Happy Famba niwe Guest artist mubazoshikiriza igiteramwo cumusi mpuzamakungu wabakenyezi
0

Happy Famba niwe Guest artist mubazoshikiriza igiteramwo c'umusi mpuzamakungu w'abakenyezi

Posted By: Amidou Hassan - On:21/02/2014
Nkuko bigenda buri itariki 8 / Ruhuhuma / 2014 isi yose irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe abakenyezi

Kuri iyo tariki abaririmvyi bomuri ururunganwe rushasha ( New generation ) bazohurira hamwe ngo bashikirize igiteramwo kidasanzwe kuri uwo musi . Nkuko tubikesha HASSAN IBRAHIM batazira Busness man canke Happy Famba yatubwiye yuko :" Naratewe iteka na Mediakay & Bukiv live Nation ngo mpagarikire igiteramwo c'iyo tariki hamwe n'abaririmvyi batandukanye bomu Burundi , intumbero nyamukuru n'ugushigikira abakenyezi .

MY DEAR

 

 Icogiteremwo nikizoba coroshe kuko twashoboye gutumira abaririmvyi batandukanye kandi babifitiye uburambe ." Gahunda y'igiteramwo murabe kuri icogicapo...
 

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane