Vitalo Fc yakubitse impaga umurwi wa Flambeau de lEst
0

Vital'o Fc yakubitse impaga umurwi wa Flambeau de l'Est

Posted By: Amidou Hassan - On:13/09/2015
Urukino rwanyuma rusozera umusi wambere mw'ihiganwa rikuru ry'igihugu rwari guhuza umurwi wa Vital'o na Flambeau de l'Est . Umurwi wa Flambeau ntiwashitse kukibuga uca ukubitwa impaga .

Umurwi wa Flambeau de l'Est womu Ruyigi ntiwagaragaye kukibuga gukina urukino rwari kubahuza n'umurwi wa Vital'o Fc , impamvu nuko umurwi wa Flambeau de l'Est ubu atabakinyi ufise bakwiye ntiyompamvu batashoboye gushika kukibuga , ivyo bakaba baranashoboye kubivuga kuva kumusi wagatandatu igenekerezo rya 13/9/2015.

jjjkkk

Abakunzi b'umurwi wa Vital'o bari bishikiye kubwinshi kukibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore , umumenyereza mukuru Gilbert Yaounde KANYENKORE akaba yaciye agabura umurwi kabiri .

kkkk

Urutonde rw'abakinyi 17 twabonye yari yashimye gukinisha muri urworukino harimwo :

- ARAKAZA Mc Arthur na BIHA Omar (Abanyegori).

- NKURUNZIZA D'Amour

- KIZA Fataki

- KAZE Gilbert

- Iddy DJUMAPILI

- RUGONUMUGABO Stephane

- HAKIZIMANA Issa

- NSHIMIRIMANA David

- BARENGE Pistis

- TAMBWE Floribert

- Gael DUHAYINDAVYI

- NDIKUMANA Selemani Landry

- NAHIMANA Shassir 

- HUSSEIN Shabani

- Laudit MAVUGO 

- NDAYISHIMIYE Deo

fffff

Menya neza  : Tubamenyeshe yuko atari abo twabonye kukibuga hari NIYONKURU Nassor , AKIMANA Tresor , MOUSSA Mossi Hadj , HABONIMANA Celestin , BIGIRIMANA Yannick , NKURIKIYE Leopold hamwe na Abbas NSHIMIRIMANA tubona bari murutonde rw'abakinyi 24 Vital'o Fc imaze gushikana kucicaro c'umupira w'amaguru mu Burundi FFB . Ikibazo ca NSHIMIRIMANA Abbas asanzwe ari umukinyi wa Bujumbura City nubu ntankuru y'imvho dufise kumakuru twumva nuko Abbas yatoye amahera ya Vital'o Fc mugabo indongozi z'umurwi wa Bujumbura City zikanka yuko uyomukinyi ava mumurwi wabo . Wait and see...

INKINO ZIMIRIJE GUKINWA K'UMUSI UGIRA KABIRI W'IHIGANWA NI :

- Igenekerezo rya 15/9/2015 (Prince Louis Rwagasore )

 * Athletico Olympic  - Muzinga Fc

- Igenekerezo rya 16/9/2015 : 

* Vital'o Fc - Messager Ngozi ( P.Louis - isaha umunani )

* Inter stars - Messager Bujumbura ( P.Louis - isaha icumi)

* Bujumbura City - Olympic star (Ikigo kikejwe ubuhinga )

* LLB S4a - Les Elephants ( Ikigo kijejwe ubuhinga )

* Aigle Noir - Nyanza Lac ( Makamba )

* Olympic Muremera - Flambeau de l'Est ( Agasaka )

* Les Crocos -  Jeunes Athletiques (Rumonge )

Yanditswe na AMIDOU Hassan kubw'ikinyamakuru afrifame.bi - Bujumbura .

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane