Ange Kagame numwe mubana babakuru bigihugu beza kwisi
39

Ange Kagame n’umwe mubana b’abakuru b’igihugu beza kw’isi.

Posted By: Amidou Hassan - On:13/04/2014
Yitwa Ange Kagame , n’umwana wakabiri w’umukobwa w’umukuru w’igihugu w’Urwanda agira 6 Paul Kagame , mama wiwe yitwa Jeannette Nyiramongi akaba ari first lady w’Urwanda.

Ange niyakuriye mu Rwanda,ubuzima bwiwe bwose yabaye hanze y’igihugu ciwe .

a

Abanyeshure biganye nawe bavuga yuko yitanga cane mubikorwa , arafasha abantu benshi batandukanye , umwanya mwinshi akurikirana ibiba mugihugu ciwe c’Urwanda.

s

Ange Kagame ubu abarizwa mugihugu c’Urwanda , akaba akora imirimo itandukanye nkogutera ibiti , ari imbere mukurwanya ingwara zitandukanye na cane cane ikiza sida , gushigikira imigambi ya Reta yogufasha abakenyezi batishoboye bave mubukene.

n

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Ivyiyumviro: 39

Annonymous: Oct 27th 2015, 18:46
ukagira ntanya canke aramota mukwaha

Annonymous: Oct 16th 2015, 14:27
ARASANZWE

Annonymous: Aug 27th 2015, 21:59
Iciyumviro cawendashimyeko.akingira.isi

Annonymous: Aug 8th 2015, 14:17
Eban ntacabay vrmt kandafis taille ikwiy yiz ibijanyenik?
BUTOYI: Jul 16th 2015, 06:03
NIVYIZA KO YOKORA KUKO UBWIZA NTAWUBWIKORAKO.

Annonymous: Jul 7th 2015, 23:55
Aracarimuto Nazamwisabiye Akambera Umugore.

islael: Jun 19th 2015, 06:24
aze aratanga impanuro

Annonymous: Jun 9th 2015, 20:27
Iyomba mfise kashi ntawari kumuntanga

Annonymous: Jun 9th 2015, 20:26
Iyomba mfise kashi ntawomuntanga

James: Jun 3rd 2015, 18:00
Nisaw

maros: May 9th 2015, 09:42
Ndakunze ko ukingira ibidukikije. Unyemereye, twokorana.

Annonymous: Apr 14th 2015, 23:48
Iciyumviro canj ntuk yobandany uy mugamb kuk numugamb mwiz cn ubon natw ngah mugihug cac tworonk abant nkab vyob vyiz gusumb kk vyofash bensh

Annonymous: Apr 11th 2015, 20:39
umwiza nuwamenyimana
Annonymous: Apr 9th 2015, 15:05
Ni Mwiza Pe,nibikorwa Vyiwe Ni Vyiza,twizere Kazoza Keza Kurwanda Ark Niburundi Turakeney Abakobwa Nkabo!

anonymous: Apr 6th 2015, 13:40
ok
Annonymous: Mar 9th 2015, 11:42
komera kumuheto

Annonymous: Feb 25th 2015, 13:44
Que Dieu benisse votre famille

Annonymous: Feb 13th 2015, 15:47
Ubwiza buba ku mutima.

nene: Jan 22nd 2015, 16:59
imana ibandanye kumugirira neza muciyumviro ciza nkico

Didien: Dec 28th 2014, 12:23
natwe abana beza nkuwo turabafise i BURUNDI muzoz murabe.

rwego: Dec 9th 2014, 10:25
nibeza tu

Annonymous: Nov 24th 2014, 09:17
ntamata akamwa

Chris: Nov 7th 2014, 02:29
Uyumwana nimwiza pe!\nkndi maman we na papa we \nnabo nibeza lol! Kagame oyeeeeee!!!

Annonymous: Oct 1st 2014, 23:04
n

Annonymous: Sep 30th 2014, 22:03
None ni mumudasabire azoze i Bujumbura no hagati mu Gihugu tumurabe.

Martha: Sep 29th 2014, 11:53
Sha naho nakaboneye abakobwa beza basi;ufise izosi ryiza sha umengo urumusambi.

anne: Sep 17th 2014, 18:58
arasanzwe!

bachelor: Aug 21st 2014, 23:02
haburagato.

Yubu: Aug 12th 2014, 13:35
Ese se yaje akabayobora niba mumkunda, umukozi mu kwica byo arabishoboye!

renovat: Aug 8th 2014, 17:59
ah!!!!uwomumpa mbona ari umugeni pe!!

dfged: Aug 6th 2014, 17:02
ni mubi uuuuuuuuuuuuu!

René: Jul 10th 2014, 13:43
Ego ni mwiza. Afise imyaka ingahe? Amashure yiwe ni ayahe? Kumbure azoba umukozi nka se wiwe Paul, ateze imbere Urwanda hamwe na Africa yose. Imana imuje imbere.

Alain: Jun 14th 2014, 14:58
Arasanzwe

honore: Jun 11th 2014, 12:44
none uyo yakurikiranye iki?

Hima: May 26th 2014, 19:45
Yabaye mu Rwanda longtemps. ubu aba USA, mugabo aba ari mu Rwanda kenshi.

Kamz: May 24th 2014, 19:33
Ubwiza buba ku mutima

INGRID: May 23rd 2014, 11:09
Imana imuje imbere azame uko.

Alcus: Apr 14th 2014, 10:11
aaaaahhh...nimwiza peee!!!! vyobaye vyiza akaza kudutembera Mu Burundi

Annonymous: Nov 30th -0001, 00:00
ntaco abaye vrment


Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane