Urutonde rwabaririmvyikazi bafise nabimirije kuronka abana
10

Urutonde rw'abaririmvyikazi bafise n'abimirije kuronka abana...

Posted By: Amidou Hassan - On:13/03/2014
Kumakuru twashoboye kurondera , uru n'urutonde rw'abaririmvyikazi babarundi bamaze kuvyarana n'abo basangiye umwuga .

Kumakuru Afrifame.bi yashoboye gutohoza ikanavyibonera amaso muyandi , uru n'urutonde rw'abaririmvyikazi babarundi bamaze kuvyarana n'abo basangiye umwuga .

NATASHA La Francaise :
Yavyaranye na NZIZA Desire , ubu umwana amaze gukura , Natasha yaciye yironkera ibakwe ryokurongorwa n'umutunzi asanzwe ahagarikiye Hotel Club du Lac Tanganyika , uwo nawe baramaze kuronka barikmwe umwana umwe.
 w'umuhungu.
GITARE Channelle a.k.a Chany Queen
agk
Yavyaranye na LOLILO uwana w'umukobwa , nawe yaramaze gukura cane , ico mwomenya nuko ubu Chany Queen yahebanye na LOLILO ubu asigaye akundana na R Flow.
IRAKOZE Miss Erica 
a

Afse inda y'amezi 8 , hasigaye nk'ukwezi yibaruke . Akundana n'umuririmvyi mugenziwe Gihozo SAL G .
BLANDINE
a
Umuririmvyikazi avyifatamwo neza cane , aherutse nawe kuronka ikibondo , yavyaranye n'umuhinyanyuzi akomeye wo kuri Golden record's Rubanza Jay
TITHY Love
a

Umuririmvyikazi afise inda ya KOOK Kay Tif , naho kare vyari vyagiyemwo igifungu , kumakuru yokwizera twaronse Kook kay yaremeye ko ari inda rwiwe. Barindiriye umwana n'igishuka cinshi cane.
LADY GRACE
a
Afise inda ya Liser Classic , umuhinyanyuzi akomeye wo kuri studio yitwa Buja Record's.
Urwo n'urutonde rwabo twashoboye kumenya kumakuru twagiye turashakisha hirya no hino . 

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Ivyiyumviro: 10

Annonymous: May 5th 2015, 20:30
mweho nimitende murasumbarihana yaduheneye.ariko namwe umuziki ntaho ugiye kubashikana hebavyose mwiyegurire Imana

Annonymous: Apr 18th 2015, 15:55
j mbona arisawakobemeraye

Annonymous: Mar 25th 2015, 21:11
Iciyumviro cawe

majecla: Oct 18th 2014, 09:16
sha aba star ni bamwe.bose baraterana inda kandi ntibatwarana.na RIHANA nuko.nimwisubireko............

abdoul: Jun 7th 2014, 19:41
slt;samahani sana,my braza, ma sister diyomana,ndiyo mana hatuna mapenzi na nyiye kwa sababu yahuaribifu wenu,uraya wa star wote wanamushiko iwe sister awo braza.sasa nyiye inaonekana,kazi yenu, kuriko kuwalipa pesa musonge mbere afazali unazalisha unamutengenezeya music awo video bure,sindiyo?
salumu: Mar 23rd 2014, 07:10
Oyi oyi...Ok,kuzaa ni vizuri pya dungu mtangazaji ujakoseya kutujulisha hayo ila hawo watoto wa ngapi wahalali ama wa ngapi wamesha nunua upango?Nafikiri hayo njo ya mana sana.Tumeona sikuu zimepita umoja ktk wale mapacha wamu P-square ameowa.Ivi awa wasani wetu wataacha lini kutuharibia ma_dada zetu?Kazi yaho kutujazia maharamu tu...Kudada_deki!!!

Annonymous: Mar 17th 2014, 11:27
ukuvyara ntikugoye nkukurera baraba biteguriye kubarerera hamwe\n

soulex: Mar 14th 2014, 14:17
esk boba baragiranye mariage?vyoba arivyiza.canke brivyarira gusa?ohhh \n im very sory nshaka mundonderere ako kabazo kanj \nthax

Tina: Mar 13th 2014, 19:22
Muncamake abaririnvyikazi bavyarana n 'abaririnvyi cake aba producteur babo......ha hah ahh

Annonymous: Mar 13th 2014, 11:17
indazabaye.nyishi.nukuberaiki.


Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane