Isabukuru nziza kumuririmvyi POP G
0

Isabukuru nziza kumuririmvyi POP G

Posted By: Amidou Hassan - On:12/09/2015
Umuririmvyi asanzwe aririmba umudiho wa rap azwi kw'izina rya POP G unomusi yakwije imyaka 27 y'amavuko , POP G n'umwe mubaririmvyi bamenyekanye cane mumurwi wa Wanavesi Kikosi .

POP G umwe mubaririmvyi basanzwe baririmba imidiho ya hip hop ari mubatumye komina ya Kanyosha imenyekana cane . Ikinyamakuru canyu afrifame.bi cashimye kumwipfuriza isabukuru nziza , tukabibutsa yuko akwije unomusi imyaka 27 y'amavuko . Mugihe twamukoma ishwashwa mukwimupfuriza isabukuru nziza yaciye aturungikira isanamu arikumwe n'umukunzi wiwe PERLASCA Irene bamaranye imyaka 3 bakundanye .

hhhhhjjjjjjk

Ikinyamakuru afrifame.bi kiramwipfurije isabukuru nziza.

AMIDOU Hassan / afrifame.bi - Bujumbura.

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane