Raba video ya 1 mubitsindo 17  vyinjiye kumusi ugira 4 wihiganwa rikuru ryumupira wamaguru mu Burundi
2

Raba video ya 1 mubitsindo 17 vyinjiye kumusi ugira 4 w’ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaguru mu Burundi .

Posted By: Amidou Hassan - On:23/09/2015
Ihiganwa rikuru ryabandanije kundwi igira 4 , imirwi 16 yarakinye mubibuga bitandukanye . Umurwi wa Vital’o niwo uguma uri kw’isonga inyuma yokwirahira Olympic star i Muyinga mukuyitsinda 1-0 . Ihiganwa rizobandanya kuwa gatandatu n’uwa mungu.

dldldldd

Igenekerezo rya 23/9/2015 :

- isaha umunani : Bujumbura City 3 -0 Flambeau de l'Est

-Isaha icumi : Messager Bujumbura 1-2  Olympic Muremera

Igenekerezo rya 23/9/2015 :

- Isaha umunani : Inter stars 1-0 Les Crocos 

- Isaha icenda : Messager Ngozi 2-0  Nyanza Utd

- Isaha icenda : Jeunes athletiques 0-1 Athletico olympic

- Isaha icenda : Olympic star 0-1 Vital'o Fc

- Isaha icenda : Les Eléphants 2-2 Muzinga Fc

-Isaha icumi : LLB s4a 1-1 Aigle noir

 Raba igitsindo cinjijwe na Baba wa Aigle Noir :

Amashusho :

dddldlld

FAFA niwe yatsindiye Inter star , igitsindo cabonetse mugice cakabiri.

ddlld

Peter niwe yatsindiye LLB S4a , akaba yakwije ibitsindo 4 munkino 4 amaze gukina.

ddddoododdddllddd

Uku niko imirwi irutana amanota (Classement , Day 4 ) :

 

1.Vital'o Fc 12 points / 5 buts

 

2.Inter  Stars 9 points / 2 buts

3.LLB S4a 8 points / 4 buts

 

4.Bujumbura City 8 points / 4 buts

5.Olympic Star 7 points / 2 buts

6.  Messager Ngozi 7 points / 2 buts

7. Olympic de Muremera 6 points / -1 but

 

8. Athletico Olympic 5 points / 0 but

9.  Aigle Noir 5 points / 0 but

10. Muzinga Fc 4 points / 0 but

 

11. Messager Bujumbura 4 points / -1 but

12. Les Jeunes Athlétiques 4 points / -2 buts

13. Les Eléphants FC 2 points / -2 buts

14. Nyanza United 2 points / -3 but

15. Les Crocos 1 point / - 3 buts

16. Flambeau de l'Est 0 point / -7 buts

-------------------------------------------------------------------------------------------------------------------

Inkino z' Umusi ugira 5  :

* Igenekerezo rya 26/9/2015 :

-Isaha umunani : Jeunes athlétiques – Muzinga (P. Louis)

-Isaha icumi : Vital’o Fc – Les Eléphants (P.Louis)

- Isaha icenda : Nyanza Utd – Bujumbura City (Nyanza)

- Isaha icenda : Flambeau de l’Est – Messager Bujumbura

* Igenekerezo rya 27/9/2015 :

-          Isaha umunani : Athletico Olympic – Aigle noir (P.Louis)

-          Isaha icumi : LLB S4a – Messager Ngozi (P.Louis)

-          Isaha icenda : Crocos – Olympic star (Rumonge )

-          Isaha icenda : Olympic Muremera – Inter stars (Kugasaka)

AMIDOU Hassan/ afrifame.bi - Bujumbura 

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Ivyiyumviro: 2

Annonymous: Sep 23rd 2015, 22:01
Igitecyerezo n'igiki?

manu: Sep 23rd 2015, 21:16
elephants fc ifise 3points.


Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane