Raba behind the scene yamafoto RIHANNA yifotoje ari gusa
35

Raba behind the scene y'amafoto RIHANNA yifotoje ari gusa

Posted By: Amidou Hassan - On:13/04/2014
Mubihugu biteye imbere amafoto nkaya bafotora abantu bazwi cane babahemba amahera mensi cane . Rihhana yifotoje ari gusa nkuko mubibona , ayomafoto agiye kugaragara vuba mukinyamakuru kimwe co mubufaransa.

Ayo mafoto yifotoje azoja mukinyamakuru co mubufaransa cemeye kumuriha amahera menshi cane . Aho bamufotoreye yari ahantu bita Hollywood Hills . Bayamufashe kuko hari ibinyamakuru vyinshi biba bikenye amafoto nkayo .

a

Twibajije ikibazo , mubihugu vyomuri aka karere nk'Uburundi , Urwanda , Tanzaniya , Uganda hamwe na Kenya , vyoha icubahiro abageme bacu ? Naho mama wanje boba ari abastar karuhariwe ? Jewe nibaza yuko vyotuma imico itirimuka . Mugihugu ca Uganda Yoweri Kaguta Museveni yaramaze kwanka yuko abaigeme canke abagore baririmba bifotoza bari gusa , vyokurikizwa muri ibi bihugu vyose nimubona ko vyoduha iteka n'icubahiro ?
Amafoto ya behind the scene ya Rihanna naya :
a
a
a
a

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Ivyiyumviro: 35

Annonymous: Nov 5th 2015, 21:56
nigihecyanyuma kuriwe mureke yinezereze azabyishura un jour

bernard: Aug 22nd 2015, 13:19
ibi sivyo kubona nyampinga yambaye ubusa.

Annonymous: Aug 18th 2015, 19:02
knowless

BUTOYI: Aug 13th 2015, 06:47
MANA FASHA IYI SI YABUZI VYIZIGIRO.
DISMAS: Jul 14th 2015, 16:21
NAJE AHOBASENGA BAMUSENGERE

Annonymous: Jul 8th 2015, 15:12
Jembona ko atacobitwaye

seth: Jun 14th 2015, 07:12
ok niyumvira ko iciyumviro ca museveni ari ciza kndi cokurikizwa

Annonymous: Jun 13th 2015, 21:33
Jw Mbon Isi Yarashaj Kwel
Annonymous: May 28th 2015, 16:01
ibibirakabije? iyobaza kubonako kwambara bidakenewe imyambaro ntibayarakozwe.

venant: May 8th 2015, 15:01
amafaranga aza yarafash ijamb p!
tjb: May 6th 2015, 23:12
mbega akabwa

Adelard: May 4th 2015, 13:42
ashak iki?GUHENA K ATABUHIZ BIRIMW KNDI NTAKAZE

Annonymous: May 1st 2015, 17:53
NAKABWA

Annonymous: Apr 17th 2015, 21:51
ahubwo biramaramaje kumuntu yaremwe nimana
Annonymous: Apr 17th 2015, 14:09
Uyumukwo yaratay akaranga

richard: Feb 7th 2015, 23:03
sinzosubira kumuraba

ousama: Feb 7th 2015, 18:14
uyomureke ashobora kuba akeneye kuja muri consultation kwa le gentil
awouhhhh: Jan 19th 2015, 11:07
Araryoshye peeee.

floris: Jan 5th 2015, 19:52
hahaa! barenz ihanir kwli umustarkazi nkaw akifoz ari waz kand ndbaza nta frang abuz yah yohena

claude: Dec 28th 2014, 11:23
MANA Tabara iyisi

mayukarenovat: Nov 23rd 2014, 19:05
biratey isoni

Annonymous: Nov 17th 2014, 18:47
NINGANZA MUBURUNDI ,IMANA IKWIYE GUFASHA ABIGEME BACU

Innocent: Nov 14th 2014, 19:39
Vyiza ni uko twempi twofatira hamwe na Yoweri kuko vyarenze ihaniro, mais abavyumva ni bake ugereranije nabatavyumva.

Niyomwungere: Nov 13th 2014, 17:39
Wapi wapi wapi!!!!
pATRICK: Nov 4th 2014, 14:29
ubwo les stars boba biyumvira ko Imana ihari.MANA DUHE IMBABAZI

Annonymous: Oct 24th 2014, 09:30
iduniya yaheze

Isaac: Oct 17th 2014, 11:26
riho ugutera imbere kwabo ntaco kubamariy pe?

justin: Oct 14th 2014, 20:39
isi igeze ahatemba nibitera soni

Annonymous: Aug 9th 2014, 17:37
wapi,naho bavuga ngo guterimbere,hari ibirengeye ubwenge pe.....

honore: Jun 9th 2014, 13:29
erega ntibitangaje na ba freemason urumva ivyo nivyo bemeye kugira bamenyekane ntimwunvise kanumba ingene bari bunvikanye na ba freemason kugira amenyekane bamusavye nyina wiwe kugira bamwongere ububasha mwe mwabona akundwa ino mukibaza ngoniyororo nabakozi ba shetani

Annonymous: Jun 8th 2014, 00:23
mama yangu we,haah nihatari.inasikitisha afu wa dada zetu waone ivo waanze kuiga.

Annonymous: Apr 30th 2014, 15:29
Magumu! Shetani huyo! Anachokihitaji tu ni kuugeuza ulimwengu wa mabinti wa kiafrika!

Omariam: Apr 13th 2014, 14:46
isi yaraheze niyo mpamvu.hama mu Burundi canke mubindi bihugu vyoba bisa nibifise akaranga, hagize uwubigira yobonwa nabi ariko ibikogwa mubwihisho nivyovyinshi.bisigurako isi yamaze guhindura isura kuko ibikogwa biyikoregwaho nagahomerabunwa.

niyibarutayves: Apr 13th 2014, 14:27
ntacubahiro vyoduha hano iwacu

Annonymous: Nov 30th -0001, 00:00
iyisi igeze habi


Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane