Inkino zumusi ugira 4 wihiganwa rikuru ryomucicaro cambere mu Burundi zizokinwa ukuri kwamye
0

Inkino z'umusi ugira 4 w'ihiganwa rikuru ryomucicaro cambere mu Burundi zizokinwa ukuri kwamye.

Posted By: Amidou Hassan - On:21/09/2015
Inkino zari zitegekanijwe gukina kumusi wa 4 w'ihiganwa rikuru ryomucicaro cambere mu Burundi zagumijweho , izonkino zikaba zitegekanijwe gukinwa kuri uyu wakabiri igenekerezo rya 22/9 n'igenekerezo rya 23/9/2015 mu Burundi hose.

Igenekerezo rya 22/9/2015 :

- isaha umunani : Bujumbura City - Flambeau de l'Est

-Isaha icumi : Messager Bujumbura - Olympic Muremera

Igenekerezo rya 23/9/2015 :

- Isaha umunani : Inter stars - Les Crocos 
- Isaha icenda : Messager Ngozi - Nyanza Utd
- Isaha icenda : Jeunes athletiques - Athletico olympic
- Isaha icenda : Olympic star - Vital'o Fc
- Isaha icenda : Les Elephants - Muzinga 
-Isaha icumi : LLB s4a - Aigle noir

AMIDOU Hassan / afrifame.bi - Bujumbura .

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane