Menya vyinshi kuvyerekeye umurwi wabakobwa M23 bagisibije mugukora ubusambanyiakaborerwe no kunwa ibiyayura mutwe i Bujumbura
16

Menya vyinshi kuvyerekeye umurwi w’abakobwa ‘M23’ bagisibije mugukora ubusambanyi,akaborerwe no kunwa ibiyayura mutwe i Bujumbura.

Posted By: Yvan Akimana - On:14/06/2014
Abakobwa bari musi y’imyaka 25 mu gisagara ca Bujumbura baragisibije mu gukora ivyaha bitandukanye nku kunwa ibiyayura mutwe karuhariwe, inzoga nyinshi, ubusambanyi hamwe n‘ibindi vyaha bitandukanye.

Iyi sanamu mubona ni kuri Bora Bora umusi berekana urukino rwa nyuma Champions Ligue iyo mirwi ya bakobwa niho yari.

d

Imirwi uko ari 4, ‘’M23’’ bava muma komine agize intara ya Bujumburu: Ngagara, Nyakabiga, Bwiza, Buyenzi bamaze kumenyekana ko bafata ibiyayura umutwe bimwe vya karuhariwe bita Kokayini(Cocaine) aho igarama imwe igeze ku bihumbi 80 vya marundi umurwi wa kabiri biyise aba ’’Dige’’ bisigura Directeurs Generaux boba bagendana naba DG abo nabo baba mu Kinindo, Kinanira, Rohero. Umurwi wa gatatu naba Princesse de Kanyosha umurwi wa 4 biyita ‘’Abana b’isi’’ baba mu Kibenga.

 Ico twashoboye gutohoza no kumenya na bamwe mu babazi na babakurikiranira hafi mu kibano ko bari muriyo mirwi batumenyesheje ko bamwe muriyo mirwi iyo bahuriye mu kibanza kimwe habonekamwo icuka kibi, ko bakora ibintu bitandukanye kugira berekane abashoboye kurusha abandi.

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Ivyiyumviro: 16

Annonymous: Nov 14th 2015, 22:07
Iciyumviro canj nuko reta ico kibazo yogikinga hakiri kare batarandukiza bagenzi babo kandi imana ibahindure.

Annonymous: Oct 3rd 2015, 18:10
Ngomba kubaza,kazoza kabo kazogenda gute?

Annonymous: Sep 19th 2015, 05:03
OMER ABO BAKWIYE GUKIZWA

Niyo: Sep 15th 2015, 22:41
Igiti ntikigukora mujisho kabiri wewe reka kibakoremwo iryambere

Annonymous: Jun 27th 2015, 06:11
BARAKWIYE GUKIZWA

Ernest: Jun 14th 2015, 05:16
ivyashitse ibujumbura turahumiwe!!?,...

Annonymous: Apr 22nd 2015, 13:23
Iciyumviro cawe ariko nkeneyemubanyereke babahe

Bruce: Apr 18th 2015, 13:28
barek bajujute ntibazi imbere habo uko hamez ngir ntibazi ko umugera b nizindi ngwara zimenasa umubiri

kwizera: Apr 6th 2015, 13:05
tubasengere kuko naho boba ba ruhebwa Imana ntiyobahinda bayiyegereje

jospin: Mar 18th 2015, 00:46
ymw2 turashhz

nene: Jan 22nd 2015, 17:50
Turagow vrt turaburiy hejuru nugusenga imana ikagarukira uburundi ahandiho isi yaheze

bizma: Sep 11th 2014, 18:41
ndumiw

boyhood: Jun 20th 2014, 01:51
reka vyisaze bizabibona bashaka kwigana abohanze but batajuta 1day

Annonymous: Jun 19th 2014, 20:36
nukuri birateye agahinda cane? aba vyeyi nibahaguruke ndutabaze umwami Yesu niwe wenyine ashoboye gukiza abo bana ataruko muriro unzokwaka?

bobo: Jun 15th 2014, 21:53
barashigikiwe sha ntaho mubashira. none dujore iki ko tutagira iijambo

kirry: Jun 14th 2014, 15:06
Worse than I thought


Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane