Mbe mwoba muzi umukunzi wumukinyi mpuzamakungu wUmurundi KWIZERA Pierre
0

Mbe mwoba muzi umukunzi w'umukinyi mpuzamakungu w'Umurundi KWIZERA Pierre ?

Posted By: Amidou Hassan - On:22/09/2015
Kumakuru ajanye na show twari tumaze imisi tutabashikiriza, ikinyamakuru canyu unomusi cashimye kubamenyesha ko kumakuru twagiye turatohoza mumisi iheze twarashoboye kumenya ko Pierrot asohokana n'umuririmvyikazi ASHLEY Diva.

KWIZERA Pierrot n'umwe mubakinyi bakomeye cane mumurwi nserukiragihugu w'Uburundi .

dddddd

Akaba ari bitumwako kuko asanzwe akina mumurwi wa Rayon Sports yomu Rwanda yongeye gusinya amasezerano yogukinira uwomurwi mumisi iheze . Pierrot nkuko bamutazira ntagihisha umukunzi basohokana nkuko vyamaze kuba akamere mubakinyi canke abaririmvyi bomu Burundi .

dkdkkkdd

Amashusho asigaye agaragara cane kurubuga rwiwe rwa facebook nayo arikumwe n'umuririmvyi ASHLEY Diva azwi cane mututitimbo nka 'NKORAKO , WAYA WAYA... ' , naho atanakimwe twabajije kuvyerekeye iyonkuru biragara neza kobakunda cane kuko ugiye kuraba utujambo bandika hejuru muri ayomashusho nivyokwemeza neza ko bakundana . Ikinyamakuru canyu kirabipfurije kuroranirwa murukundo rwabo...

 dddd

Yo n'amajambo yanditse hejuru y'iyifoto (Avec my nana...bon dimanche a tous...)

Raba tumwe muturirimbo twiwe :



AMIDOU Hassan / afrifame.bi - Bujumbura .

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane