Umusi ugira kabiri wihiganwa rikuru ryumupira wamaguru mu Burundi  Vido
0

Umusi ugira kabiri w’ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaguru mu Burundi ( Vidéo )

Posted By: Amidou Hassan - On:17/09/2015
Ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaguru mu Burundi ryarabandanije hagati mundwi , inkino 7 nizo zakinywe mubibuga bitandukanye . Umurwi wa Vital’o , LL S4a , Aigles Noirs , Olympic Muremera , Jeunes athletiques hamwe na Messager Bujumbura yaratahukanye amanota 3.

Uku niko inkino zagenze :

Itariki 15/9/2015 : - Athletico Olympic 2-2 Muzinga (P.Louis)

Itariki 16/9/2015 : - Bujumbura City 1-1 Olympic star (C.T.N)

                                  - LLB s4a 2-0 Les Elephants  (C.T.N )

                                  - Vital’o FC 2-1 Messager Ngozi ( P.Louis )

                                  - Les Crocos 0-1 Jeunes athletiques (Rumonge)

                                  - Aigle Noir 2-1 Nyanza United (Makamba)

                                  - Olympic Muremera 1-0 Flambeau de l’Est (Ngozi – Kugasaka)

                                  - Inter stars 0-1 Messager Bujumbura (P.Louis )

Amashusho yaranze inkino zibiri zakiniwe kukibuga c'Umuganwa Rudoviko Rwagasore :

dddd

MAVUGO Laudit niwe yatsinze igitsindo cambere.

ddlldlld

NAHIMANA Shasir niwe yatsinze igitsindo kigira kabiri ca Vital'o , ica Messager Ngozi kikaba catsinzwe na Drogba .

ddldldd

LULIBA niwe yatsindiye igitsindo umurwi wa Messager Bujumbura.

dllldldd

Raba isanamu y'amasegonda 35 y'urukino rwahuje Vital'o na Messager NGOZI: 


Igenekerezo rya 19/9/2015 : Isaha icenda : - Flambeau de l’Est – Messager Ngozi ( Ruyigi)   

-                           ‘’ ‘’  ‘’          - Nyanza Utd – Les Elephants (Nyanza Lac)

-           

-                           ‘’ ‘’  ‘’          - Les Crocos – Muzinga Fc (Rumonge)

-           

-                           ‘’ ‘’  ‘’          - Olympic Muremera – Bujumbura City (Muyinga)

         

-          Isaha umunani : - Messager  Bujumbura – Olympic star (P.Louis)

 

-          Isaha icumi       : - Vital’o Fc – Aigle  Noir (P.Louis)

Igenekerezo rya 20/9/2015 : Isaha umunani : - LLB S4A – Jeunes athlétiques

                                      Isaha icumi : - Athletico olympic – Inter stars .

AMIDOU Hassan / afrifame.bi – Bujumbura .

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane