Amakuru - Amakuru y'inkino

Ayandi Makuru

King Yann Cool na Inarunyonga :Ivyo Frank Pro yatwanditseko  vyerekana ko atabumenyi afise muvyo kumenyeshamakuru.

King Yann Cool na Inarunyonga :Ivyo Frank Pro yatwanditseko vyerekana ko atabumenyi afise muvyo kumenyeshamakuru.

Umumenyeshamakuru King Yann Cool hamwe n’umuririvyikazi Inarunyonga bose batera ivyatsi inkuru yanditswe na Frank mu kinyamakuru ikirere ndetse bakabona ko ubumenyi buke muvyo kumenyeshamakuru arivyo bituma apfa ivyo yanditse.
Amakuru y'Inkino - Mar 13th 2015, 18:06
Raba mumashusho imodoka nshasha NGENDABANKA Natacha asigaye agenderamwo.

Raba mumashusho imodoka nshasha NGENDABANKA Natacha asigaye agenderamwo.

Natacha n'umwe mubaririmvyikazi b'abarundi batunze cane mugihugu c'Uburundi , ivyo tukaba tubikesha ukuntu yifata mugihindagura impuzu kumusi kumusi , amasanamu y'indirimbo asanzwe asohora eka n'ibindi vyinshi . Ikinyamakuru canyu afrifame.bi kikaba caramugendeye imuhira.
Amakuru y'Inkino - Mar 13th 2015, 13:24
INTAMBA MURUGAMBA U 23 : Urutonde rw'abakinyi  27 bahamagariwe kwitabira imyimenyerezo kuri uyu wa 16/3/2015 .

INTAMBA MURUGAMBA U 23 : Urutonde rw'abakinyi 27 bahamagariwe kwitabira imyimenyerezo kuri uyu wa 16/3/2015 .

Abakinyi b’umurwi nserukiragihugu Senior batumiwe cokimwe n’aba U 23 bazotangura imyimeneyerezo kuri uyu wa 16/5/2015 . Imyimenyerezo izotangura igihe c'isaha icenda n'igice kukibuga c'umuganwa Rudoviko Rwagasore .
Amakuru y'Inkino - Mar 13th 2015, 12:15
Madonna naTupac :Urukundo rwabo rumenyekanye inyuma y’imyaka 20.

Madonna naTupac :Urukundo rwabo rumenyekanye inyuma y’imyaka 20.

Inyuma y’imyaka 20 umuririmvyi Tupac yitavye imana,ubu niho hamenyekanye vyukuri ko uwo muhisi yigeze gukundana n’umuririmvyikazi Madonna.
Amakuru y'Inkino - Mar 12th 2015, 22:49
Umwana wa 50 Cent agiye kwinjiza igifovya c’amadolari ku myaka 2 gusa.

Umwana wa 50 Cent agiye kwinjiza igifovya c’amadolari ku myaka 2 gusa.

Kumyaka 2 gusa y’amavuko ,Sire Jackson umuhungu w’umuririmvyi 50 Cent yahawe amasezerano yo kumenyekanisha ibintu vy’i societete yitwa Hi-Fi Kidz Safe.
Amakuru y'Inkino - Mar 12th 2015, 22:48
‘ M’penzi ‘ nirwo ruririmbo abazungu babiri bava mubwongereza bakoreye Andy

‘ M’penzi ‘ nirwo ruririmbo abazungu babiri bava mubwongereza bakoreye Andy

Nkuko yabimenyesheje mukiganiro gito yahaye ikinyamakuru canyu , Andy avuga yuko yaronse ibakwe ryogukorerwa indirimbo imwe n’abazungu babiri baturuka mugihugu c’Ubwongereza bivanye nuko bumvirije indirimbo ziwe bakaba baciye bazikunda ninako kuza mu Burundi guhinyanyura indirimbo imwe yitwa ‘’ M’penzi’’ .
Amakuru y'Inkino - Mar 12th 2015, 15:58
Djassa Djassa , Mzee Majuto , Lolilo,Black G, T Max , R Flow  mugiteramo kimwe.

Djassa Djassa , Mzee Majuto , Lolilo,Black G, T Max , R Flow mugiteramo kimwe.

Ukwezi kwa Ndamukiza kuzotangura neza cane kubakunzi b’umuziki ndundi , abakunzi b’udukino twogutwenza . Mze Majuto ava muri Tanzaniya hamwe na Djassa Djassa ava muri Congo-Kinshasa twongeyemwo na Lizzo,Black G, T Max na R Flow bazohurira mugiteramo kimwe.
Amakuru y'Inkino - Mar 12th 2015, 15:44
Hazoca Uwambeye igenekerezo rya 15/3/2015 kuri Musee Vivant , Happy Famba

Hazoca Uwambeye igenekerezo rya 15/3/2015 kuri Musee Vivant , Happy Famba

Hassan Ibrahim batazira Business man canke Happy Famba azoba ari mugiteramo kuri uyu wa 15/3/2015 kuri Musee Vivant y’i Bujumbura . Uyomuririmvyi akaba yinjiye mumateka y’abaririmvyi bategura igiteramo bagatumira abaririmvyi benshi kugira basangire urubanza.
Amakuru y'Inkino - Mar 12th 2015, 15:37
INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Urutonde rw’abakinyi 32 bahamagawe kwitegurira inkino 2 ( Iles Maurice na Centrafrique )

INTAMBA MURUGAMBA /Senior : Urutonde rw’abakinyi 32 bahamagawe kwitegurira inkino 2 ( Iles Maurice na Centrafrique )

Kw’igenekerezo rya 25/3/2015 hamwe na 29/3/2015 , umurwi nserukiragihugu w’Intamba y’abakuze ( Senior) izokina inkino zibiri z’igicuti n’umurwi womw’izinga rya Maurice i Saint Louis hamwe na Centrafrique .
Amakuru y'Inkino - Mar 11th 2015, 14:20
Eliminatoires Jeux africains U 23 / Burundi  1-1 RDC , Intamba Murugamba zirabandanya.

Eliminatoires Jeux africains U 23 / Burundi 1-1 RDC , Intamba Murugamba zirabandanya.

Urukino rwogusubiriza rwahuje Uburundi na RDC rwarangiye imirwi yompi inganije 1-1 , bikaba vyaciye biha uburenganzira Uburundi bwokubandanya murukino rwanyuma ruzoruhuza hagati ya Kenya na Misiri .
Amakuru y'Inkino - Mar 8th 2015, 18:34
Intamba Murugamba : Abakinyi 18 baza guhangana na Congo-Kinshasa murukino rwogusubiriza.

Intamba Murugamba : Abakinyi 18 baza guhangana na Congo-Kinshasa murukino rwogusubiriza.

Inyuma y'indwi 2 umurwi nserukiragihugu w'Intamba utsindiye RDC i Kinshasa, kw'igenekerezo ry'uyumusi niho urukino rwogusubiriza ruzagukinwa . Abamenyereza 4 b'umurwi w'Intamba bashimye aba 18 kuri 24 bimenyereza mukwitegurira urwo rukino .
Amakuru y'Inkino - Mar 8th 2015, 11:38
Umuririmvyi N John ahanura abarundi kwirinda icobasubiza mu ntambara.

Umuririmvyi N John ahanura abarundi kwirinda icobasubiza mu ntambara.

Umuririmvyi NJohn abona ko umurundi uwariwe wese akwiye kwirinda ikintu cosubiza igihugu muntambara ahubwo bakubaka igihugu.Hambavu y’ubwo butumwa yamenyesheje ko ariko arakora indirimbo nshasha yitwa Nsekera.
Amakuru y'Inkino - Mar 7th 2015, 23:13
Iry Tina yateguye igiteramo  co gushigikira abakenyezi k’umusi  w’abahariwe.

Iry Tina yateguye igiteramo co gushigikira abakenyezi k’umusi w’abahariwe.

Umuririmvyikazi Iry Tina inyuma yo gushira ahabona indirimbo Goal Mpia ubu naho yateguye igiteramo co gushigikira abakenyezi k’umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi wama uhimbazwa buri mwaka ku wa 8 Ntwarante.
Amakuru y'Inkino - Mar 7th 2015, 21:22
Eliminatoires Jeux africains U 23 / Burundi - RDC : Umurwi wa RDC washitse amahoro i Bujumbura .

Eliminatoires Jeux africains U 23 / Burundi - RDC : Umurwi wa RDC washitse amahoro i Bujumbura .

Igenekerezo ry'8/3/2015 Igihugu c'Uburundi kirakina n'Umurwi wa Léopards uva muri RDC . Urukino rukaba ruza kuba urwogusubiriza, urwambere rukaba rwakiniwe i Kinshasa aho Uburundi bwatahukanye intsinzi y'igitsindo 1-0 .
Amakuru y'Inkino - Mar 7th 2015, 17:46
Ashley avuga ko isanamu ya Waya Waya agiye kuyikorana na Pacy muri Ingoma Arts .

Ashley avuga ko isanamu ya Waya Waya agiye kuyikorana na Pacy muri Ingoma Arts .

Umuririmvyikazi Ashley Girukwishaka arabeshuza amakuru aheruka kwandikwa mu bimenyeshamakuru bimwe bimwe yavuga ko Clip ya Waya waya yahebwe gukorwa na JB Production kubera ukutubahiriza amasezerano bagiranye .
Amakuru y'Inkino - Mar 7th 2015, 12:38
Uyu mwaka ni uwo gukora indirimbo nyinshi ,mwitege vuba zibiri icarimwe:Ommy Clasic

Uyu mwaka ni uwo gukora indirimbo nyinshi ,mwitege vuba zibiri icarimwe:Ommy Clasic

Inyuma y”indirimbo Mbwira yakoranye n’umurwi Amasuka bose bahurikiye muri label imwe ikorera mu gisagara ca Ngozi,umuririmvyi Ommy classic agiye gushira ahabona izindi ndirimbo 2 icarimwe .
Amakuru y'Inkino - Mar 7th 2015, 10:30
Studio Roma Records iriko itegura ibiteramo vyo kumenyekanisha umuziki w’i Ngozi .

Studio Roma Records iriko itegura ibiteramo vyo kumenyekanisha umuziki w’i Ngozi .

Muntumbero yo kumenyekanisha umuziki w’abaririmvyi b’I Ngozi,Studio Roma Records iriko itegura ibiteramo muntara zitandukanye zo hagati mu gihugu mu misi ya Pasika ndetse n’inyuma yaho.
Amakuru y'Inkino - Mar 5th 2015, 22:45
Raba mumafoto, abakobwa Happy Famba yatambishije muri clip video yiwe nshasha.

Raba mumafoto, abakobwa Happy Famba yatambishije muri clip video yiwe nshasha.

Inyuma y'urugendo yagize mubihugu vyomukarere , Happy Famba yashoboye kuronka amahirwe yogukora isanamu y'indirimbo yiwe nshasha .
Amakuru y'Inkino - Mar 5th 2015, 10:42
Professor Jay yiteguriye kwiyamamaza ngo abe umushingamateka.

Professor Jay yiteguriye kwiyamamaza ngo abe umushingamateka.

Umuririmvyi yamenyekanye cane kw’izina rya Professor Jay mugihugu ca Tanzaniya inyuma yo kuvuga ko yinjiye muri politike,ubu ho ngo agiye kwiyamamariza ubushingamateka.
Amakuru y'Inkino - Mar 4th 2015, 22:16
Chris Brown afise umwana w’umukobwa w’amezi 9 ariko ngo yashaka ko imfura iba umuhungu.

Chris Brown afise umwana w’umukobwa w’amezi 9 ariko ngo yashaka ko imfura iba umuhungu.

Inkuru iriko iravugwa cane muri Leta Zunze ubumwe za Amerika ni iy’umuririmvyi Chris Brown bivugwa ko yoba afise umwana w’amezi 9 yavyaranye n’uwundi mugore atari Rihanna bahoze bakundana ndetse ikaba atari n’iya Karrueche Tran basanzwe bakundana.
Amakuru y'Inkino - Mar 4th 2015, 22:14

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32

Inkuru zasomwe

Ayandi makuru - Jun 13th 2014, 00:03
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 11:42
Ayandi makuru - Apr 13th 2014, 10:30
Ayandi makuru - Jun 14th 2014, 14:35
Amakuru y'Inkino - Apr 13th 2014, 12:38
Amakuru y'Inkino - Aug 1st 2014, 15:27
Amakuru yo Kwidagadura - Mar 13th 2014, 09:30
Inkuru nyamukuru - Oct 18th 2015, 08:32
Ayandi makuru - Aug 8th 2014, 14:25
Amakuru yo Kwidagadura - Feb 18th 2014, 11:22