Saidi NTIBAZONKIZA abarizwa muri AKHISAR BelediyesporTurquie
0

Saidi NTIBAZONKIZA abarizwa muri AKHISAR Belediyespor/Turquie

Posted By: Amidou Hassan - On:01/08/2014
Umukinyi mpuzamakungu afise ubwenegihugu bw'Uburundi azwi kw'izina rya Saidi NTIBAZONKIZA yasinye amasezerano n'umurwi womucicaro cambere mugihugu ca Turquie.

NTIBAZONKIZA Saidi yasinye amasezerano n'umurwi wa AKHISAR Belediyespor , inkuru y'imvaho kubijanye n'amasezerano yasinye ntavyo turamenya mugabo twashoboye kuronka ikirangamisi c'inkino uyomurwi uzokina.

asssee

Mwomenya yuko uyomurwi umwaka uheze wafashe ikibanza c'icumi,hama igihugu avuyemwo ni Pologne mumurwi wa Cracovie Cracow. Uyomurwi uzohiganwa n'imirwi y'ibihangange nka : Fenerbahçe, Galatasaray , Besiktas Trabzonspor  hamwe na Bursaspor.

assss

Saidi ariko arasinya n'indongozi za Akhisar Belediyespor.

Izi nizonkino uwomurwi wa Akhisar uzokina muri 2014-2015 :

18:00 31.05.15 Eskisehirspor   Akhisar Belediyespor +
18:00 24.05.15 Akhisar Belediyespor   Bursaspor +
18:00 17.05.15 Rizespor   Akhisar Belediyespor +
18:00 10.05.15 Akhisar Belediyespor   Besiktas +
18:00 03.05.15 Genclerbirligi   Akhisar Belediyespor +
18:00 26.04.15 Akhisar Belediyespor   Galatasaray +
18:00 19.04.15 Konyaspor   Akhisar Belediyespor +
18:00 12.04.15 Mersin Idmanyurdu   Akhisar Belediyespor +
18:00 05.04.15 Akhisar Belediyespor   Gaziantepspor +
18:00 22.03.15 Trabzonspor   Akhisar Belediyespor +
18:00 15.03.15 Akhisar Belediyespor   Karabukspor +
18:00 08.03.15 Kasimpasa   Akhisar Belediyespor +
18:00 01.03.15 Akhisar Belediyespor   Istanbul BB +
18:00 22.02.15 Fenerbahce   Akhisar Belediyespor +
18:00 15.02.15 Akhisar Belediyespor   Kayseri Erciyesspor +
18:00 08.02.15 Sivasspor   Akhisar Belediyespor +
18:00 01.02.15 Akhisar Belediyespor   Balikesirspor +
18:00 25.01.15 Akhisar Belediyespor   Eskisehirspor +
18:00 04.01.15 Bursaspor   Akhisar Belediyespor +
18:00 28.12.14 Akhisar Belediyespor   Rizespor +
18:00 21.12.14 Besiktas   Akhisar Belediyespor +
18:00 14.12.14 Akhisar Belediyespor   Genclerbirligi +
18:00 07.12.14 Galatasaray   Akhisar Belediyespor +
18:00 30.11.14 Akhisar Belediyespor   Konyaspor +
18:00 23.11.14 Akhisar Belediyespor   Mersin Idmanyurdu +
18:00 09.11.14 Gaziantepspor   Akhisar Belediyespor +
18:00 02.11.14 Akhisar Belediyespor   Trabzonspor +
18:00 26.10.14 Karabukspor   Akhisar Belediyespor +
18:00 19.10.14 Akhisar Belediyespor   Kasimpasa +
18:00 05.10.14 Istanbul BB   Akhisar Belediyespor +
18:00 28.09.14 Akhisar Belediyespor   Fenerbahce +
18:00 21.09.14 Kayseri Erciyesspor   Akhisar Belediyespor +
18:00 14.09.14 Akhisar Belediyespor   Sivasspor +
18:00 31.08.14 Balikesirspor   Akhisar Belediyespor +

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane