Raba amafoto ya Georgette Etoo Fils bamufotoye atambaye ikintu mugikiriza
11

Raba amafoto ya Georgette Et'oo Fils bamufotoye atambaye ikintu mugikiriza .

Posted By: Amidou Hassan - On:13/04/2014
Yitwa Georgette Et'oo Fils , n'umugore wa Samuel Et'oo Fils , n'umuvyeyi w'abana 3 asanzwe aba n'abana biwe mugihugu c'Ubufaransa.

Georgette afise ubwenegihugu bwo muri Ivory Coast bamufotoye muri U.S.A amabere ari hanze , bariko baroga n'umugabo wiwe Samuel Et'oo Fils . Uyo mugore w'abana 3 asanzwe aba mugihugu c'Ubufaransa ntanakimwe vyamubwiye nkuko mubibona muri ayomafoto . 

d

f
a
f
f
Intumbero ya afrifame.bi mukubereka ayomafoto si ukubatuma ngo mukore nkivyo mubonye bakora , ahubwo kwikebuka n'ukwirinda kwigana ivyo bakora muguhonyanga imico n'akaranga y'ikinya afrika . Ntitwikebuke!

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Ivyiyumviro: 11

Annonymous: Apr 20th 2015, 21:01
.Icobona nugusenga gusa ntakindi nuvuga

Annonymous: Apr 9th 2015, 14:57
Birateyubwoba Ahubwo, Mu Burundi Ho Umengo Duhiganwa Nabanyamahanga!Bandanya Muhanura.

Edmond: Dec 16th 2014, 18:09
Irateyisoni

martin: Nov 27th 2014, 17:29
koko ntibikwiye
camille: Nov 13th 2014, 14:30
Mbona nkaba bantu bambara ubusa ni abarenwe baba barabuze ikindi kibashimisha

majecla: Oct 18th 2014, 09:38
nta soni.tubanenge

Annonymous: Jun 26th 2014, 12:15
Nziga na kera cane aba nyafrika ntiba nyegeza amabere noe kabuki ubu musigay mukoma akaruru ngo ni caha,na eve yaremw ataco yambay,mb noe ubwo si bisanzw,ndabasavy mu mbwir ikibi kiri ku mabere kimaramaj kuburyo cobonwa nabi hama muhez mutwemez

onore: Jun 9th 2014, 13:20
erega ntibitangaje kubona biruko kubera imico yabo sinkiyabarundi kandi barya naba sataniste ntibitangaje

yaman: May 9th 2014, 22:52
Nakamaramaza koko ivyo mu ndero yikinyafrika ntayo tumerenyerey

Annonymous: Apr 14th 2014, 15:52
mbona ata mabere mabi afise;niyerekane nn ko afise ivyo yerekana

Bimbim: Apr 13th 2014, 14:05
ivyo kwerekana amabere ntibikiri ibanga muri africa no mu burundi ntibakiyanyegeza n,ibisumba ivyo bonavyerekana. mais, tugarukire akaranga kacu.


Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane