Ambassadrice Natacha wa UNFPA  ntiyavyoroshe mugiteramo citswe CONDOMIZE cabereye kuri Jardin Public Raba Vidos
0

Ambassadrice Natacha wa UNFPA ntiyavyoroshe mugiteramo citswe 'CONDOMIZE' cabereye kuri Jardin Public( Raba Vidéos )

Posted By: Amidou Hassan - On:19/09/2015
Igiteramo cokwugurura ibikorwa vy'umugambi 'Condomize' vyatanguye kuri uyu wa 18/9/2015 kukibanza (Jardin Public) ,abanyakwubaha batandukanye harimwo abashikiranganji babiri , uw'urwruka inkino n'imicokama ndetse n'uwujejwe amagara y'abantu hamwe nokugwanya SIDA.

Ibirori nyezina vyokwugurura icese uyomugambi vyatewe iteka n'abashikiranganji babiri b'igihugu c'Uburundi . Abantu batari bake , harimwo n'abandi banyakwubahwa ndetse n'urwaruka intsinzi.

dddddddd,dkkd

Raba insiguro batanze mukwigisha ukuntu bambara agakingirizo kubahungu nokubagore :


Abaririmvyi nka BOBONA , LOLILO , LOLIANE , NATACHA na CLUB Band hamwe n'umurwi wa Peace & Love barateramishije abantu bari bishikiye kuri icokibanza . 

Raba amafoto yaranze icogiteramo :
dddddddddddddddddddd
Kari akaryo keza kokwigisha ndetse nokwerekana akamaro agakingirizo gafise mukwikingira SIDA n'indwara zica mubihimba vyirondoka. Herekanywe kubantu bishikiye ubwoko butandukanye bw'udukingirizo harimwo n'utwabakobwa. 
dddddddddddddddd
Abandi bari bishikiye muri icogiteramo.
ddddddddlldldd
Lolilo na Loliane 
ddddddddddd
Peace and Love hamwe na Chance.

dddddddddd
Iyo video mubona niyo yatumye Mr KENDO atanga amahera ibihumbi 20 (20.000frsbu) kuri uyomwana .
dddddddkddkkd
Bobona
fllflflfdddddccccddd;;ddddddldldldddd;ddddddd
NATACHA hamwe na Club Band.
ddd.dddssss
 Raba indirimbo 'Tuungane' ya NATACHA yafadikanije na Mr Kendo :
Raba video y'indirimbo 'Barirwa wumve ' :
dddddddddd
Mukiganiro gito yashikirije kubamenyeshamakuru yavuze yuko igiteramo kizokurikira azogikorera kuri Campus Kiriri , kumusi mpuzamakungu wahariwe amahoro kw'isi , ikindi yipfuza nkuko babimusavye abatari bake kizoba ari igiteramo azotumira mu Burundi iryambere umurwi 'YAMOTO Band ' , mugabo aracariko arabitegura. Kari akanyamuneza ntangere kuriwe kubona abantu bari bamunyotewe , akaba yashimishijwe n'ukubona abantu bitaho umuziki ndundi . Yasozeye akebura urwaruka vyanse ko bihangane babe bakoresha agakingirizo , ikaba ariyonzira nziza itazimiza , ituma abakobwa badatwara inda batipfuza ndetse nokwikingira indwara zica mubihimba vyirondoka . Tubibutse ko NATACHA yatowe n'ishirahamwe UNFPA kuba umuserukizi wayo (Ambassadrice ) .
Amafoto , video, inkuru vyose by AMIDOU Hassan / afrifame.bi - Bujumbura .

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane