INTAMBA MURUGAMBA  Abakinyi batumweko kwitegurira inkino zimirije mukwezi kwa Gitugutu
4

INTAMBA MURUGAMBA : Abakinyi batumweko kwitegurira inkino zimirije mukwezi kwa Gitugutu .

Posted By: Amidou Hassan - On:19/09/2015
Abamenyereza b’umurwi nserukiragihu w’Uburundi bashize hanze urutonde rw’abakinyi batumweko mumwiherero kuva kuri uyu wambere 21/9/2015 igihe c’isaha umunane z’umuhingamo.
Inkino z’umusi wakabiri n’uwagatatu zizokinwa ukuri kwamye kumakuru dukesha ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB naho abakinyi bari mumwiherero .Bazoja gukina basubira mumwiherero.
dkddkkd
Abanyegori :
dkdkdkkdd
1. ARAKAZA Mc Arthur / Vital’o Fc 
2. BIHA Omar / Vital’o Fc
3. MBONIHANKUYE Innocent / LLB S4a
4. RUGUMANDIYE Yvan / Muzinga 
Abandi :
ddddd
5. Iddy DJUMAPILI / Vital’o Fc
6. NSHIMIRIMANA David / Vital’o Fc
7. HAKIZIMANA Issa / LLB s4A – Vital’o Fc (Tansfert yiwe ntirava munzira)
8. RUGONUMUGABO Stephane / Vital’o Fc
9. NKURIKIYE  Leopold Kaya / Vital’o Fc
10. KIZA Fataki  / Vital’o Fc
11. NIYONKURU Nassor / Vital’o Fc
12. HARERIMANA Rashid Leon / LLB S4a
13. NAHIMANA Shasir / Vital’o Fc
14. SABUMUKAMA Enock / Messager Ngozi
15. BARENGE Pistis  / Vital’o Fc
16. NDIKUMANA Yussuf Lule / LLB S4a
17. HUSSEIN Shabani Tshabalala / Vital’o Fc
18. MOUSTAPHA Francis / Muzinga Fc 
19. DUHAYINDAVYI Gael / Flamengo - Vital’o Fc (Tansfert yiwe ntirava munzira)
20. HAKIZIMANA Zacharie / Athletico Olympic
21. BULIMWENGU Jules/ LLB S4a
22. MAVUGO Laudit / Vital’o Fc
23. BIZIMANA Hassan / LLB S4a
24. NDARUSANZE Claude / LLB S4a
25. NSHIMIRIMANA Abassi / Bujumbura City
26. MBAZUMUTIMA Baba/ Aigle Noir
ddkdkkd
Urutonde rw’abakinyi bazotumwako bava hanze nabo bitezwe gushika kuva kw’igenekerezo rya 28/9/2015 ni :
27. NDIKUMANA Yamin Selemani / 1ero de Agosto – Angola 
28. ABDOUL  Razzak Fiston / Mamelodi Sundowns 
29. NIZIGIYIMANA Karim Makenze / Gor Mahia – Kenya 
30. NDAYISENGA Fwadi / Sofapaka - Kenya
31. NGAMA Emmanuel / Tusker - Kenya
32. TAMBWE Amissi / Yanga Africans - Tanzanie
33. KAVUMBAGU Didier / Azam - Tanzanie
34. CEDRIC Amissi / Chibuto - Mozambique
35. NSABIYUMVA Frederick / Jomo cosmos – South africa
36. PAPY Faty / Bidvest University – South africa
37. KWIZERA Pierre /Rayon sports - Rwanda
dddldldld
Menya neza : 

- Bazokwinjira kw’igenerezo rya 21/9/2015 igihe c’isaha umunani kukigo kijejwe ubuhinga (Centre Technique National ) .
- Atagihindutse Imana ibishatse  urugendo kuva i Bujumbura n’igenekerezo rya 3/Gitugutu/2015 , urukino ruzokinwa igenekerezo ry’7/10/2015 mugihugu ca Sychelles , urwogusubiriza rukaba rutegekanijwe kuwa 13/10/2015 i Bujumbura (Eliminatoires Mundial Russie 2018).  
- Igenekerezo rya 17 /10/2015 n’urukino ruzohuza Uburundi na Ethiopia i Bujumbura ( Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  ). Kuwa 24/10/2015 niho hazokinwa urukino ruzotora umurwi uzoja muri CHAN 2016 mu Rwanda , urworukino ruzokinirwa i Addis Abeba muri Ethiopia.
dldlldld
Yanditswe na AMIDOU Hassan / afrifame.bi – Bujumbura.

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Ivyiyumviro: 4

Annonymous: Sep 26th 2015, 00:16
dushaka saido ntibazonkiza

Trouser: Sep 20th 2015, 12:26
mwotubariza kubihuha bimaze imisi bivugwa kuri stade ko saido kuri match ya retour ya senegal ashobora kuyikina? mubitugiremwo vrement saido agaruke muri national,ok merci.

Trouser: Sep 20th 2015, 12:24
mwotubariza kubihuha bimaze imisi bivugwa kuri stade ko saido kuri match ya retour ya senegal ashobora kuyikina? mubitugiremwo vrement saido agaruke muri national,ok merci.

Annonymous: Sep 20th 2015, 10:39
saido we gute?turamukeney caane


Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane