EXCLUSIVE Jewe ntabwo natuste amaradio canke abamenyeshamakuru Big Farious
7

EXCLUSIVE: Jewe ntabwo natuste amaradio canke abamenyeshamakuru :Big Farious

Posted By: Amidou Hassan - On:18/02/2014
Ntaushobora kubuza imvura kugwa " , aya ari majambo Fizzo yaririmvye mukaririrmbo kiwe gashasha yitse What's my name " featuring Queen Flo .

Ako karirimbo kavugwako vyinshi cane , kurubuga rwa internet niho abantu benshi bayaga ivyo bishakiye bakibagira yuko inkuru mbarirano isumbwa nirya wiboneye canke wiyumviriye . Ni muri iyo ntumbero afrifame.bi yegereye Mugani Desire batazira GIKUNDIRO . Kubibazo twashoboye kumubaza yatwishuye neza kandi yitonda . Icimonogoje nuko yumirwa nuko abantu muri iyi misi bashaka kudugira kw'izina ryiwe , bakongera bakamuvuga uko atari .

Muncamake kuri iyi interview yaduhaye , yatumenyesheje yuko :" Jewe ntabwo natuste amaradio canke abamenyeshamakuru , ahubwo nakebuye abamenyeshamakuru bamwe bamwe b'iwacu kungeso zimwe zimwe mbi zituma twebwe abaririmvyi tutaduga kuko baguma baponda ivyodukora . Navuze yuko natanguye kuririmba hakiri amasamirizi akivuza imiziki cane nka CCIB Fm + na Umwizero ubu yitwa Bonesha Fm , si umwuzo w'amaradiyo nka Rema Fm , Salama canke Bonesha Fm niho ntokwumvirizwa. " Kuri iyo interview yaduhaye yatubwiye yuko ;" nta beef nimwe mfise n'umuririmvyi w'i Burundi naho bandondera hasi hejuru , nashimye kugaragaza umubabaro wanje mfise kuvyari imisi bivugwa binyerekeye .

" Yahisemwo nogusaba imbabazi abaririmvyi babiri ( Lolilo na Franck duniano ) vyitwa yuko boba bafitaniye beef atazi . Yatwishuye n'ibindi bibazo twamubajije bimwerekeye . Kunkuru imaze ivugwa yuko indirimbo ziwe zitavuzwa kumaradio siyo kuko nta nama nimwe irakoranya abarongozi bamaradio kugira bafundike ikintu cokurikizwa .

UMVIRIZA AUDIO YA INTERVIEW FIZZO YAGIRANYE NA Afrifame.bi

Fizzo kubwiwe ati :" Munyumve neza barongozi bamaradio , ntabwo mvuze mwebwe ahubwo nakebuye abamenyeshamakuru bamwe bamwe bitwara nabi. " Afrifame ibimereye kubandanya ibatohoreza iyo nkuru..

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Ivyiyumviro: 7

Annonymous: Oct 11th 2014, 18:23
kuvuga nabi ntaco bimaze.umuntu utamukunda hariho abandi bamukunda
popo: Aug 7th 2014, 10:41
natere imbere twebwe nkaba fans biwe tumukunda cane ahubwo yaradutwaye umutima surukundo gusa

Annonymous: Jun 23rd 2014, 03:56
Kbec Oya Nawe Ntaco uhanuye ahubwo uratukanye gusa
Annonymous: May 18th 2014, 15:54
oya vrema kbec raba wikebuke ivyo uvuze nta cubahiro kirimwo nagato kuko fizzo afise ico yamaze mu burundi...

adriano: Feb 23rd 2014, 10:30
yavuze ukuri alafu beshi bababajwe nuko ivyo yavuze bibakorako cane.

kbec: Feb 19th 2014, 23:23
frnchmt ako kapeti fizzo karasarishije vrmt. ati abamenyeshmakur bamw bamw bitwar nabi mavyi w ahubgo niko katigenza neza nurutw rukananira!! kibaza yuko kazi kuririmba gusumba abandi baririmvy bacu? cank diamond cnk justin bber? nimba kabizi nikabasumvy kumenyekan mumakung n'urutw rukananir kazi kuvyaragur utwana gusa!

Koko: Feb 19th 2014, 14:20
\n Abarundi dukwiye kumvikana , Ubugiri giri bugira babiri , kandi ntitukagendereho kumagambo abantu bavuga, cangwa se , umuntu ateye intabwe ukamugirira ishari , sivyo nagato kandi Imana Iradukunda tuzajye twumvikana ibindi bizoza !


Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane