Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
0

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.

Posted By: Amidou Hassan - On:18/10/2015
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.

Umumenyereza mukuru AIT ABDELMALEK Ahcene aravyishimira akaba abigaragaza imbere y’abakunzi b’intamba iyo Uburundi butsinze . Murukino rwambere (Aller) rwokurondera itike yogukina inkino zanyuma z’igikombe ca CHAN 2016 kizobera mugihugu kibanyi c’Urwanda , Uburundi bukaba bwanyagiye Ethiopia 2-0 , ibitsindo vyose uko ari 2 (2’ , 92’)  bikaba vyinjijwe na Laudit MAVUGO , umukinyi akinira umurwi wa Vital’o Fc.

dddd

Urukino rwogusubiriza ruzokinwa kuwa mungu igenekerezo rya 25/10/2015 i Addis Abeba , abakinyi bitegekanijwe yuko basubira mumwiherero kuri uyu wamungu 18/10/2015 igihe c'isaha cumi na zibiri z'umugoroba , imyimenyrezo ikazobandanya kuri uyu wambere kukigo kijejwe ubuhinga (CTN) .

dldldddd

Atagihindutse Intamba zizoja muri Ethiopia hagati yokumusi wagatatu , uwakane canke kuwagatanu . Abanyecubahiro batari bake akaba aribo bishikiye kukibuga c’umuganwa Rudoviko Rwagasore gushigikira Intamba Murugamba nkuko bigaragara muri ayomashusho.

ffffcccccdffff

Amwe mumashusho y’urukino rwahuje Uburundi na Ethiopia :

ffkfkkfkkfdlldddldlfkfkfkffdddddfkfkkfkkffkfkkfkfddkkdkdkkddddddddddddddldldldlldddddddddddkdkkdkdddkdkkddddkdkdkd

Inkino ziheruka uko zagenze :

- Senegal 3-1 Burundi

- Djibouti 1-2 Burundi

- Burundi 2-0 Djibouti

- Burundi 2-0 Niger

- Seychelles 0-1 Burundi

- Burundi 2-0 Seychelles

- Burundi 2-0 Ethiopia

Abakinyi batsinze muri ivyobitsindo vyinjiye ni :

* Fiston Abdoul Razzak akinira Mamelody Sundowns : 5 buts

* NSHIMIRIMANA Abass akinira Bujumbura City : 3 buts

* MAVUGO Laudit akinira Vital'o Fc  : 2buts

* BIZIMANA Hassan : 1 but 

* NAHIMANA Shassir : 1 but

 Munkino 7 zanyuma Uburundi bukaba bumaze kwinjiza ibitsindo 12 , bugatsindwa 4 , ni ukuvuga yuko bufise ibitsindo 8 vyose uteranije inkino zose bwakinye mumamahiganwa atandukanye ( CHAN , AFCON hamwe na Mundial ) . Igenekerezo rya 13/11/2015 niho Uburundi buzohura n'Umurwi wa Republika iharanira na Congo (RDC) , urwogusubiriza n'igenekerezo rya 18./11/2015 i Lubumbashi Imana ibishatse . 

ffffff

Raba amasanamu y'inkino zimwe zimwe zakinywe :




AMIDOU Hassan / afrifame.bi - Bujumbura 

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane