Intamba Murugamba Senior  Urutonde rushasha rwabakinyi bahamagariwe kwitegurira inkino za CHAN na Mundial
6

Intamba Murugamba Senior : Urutonde rushasha rw’abakinyi bahamagariwe kwitegurira inkino za CHAN na Mundial.

Posted By: Amidou Hassan - On:26/09/2015
Inyuma yaho indongozi za FFB zishimye yuko ihiganwa rikuru ribandanya, vyaciye bitanga akaryo kuri staff ijejwe ubuhinga kuraba noguhamagara abandi bakinyi mumurwi nserukiragihugu w’Intamba Murugamba.

Urutonde rwashizwe ahabona inyuma y’inkino zakinywe kumusi wa 3 n’uwa 4 . Enock NSABUMUKAMA akaba yasavye yuko bomukura murutonde bivanye n’umwanya w’ishure utamurekurira kuguma i Bujumbura kandi yiga i Ngozi . Abakinyi bahamagawe kwitabira umwiherero (Local) kukigo kijejwe ubuhinga (Centre technique National ) kuva isaha icumi nazibiri (18h00) ni:  

xkxkkxkkxkxx

Abanyegori :

  1. 1.       ARAKAZA Mc Arthur / Vital’o Fc
  2. 2.       BIHA Omar / Vital’o Fc
  3. 3.       RUGUMANDIYE Yvan / Muzinga

Abandi :

  1. 4.       Iddy DJUMAPILI / Vital’o Fc
  2. 5.       NSHIMIRIMANA David / Vital’o Fc
  3. 6.       HAKIZIMANA Issa / LLB s4A – Vital’o Fc
  4. 7.       RUGONUMUGABO Stephane / Vital’o Fc
  5. 8.       MBAZUMUTIMA Baba / Aigle noir
  6. 9.       Andre TOKOTO / Athletico olympic
  7. 10.   KIZA Fataki  / Vital’o Fc
  8. 11.   NIYONKURU Nassor / Vital’o Fc
  9. 12.   HARERIMANA Rashid Leon / LLB S4a
  10. 13.   NAHIMANA Shasir / Vital’o Fc
  11. 14.   HAKIZIMANA Vianney (Okocha) / Bujumbura City
  12. 15.   BARENGE Pistis  / Vital’o Fc
  13. 16.   NDIKUMANA Yussuf Lule / LLB S4a
  14. 17.   AKIMANA Tresor / Vital’o Fc
  15. 18.   MOUSTAPHA Francis  NDJALI / Muzinga Fc
  16. 19.   DUHAYINDAVYI Gael / Vital’o Fc
  17. 20.   HAKIZIMANA Zacharie / Athletico Olympic
  18. 21.   BULIMWENGU Jules/ LLB S4a
  19. 22.   MAVUGO Laudit / Vital’o Fc
  20. 23.   BIZIMANA Hassan / LLB S4a
  21. 24.   HAKIZIMANA Pascal / Muzinga Fc
  22. 25.   NDARUSANZE Claude / LLB S4a
  23. 26.   NSHIMIRIMANA Abassi / Bujumbura City
  24. 27.   MURUTABOSE Hemedy

Urutonde rw’abakinyi bazotumwako bava hanze nabo bitezwe gushika kuva kw’igenekerezo rya 28/9/2015 ni :

  1. 28.   NDIKUMANA Yamin Selemani / 1ero de Agosto – Angola
  2. 29.   ABDOUL  Razzak Fiston / Mamelodi Sundowns
  3. 30.   NIZIGIYIMANA Karim Makenze / Gor Mahia – Kenya
  4. 31.   NDAYISENGA Fwadi / Sofapaka - Kenya
  5. 32.   NGAMA Emmanuel / Tusker - Kenya
  6. 33.   TAMBWE Amissi / Yanga Africans - Tanzanie
  7. 34.   CEDRIC Amissi / Chibuto - Mozambique
  8. 35.   NSABIYUMVA Frederick / Jomo cosmos – South africa
  9. 36.   PAPY Faty / Bidvest University – South africa
  10. 37.   KWIZERA Pierre /Rayon sports - Rwanda

AMIDOU Hassan kubw'ikinyamakuru afrifame.bi 

Tanga iciyumviro

Amazina
Email

Amategeko n'amabwirizwa birakurikizwa

Ivyiyumviro: 6

Annonymous: Oct 18th 2015, 11:15
hariho n arcene mu ckz

modric: Oct 7th 2015, 12:39
nta nstinzi tubona ata captain saido kwer

Annonymous: Oct 2nd 2015, 04:32
Une Faute Avouée Est À Moitie Pardnee Bobraba Akifatnya N,abndi Kunyungu Z,igihugu !

Annonymous: Sep 28th 2015, 14:21
SAIDO NAWE,VYARI KUBA VYIZA ATUMWEKO

Annonymous: Sep 27th 2015, 09:00
SAIDO NAWE GT?

thierry: Sep 26th 2015, 23:24
Mur rusang ni byiz arik haRabur umukiny yitw saido berahino nukuri barakwoy kubirab bakazomutumako


Inkuru igezweko

Eliminatoires CHAN Rwanda 2016  Uburundi bwanyagiye Ethiopia 20  Raba vido zinkino hamwe na Interview
Eliminatoires CHAN Rwanda 2016 : Uburundi bwanyagiye Ethiopia 2-0 . Raba vidéo z'inkino hamwe na Interview.
Umurwi w’Intamba murugamba ubandanya ugaragaza ubutware munkino 6 zanyuma wakinye ukaba waramaze gutakaza amanita 3 aho batsinzwe na Senegal I Dakar munkino zokurondera itike yogukina igikombe ca Afrika 2017 muri Gabon. Izindi zose bakaba baramaze kuzitsinda.
Break - Oct 18th 2015, 08:32

Izasomwe cyane