuko cari citezwe . Nkuko twashoboye kubikurikirana ntabwo vyagenze nkuko twari tuvyiteze kuko hibonekeje ingorane n'abakunzi bari bishikiye batashimye.
Amakuru y'Inkino - Mar 16th 2015, 01:17
Fizzo mugiteramo muri Holland kw'igenekerezo rya 11/4/2015

Fizzo mugiteramo muri Holland kw'igenekerezo rya 11/4/2015

Kiyoyo Juma na Big Fizzo babandanya baduza ibendera y'uburundi mbihugu vy'iburaya, inyuma y'igiteramo KIYOYO yamuteguriye kumusi w'abakundana igenekrezo rya 14/2/2015. Igikurikira kizoba kuri uyu wa 11/4/2015 muri Holland.
Amakuru y'Inkino - Mar 16th 2015, 00:51
Ururirimbo '' Tunaweza East africa '' nirwo  NATACHA azokorana na Banana Zoro.

Ururirimbo '' Tunaweza East africa '' nirwo NATACHA azokorana na Banana Zoro.

Kumugoroba wo kuri uyu wa 15/3/2015 ,umuririmvyi w'umutanzaniya Banana Zoro yakiriwe kukibuga c'indege n'umuririmvyikazi Natacha NGENDABANKA. Icamuzanye nugukorana indirimbo na NATACHA .
Amakuru y'Inkino - Mar 16th 2015, 00:28
Francis Cabrel yagarutse mu muziki n’ibiteramo ahantu hatandukanye.

Francis Cabrel yagarutse mu muziki n’ibiteramo ahantu hatandukanye.

Inyuma y’imyaka 7 ataboneka cane mu muziki,umuririmvyi yamenyekanye cane mu myaka iheze Francis Cabrel amenyesha ko agarukanye inguvu zidasanzwe ndetse akaba yamaze gushira ahabona urukurikirane rw’ibiteramo azokora mu kiringo c’amezi 3.
Amakuru y'Inkino - Mar 15th 2015, 21:44
Céline Dion agiye  kugaruka mu muziki  i Las Vegas.

Céline Dion agiye kugaruka mu muziki i Las Vegas.

Inyuma y’amezi 6 yarahagaritse umuziki,Celine Dion ngo ashobora kugaruka I Las Vegas nkuko amakuru atangwa n’umuvugizi wiwe abivuga.
Amakuru y'Inkino - Mar 14th 2015, 19:23
Urban Boys batumiwe muri Festival y’umuziki muri Nigeriya.

Urban Boys batumiwe muri Festival y’umuziki muri Nigeriya.

Inyuma yo gutumirwa mw’iserukiramuco ry’umuziki mu gihugu ca Nigeria, umurwi Urban Boys wo mu gihugu c’urwanda bavuga ko ibi babikesha ibikorwa bakora ndetse n’ukuntu umuziki wabo umaze kumenyekana muri ico gihugu.
Amakuru y'Inkino - Mar 13th 2015, 22:16

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32

Inkuru zasomwe

Ayandi makuru - Jun 13th 2014, 00:03
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 11:42
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 10:30
Ayandi makuru - Jun 14th 2014, 14:35
Amakuru y'Inkino - Apr 13th 2014, 12:38
Amakuru y'Inkino - Aug 1st 2014, 15:27
Amakuru yo Kwidagadura - Mar 13th 2014, 09:30
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32
Ayandi makuru - Aug 8th 2014, 14:25
Amakuru yo Kwidagadura - Feb 18th 2014, 11:22